Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Bien saaana kujibia mu kiswahili. Soso-K forever, your Congolese fan from UK🇨🇩✊🏾
Urakoze kutuzanira Peraps kabisa iyo yari group nemera Soso K R.I.P 🙏🙏
Muta Gaël wabikoze kabisa uyo ni Perhaps kitambo sana
Bro respect sana for you ukoze ikintu ciza nabandi banyamakuru nibakwigireko kuko urimwo ubikora neza muri industry yiburundi
SOSO .K, Gentil, Mabrouk Okit my brother, my friend I miss you my friend R.I.P @ humble boy, respectful boy oh my God I don't know how to describe you Rest In Eternal Peace my brother !
Kutavuz ukubit ukubito h ndagakunda ikavuze ok ham ukozikintu ciza pé mungu akubarik kbs
SOSO K YARUMUNTU NAKUNZE INDIRIMBOZIWE NARAZIKUNDA CANE NUBU NKIZIKUNDA VRM YARADUSIGIYE IRAGI NTITUZOPFA TUMWIBAGIYE R. P. MY BROTHER 😭😭😭😭
Nakubali sana Bro kwakumukumbuka Soso K.twarabuze umuntu wigira kamaro Mugihugu.RIP Soso k.
R.i.p Soso_k mungu alaze moyo wake mahala pema peponi 🤲🤲🤲
😢😢soso k ndamukumby cane nukur isi ahubon yaradutway abantu banj hamw na daz jay hamw christoph matata nihatr😢😢😢
Nyakubahwa mumenyesha makuru ba urondera abantu bavuga ikirundi apana abantu basuzugura ururimi n’igihugu nkuyo Peraps hama Rip Soso
Nne atakizi ntavuga urwazi? Ataruvuz abarusuzuguye? Gabanya ubujuju mumutwe ukure...
R I P ukweli kweli msani aliyo niumiza zaidi kwenye maisha yangu ni soso k ila na muombea dua huko ulipo
I miss you SOSO K😢😢😢😢😢😢😢
Gaël big up sana kwibuka umuhisi R.I.P😭😭
Urazi kurondee amakurBig up saaana bro
Bidondo avuze Neza basha nibabikorukonyene😭 Rip soso k
Caméraman wapi kabisa nkaho hantu waguma uvuga igipoto fizo yarahagazeko yariguca agi caméra apana kugumiza camera kubantu gusa...zamuraraba ukuntu mwerekana ikintu cose muvuga mukiganiro vyoba vyiza
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Sivyo none
Peraps weeee umuvunduruye hehe kweli?Wogirango yajanye na frere wiw..Gael uri umu journalist wambere ashoboye uburundi bufise,,,, fizzo yakorey clip ahonyen mwicay leave m alone
Hmm..uyu anapiga fuyo ila hajuwe hâta Ku Andika phrase Moya mu kifaransa...😂😂😂😂
Bidondo birangiye abahayee ukurii💥💥💥
Thanks a lot dear Brother 🇧🇮🇿🇦😘
Soso k rip
Ngo bagiye muburayaa??????😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂uyo murundikazii?! Wacu nawe aratugo peeee Nico kirundi ciwe hhhhhaa🇧🇮😂😂😂😂😂😂🤗😂😂😂😂😂😂😂💞💞
😭😭😭uratwibukij umusani twakunda cane
Soso k was my favorite musician
Rip Soso-k
Soso-k never die
Soso k😢😢😭😭
bindondo lagend big up
Yaani hilo lidemu linavyotomaswa na mwamba yaani kama halipo aisee 😂😆😆😆😆😆
Nanana sosok
Bidondo respect you say the truth
Pole sana brother
rip soso k
Baramujaniranije ntiharibwagere ko agenda kaziyamungu
Big up too Gael. Rip soso k
Yoooooo 🤔 🤔 soso ky ndamwibutse
BAMANOTI TV turahojeje Umuryango wa SOSO K n'abakunzi biwe eka nabakunzi b'umuziki ndundi
None KO bavuga ngo yazize umugore w'umusilikare. Sinumva bazi uwamwish. Amatohoza natangur tumeny uwaduhekuy. Nar shabiki wak.
Generation avuze neza
Big up bro
R i p soso-k
Ego wakoze igikorwa ciiza ariko kubaza mu kirundi bakakwishura mu giswahili sibintu bituguye neza nahi twumva ivyo yakwishuye
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
uwu yagiyehe perapsi
😭😭😭😭😭
😅😅 bidondo style
Never die
Bidondooo mwamukuye mumama nitilie muramugarukanye muri game pe
Imana Nimuzigame AHo Yagiyeruclips.net/video/C2VTGX5NOAU/видео.html
Bidondo ndamukunda
Bidondo kabisa umeongea ukweli
Bien saaana kujibia mu kiswahili. Soso-K forever, your Congolese fan from UK🇨🇩✊🏾
Urakoze kutuzanira Peraps kabisa iyo yari group nemera Soso K R.I.P 🙏🙏
Muta Gaël wabikoze kabisa uyo ni Perhaps kitambo sana
Bro respect sana for you ukoze ikintu ciza nabandi banyamakuru nibakwigireko kuko urimwo ubikora neza muri industry yiburundi
SOSO .K, Gentil, Mabrouk Okit my brother, my friend I miss you my friend R.I.P @ humble boy, respectful boy oh my God I don't know how to describe you Rest In Eternal Peace my brother !
Kutavuz ukubit ukubito h ndagakunda ikavuze ok ham ukozikintu ciza pé mungu akubarik kbs
SOSO K YARUMUNTU NAKUNZE INDIRIMBOZIWE NARAZIKUNDA CANE NUBU NKIZIKUNDA VRM YARADUSIGIYE IRAGI NTITUZOPFA TUMWIBAGIYE R. P. MY BROTHER 😭😭😭😭
Nakubali sana Bro kwakumukumbuka Soso K.twarabuze umuntu wigira kamaro Mugihugu.RIP Soso k.
R.i.p Soso_k mungu alaze moyo wake mahala pema peponi 🤲🤲🤲
😢😢soso k ndamukumby cane nukur isi ahubon yaradutway abantu banj hamw na daz jay hamw christoph matata nihatr😢😢😢
Nyakubahwa mumenyesha makuru ba urondera abantu bavuga ikirundi apana abantu basuzugura ururimi n’igihugu nkuyo Peraps hama Rip Soso
Nne atakizi ntavuga urwazi? Ataruvuz abarusuzuguye? Gabanya ubujuju mumutwe ukure...
R I P ukweli kweli msani aliyo niumiza zaidi kwenye maisha yangu ni soso k ila na muombea dua huko ulipo
I miss you SOSO K😢😢😢😢😢😢😢
Gaël big up sana kwibuka umuhisi R.I.P😭😭
Urazi kurondee amakur
Big up saaana bro
Bidondo avuze Neza basha nibabikorukonyene😭 Rip soso k
Caméraman wapi kabisa nkaho hantu waguma uvuga igipoto fizo yarahagazeko yariguca agi caméra apana kugumiza camera kubantu gusa...zamuraraba ukuntu mwerekana ikintu cose muvuga mukiganiro vyoba vyiza
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Sivyo none
Peraps weeee umuvunduruye hehe kweli?
Wogirango yajanye na frere wiw..
Gael uri umu journalist wambere ashoboye uburundi bufise,,,, fizzo yakorey clip ahonyen mwicay leave m alone
Hmm..uyu anapiga fuyo ila hajuwe hâta Ku Andika phrase Moya mu kifaransa...😂😂😂😂
Bidondo birangiye abahayee ukurii💥💥💥
Thanks a lot dear Brother
🇧🇮🇿🇦😘
Soso k rip
Ngo bagiye muburayaa??????😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂uyo murundikazii?! Wacu nawe aratugo peeee Nico kirundi ciwe hhhhhaa🇧🇮😂😂😂😂😂😂🤗😂😂😂😂😂😂😂💞💞
😭😭😭uratwibukij umusani twakunda cane
Soso k was my favorite musician
Rip Soso-k
Soso-k never die
Soso k😢😢😭😭
bindondo lagend big up
Yaani hilo lidemu linavyotomaswa na mwamba yaani kama halipo aisee 😂😆😆😆😆😆
Nanana sosok
Bidondo respect you say the truth
Pole sana brother
rip soso k
Baramujaniranije ntiharibwagere ko agenda kaziyamungu
Big up too Gael. Rip soso k
Yoooooo 🤔 🤔 soso ky ndamwibutse
BAMANOTI TV turahojeje Umuryango wa SOSO K n'abakunzi biwe eka nabakunzi b'umuziki ndundi
None KO bavuga ngo yazize umugore w'umusilikare. Sinumva bazi uwamwish. Amatohoza natangur tumeny uwaduhekuy. Nar shabiki wak.
Generation avuze neza
Big up bro
R i p soso-k
Ego wakoze igikorwa ciiza ariko kubaza mu kirundi bakakwishura mu giswahili sibintu bituguye neza nahi twumva ivyo yakwishuye
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
uwu yagiyehe perapsi
😭😭😭😭😭
😅😅 bidondo style
Never die
Bidondooo mwamukuye mumama nitilie muramugarukanye muri game pe
Imana Nimuzigame AHo Yagiye
ruclips.net/video/C2VTGX5NOAU/видео.html
Bidondo ndamukunda
Bidondo kabisa umeongea ukweli