Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Kinyange mon inspiration. Ukomereeee
Inyigisho ngirakamaro . Murakoze Canee !!!
Murakoze cane
Uyu murongo ndawukunze😍😍😍. Ter'imbere nk'umuzinga🇧🇮
caneeeee
Urakoze cane Emile yamye ari indanga n'umurundi akwije vyose mu mico n'imigenzo kandi aharanira akaranga
Merci
Nagomba ndagukebure gato: Inka ntigira umurizo!!! bavuga" IGIHUNGA"!!!
Vyiza pe
love this
Oooh aka kana ndagakunze ni Akanyange
Ni vyo avuze ukuri : ikirundi nta majambo gikenye ,ni abarundi b'ubu nibo bakenye amajambo y'lkirundi.
Mutama kinyange
Uwakoresheje ikiganiro yari kwambara ibijanye na emission pas une tenue et un maquillage modernes.mon humble avis😊
Abadukurikirana mutanze ivyiyumviro turahimbarwa. Kuko mutuma tumenya uko dutunganya ibikorwa bikarushirizaho kumera neza
Naw wakoreshej ikiganiro ubaza neza knd bien introduit
Gushinga amashiga
Mweho mugitahura gute ?