Apotre MBAYAHAGA ivyo avuze kuri PRESIDENT birakomeye//Kuvuga ko turi muri EDEN//vision 2040 2060

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 18 окт 2024
  • Apotre MBAYAHAGA ivyo avuze kuri PRESIDENT birakomeye//Kuvuga ko turi muri EDEN//vision 2040 2060
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
    #president #apotrembayahaga

Комментарии • 105

  • @carmellefuraha207
    @carmellefuraha207 6 месяцев назад

    wow, merci beaucoup ku kiganiro ciza. muhezagirwe

  • @pulcheriendinkabandi3092
    @pulcheriendinkabandi3092 6 месяцев назад +2

    Urakoze cane ku kiganiro.
    Numvireje kuva vuntango kugeza kw,iherezo.
    Vyoba vyiza twerekanye les forces et les faiblesses zabarongoye igihugu kugira bikosore.
    Nayo gutera amashurwe guuuusa, ikosa rikagaruka kuri bene gihugu si vyo.

  • @NinyibukaSandra
    @NinyibukaSandra 6 месяцев назад +2

    Inkwavu nimpano Nziza cane kubarimyi naborozi umwavu w'inkwavu nigitangaza perezida wacu niyubahwe namutama pasteri Mbayahaga bafise urukundo kugihugu no kubenegihugu Amen

  • @nsanzimanafilippe7212
    @nsanzimanafilippe7212 6 месяцев назад +1

    Nkukunda cyane tutarahura gusa Imana ijye ikomeza imigambi yawe yose kuko nkunda umuntu uvugisha ukuri pe kdi Yesu yabwiye abigishwa be ati"nimumenya ukuri nibwo muzaba mubatuwe by'ukuri❤

    • @africarisingsoontv9604
      @africarisingsoontv9604 6 месяцев назад

      ruclips.net/video/wt6T13B0ADw/видео.htmlsi=9FMqL2a-s7njHNK2

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 6 месяцев назад +2

    Wooooa kuyindi mpwemu idasanzwe imbere cane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @evrarddushime3420
    @evrarddushime3420 6 месяцев назад

    Justin Gaël na Apôtre Rehoboth Murakoze kukiganiro canyu kiramfashije Man Jah abahezagire je nanje

  • @moontv2959
    @moontv2959 6 месяцев назад

    Bitumye ndushaho kugukunda
    Uvuze ukuri kwuzuye ❤❤❤❤

  • @pulcheriendinkabandi3092
    @pulcheriendinkabandi3092 6 месяцев назад +1

    Ivyo muvuga n,ukuri.
    Ariko igihugu ata électricité ata gitoro,ata mazi bikwiye bikwiye, gutera imbere ntivyoroshe.

  • @lilianengendambizi2143
    @lilianengendambizi2143 6 месяцев назад

    Uvuze ukuri❤❤❤

  • @niyomwungerebienvenue7675
    @niyomwungerebienvenue7675 6 месяцев назад

    Iki kiganiro kiranezereye Sanaa,,Mwese mwubahwe

  • @JuventHakizimana
    @JuventHakizimana 6 месяцев назад

    Imana irihangana kwli.Mbayaha aho nta soni uriko uravuga amanyanga witwa ko uri umukozi w,IMANA ww urusha abasenyeri ba eclesia catholique ku bona amanyanga ariko akorwa n,aba Dd??ubu uravy ubukn buri mugihugu ntumaramara nivyo uriko uravuga.Imana irihangana kwli

    • @justinnshimirimana8559
      @justinnshimirimana8559 6 месяцев назад

      Iyavuga ubusa wari kuvyumva ariko kubera avuzukuri ntumwumva ese abasenyeri niki bamaziki muri kahise atarugusasir indava ikibi?

    • @ericjohnson315
      @ericjohnson315 6 месяцев назад

      Tumupime kuvyi Mpwemu ariko ibindi ararengeje. Umuntu amwunvirije umenga ariko arisabira.

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 6 месяцев назад

    Uyu Musaza Imana imutuzigamire ubundi Abarundi bukuri ni nkaba.tworonka nkaba igihumbi bafise ivyiyumviro nkivyo vyodufasha vyinshi nkabarundi twese n'Uburundi ubundi Abarundi turabantu beza benshi nuko tutabizi dupfa ubusa no kwiyanka no kwanka igihugu cacu tuga critikana gusa haguhanurana.

    • @ryitangiyemoise5258
      @ryitangiyemoise5258 6 месяцев назад +2

      Politique mon frère niyo yishe igihugu cacu bose bagomba gutwara ntibamenyek ubutegetsi butangw n'imana usanga baguma mugucafuza igihugu mugab uravy abarundi besh bari kukivu kand ntagihugu gitera imbere gifis abanebw ariko iciza barundi bariko baruguruka maso ubu besh bari kukivi

  • @geredynitanga1986
    @geredynitanga1986 6 месяцев назад +1

    Numva ntanezerewe gutwengera mubibazo

  • @shimweryimanasimonpierre8393
    @shimweryimanasimonpierre8393 6 месяцев назад

    Sha Gael wakoze kutuzanira uyu mutama w'amateka kuvy'ukuri harakwiye amahigurwa kubijanye nivy'ubutunzi niterambere muri rusangi na cane cane ku bantu basenga kuko benshi muri bo baracaboshwe na colonisation yama verset biblique abazungu bazanye

  • @shimweryimanasimonpierre8393
    @shimweryimanasimonpierre8393 6 месяцев назад

    Kandi IMANA ishimwe ko se Barundi yaronse iryo yerekwa ko uburundi tubuhindura edeni natwe turi inyuma tumufashe kubishikako

  • @NzoyisabaBosco
    @NzoyisabaBosco 6 месяцев назад

    Ikiganiro niciza. Ariko Titre washizeko sinziza

  • @sadockgahomera2843
    @sadockgahomera2843 6 месяцев назад

    Gael iyo titre wanditse siyo kbisaaa, ww turakwemera bukora ibintu bitandukanye n’abandiii

  • @elishahezekiah7049
    @elishahezekiah7049 6 месяцев назад

    Some of extrawisdom is in this man😮😮😮😮

  • @akimanaesther7535
    @akimanaesther7535 6 месяцев назад

    Ikiyago ciza cane ndahungukiye kabisa

  • @ndigimunaziri3575
    @ndigimunaziri3575 6 месяцев назад

    Abarundi mugihugu ntibakora pe ariko bageze hanze mbona barasohoye amaboko 😮😮haaaaaa😊😊 barakora bakararayo😊

  • @valeriemanirakiza3244
    @valeriemanirakiza3244 6 месяцев назад

    Bjr pasteur,gabanya umusise,uvyibushe canee.iyo nda ni sukari ko nzi atanzoga

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 6 месяцев назад

    Uvuze ukuri ariko beshi bashaka kurya batarushe nibobariko baboroga uwurushe ararya hama muhezagigwe

  • @IsaacNsengiyunva-yc6vy
    @IsaacNsengiyunva-yc6vy 6 месяцев назад +1

    Muta 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉mwubahw

  • @IsaacNsengiyunva-yc6vy
    @IsaacNsengiyunva-yc6vy 6 месяцев назад

    Urumugabo kbx

  • @melchiadentirampeba3476
    @melchiadentirampeba3476 6 месяцев назад

    Kabis iyi iyi umukubito ningira kamaro kwiteramber ryigihug bivany ningen yatanguy ikora igatanga ibintu biri serieu nabony k iyi chanel izogir ab abonne benshi icogihe yarikiri nto ,ariko ikibazo maz imins mbona itanga ibiganiro pr vision yama views soit itanga ikiganiro kitari serieu cnk iyo ikiganiro kiri serieu muca mushirako titre mbi ishak ama views, comme conseil ico nobabwir mugume kuma base mwatanguranye views zizizan nab abonne bazogwir kurusha ,

    • @fulgencetuyisenge3135
      @fulgencetuyisenge3135 6 месяцев назад

      Yaragize amahirwe yokuvugwa n'abami ariko ashobora unprofessional kuburyo bisigara bishisha!

  • @bigirindavyideo8698
    @bigirindavyideo8698 6 месяцев назад +1

    Mbayahaga vyamucanze ,Gael. Nkwibutse ko mbawahaga ata theorogie yize

    • @Bigenergy94
      @Bigenergy94 6 месяцев назад

      Stupid comment

    • @agacirotvburundi7403
      @agacirotvburundi7403 6 месяцев назад

      Niyo yize kuri hope

    • @itangishashakaphilbert7708
      @itangishashakaphilbert7708 6 месяцев назад +1

      Wew niwe wayize.ico avuze kibi mwivyo nicahe? Igicumuro akoze nicahe? Niwishinge ur Mr complained gose abandi bibereye kukivi mugani wiwe abumvise kare ubu inoti bariko baregeranya p. Uzikangura usanga ur wenyen kwl

    • @raspolz7383
      @raspolz7383 6 месяцев назад +1

      numu opportuniste uyo nta bugabo bwiwe..ni ntambira aho gahiye🤦🏿‍♂️umusi haje abandi,abubu azobita imburakimazi😂..ariko Gaël ni kumutahura yironderera contenus zabaswaganyi niho aronkera ama views menshi..kandi ndamutahura murundi ari kukivi😂..ubwo bu apôtre mwiyita nimba mubusoroma mukarima k'ikigo😂..un vrai clown ce type!!

    • @bigirindavyideo8698
      @bigirindavyideo8698 5 месяцев назад

      Mbayahaga numusezi ntakindi,h

  • @Santos983
    @Santos983 6 месяцев назад

    🎉🎉🎉❤❤

  • @hermenegildempawenayo279
    @hermenegildempawenayo279 6 месяцев назад

    Juvent ,reka ayomajambo atagira akamaro. Ikibi nikih ariko avuga ?

  • @Korandebe
    @Korandebe 6 месяцев назад

    Nkukunda kubi urumugabo winyangamugayopeeee

  • @nsengiyumvaclaude7064
    @nsengiyumvaclaude7064 6 месяцев назад

    Gaël ukora ibiganiro neza ariko imitwe ubiha(titre) urabesha cane kuko titre mubisanzwe itanga résumé y'igisoma nubwo utokwirirwa urasoma ariko wew kuri ikikiganiro siko ubigenza.nukora ikindi kiganiro uze ubi tenant ko compte

  • @cycyira7457
    @cycyira7457 6 месяцев назад

    Iyo titre wasizemwo exagération 🙏

    • @nestorbukuru5446
      @nestorbukuru5446 6 месяцев назад

      Yabeshe gaël

    • @renildevenerand9473
      @renildevenerand9473 6 месяцев назад

      Kandi sivyiza kuko hari abatumviriza ikiganiro bisomera titre bagatwarivyo.

  • @ericjohnson315
    @ericjohnson315 6 месяцев назад

    Apotre urigumira mu Mwempu urekane n isi kuko ntabwenge uvuganye ivyinkwavu sivyo bizoteza imbere abarundi.

    • @itangishashakaphilbert7708
      @itangishashakaphilbert7708 6 месяцев назад

      😅😅😅😅 imana ahubwo ikubabarire p. Ukagira uzoroye woca urwara? Uzoroye ukazidandaza amahera ntazoba Ari rwawe?

  • @TharcisseManirakiza-j7l
    @TharcisseManirakiza-j7l 6 месяцев назад +1

    Ino Amerika dukora 24/24 nubu.maze ino 14 ans ndaja nugusenga yewe kuwamungu Pasteur ahezababwira ati jakukazi gukora kurihe all bills 😂migihiwacu batubwiyeko kuwamungu arukuruhuka huu sha abazungu baragatsindwa pe ndabanka naho ndababamwo baragapfa

    • @medianekamikazi2070
      @medianekamikazi2070 6 месяцев назад

      None mwebwe ntabwenge mufise mwama muri abazungu barabahenze....abazungu bubahwe kabisa

  • @hermenegildempawenayo279
    @hermenegildempawenayo279 6 месяцев назад

    Uvuga ivyuzi kabisa

  • @renildevenerand9473
    @renildevenerand9473 6 месяцев назад

    Ubu turabambere mubihugu bikenye ahotwoteyimbere hama burigihe président ngo uburundi buratunze ahokurondera uko twoterimbere.

  • @EmmanuelNtirampeba-rf5qh
    @EmmanuelNtirampeba-rf5qh 6 месяцев назад

    Ivyo pasteur avuga nivyo abize barashobora kurima bagashora mugabo hariho des préalables l'ETA ibanza gukora: amabarabara umuyagankuba dvpt des moyens de transport n'ibindi.

  • @HakizimanaJoselyne
    @HakizimanaJoselyne 5 месяцев назад

    Nivyo mutama nimukomeze ibiyagonkivyo.ababipinga birabasha.

  • @itangishashakaphilbert7708
    @itangishashakaphilbert7708 6 месяцев назад +3

    Jewe sinemeranya k irya eden iri mr Israel batubwira mr bible iri hariya mubazungu sindavyemera nagato irya n colonisation muyindi. Ariko nabonyen birabacanga ntakuntu botubwira eden k iri hariya mubazungu ngo knd ko adam ariwemuntu imana yatanguye kurema barangiza bakatubwira k berceau de l'humanite ari mr africa😂😂 turagowe bazokwama baducolinisa nukur

  • @XiaoFn
    @XiaoFn 6 месяцев назад +1

    Mushatse kuvuga ngo biramukora muba mushatse gushika kuki?

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 6 месяцев назад +2

    Urumuntu wumugabo uriko uradukurugutura amatwi

  • @irakazaeriekim4753
    @irakazaeriekim4753 6 месяцев назад

    Ndamwikundira uyumukozi wimana avugukuri Kweli

  • @claudeniyondiko5460
    @claudeniyondiko5460 6 месяцев назад

    😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @JeannetteManirambona-o6m
    @JeannetteManirambona-o6m 6 месяцев назад

    Komera musaza wavuga nuko utavura

  • @pulcheriendinkabandi3092
    @pulcheriendinkabandi3092 6 месяцев назад

    Ico ntovuga n,icitwa igiturire coco ntawokivuga birarenze.
    Gutera imbere beragoye caane.
    Ugira ico wokoze, ucaga usanga wabaye bloquer kuko utaronse ico uha uwategerezwa kugikora.
    Jewe rimwe rimwe ndibaza ingene urondera nk,aka document kanaka , ukaza wumva baraguhebuje, ngo harya udatanze , amezi n,amezi azohera utabonye document yawe.
    Ukabona uwasavye inyuma yawe, yayironse. Wamubaza uko yabigenjeje, kenshi akubwira ko yatanze icupa.😂😂😂😂😂😂😂
    Ntivyoroshe kweli.

  • @butoyialexis2316
    @butoyialexis2316 6 месяцев назад

    Abacuranutse twumva kare

  • @georgettenahimana1695
    @georgettenahimana1695 6 месяцев назад

    Abarundi bashaka gutunga badakoze. Ugiye mu bantu bzba mu ma étages bama baraganya, abanyagihugu bato binumiye!

  • @JohnHabiribanje-eg9cj
    @JohnHabiribanje-eg9cj 6 месяцев назад

    Uyu mugabo mukunda ntacyo ampaye uwakwanga aragahinga muri kaburimbo

    • @itangishashakaphilbert7708
      @itangishashakaphilbert7708 6 месяцев назад

      Nawe umukunda imana iguhezagire knd nawe uwukwanga ahinge muri kaburimbo muvandi

  • @torres12299
    @torres12299 6 месяцев назад

    KIRAPANZE😂

  • @georgettenahimana1695
    @georgettenahimana1695 6 месяцев назад

    Pasteur, wavuga ukuri, ariko guhamagara ugwaruka ntibikwiye! Nimushireko amashure yo kwigisha kugira imigambi yo guterimbere! Hanyuma Ong nka za care na concern zitavuye muguhonya imbuto bazana izitabikwa, inzara izamaho! Hanyuma abarimyi bino iburayi bakora cane, bagakuramwo ubutunzi buke, kuko politiques za reta zibagwanya na concurrence y' ibivuye mu mahanga! Ariko i Burundi ivyo gukora biriho pé! Umwavu chimique uri mu myonga myinshi, kandi iyo myonga ifatanye n' amasoko y' amazi. Bizotera cancer! Twese nivyo ntitwoja mu burimyi

  • @kingdomwatchmanministries2230
    @kingdomwatchmanministries2230 6 месяцев назад

    Ce pasteur est quand même intelligent et mérite d'être un leader. Notre pays manque de vrais visionnaires/ de vrais Gédéons. On a tout pour aller plus loin. Il faut donc attaquer ces mentalités de paresse, de prier 7/7 jours croyant que tout tombera du ciel, de corruption, corriger et redresser le système judiciaire car rien ne fonctionnera si la justice n'est pas justice. Mais, qui va mettre en place tout cela? Neva parle trop et ne met rien en pratique. Qu'il redresse avant tout la justice et ceux qui s'enrichissent au lieu de servir le pays. Que ces gens(politiciens de son parti) expliquent d'où viennent leurs richesses. Le Burundi n'a jamais connu des politiciens aussi riches que ces gens qui ne sont au pouvoir qu'à peine une décennie. Bagaza et Buyoya n'étaient paa aussi riches qu'eux! Ces généraux milliardaires n'ont jamais existé dans ce petit pays. La balle est dans leur camp. Nous devons oser leur dire la vérité. Allez voir les campus qui étaient la fierté du pays! Que des décombres! Où sont les leaders?

  • @hermenegildempawenayo279
    @hermenegildempawenayo279 6 месяцев назад

    Mbayaga ndakunganire, ibihugu vyabazungu abatunzi benshi nabarimyi n'aborozi

    • @ChanyNisengwe
      @ChanyNisengwe 6 месяцев назад

      Reka kuyuba abatunzi ibihumbi bitatu ntamurimyi arimwo Bose batejw imbere n'a technologie nayo kurima ntaterambere ririmw Kuber uburundi ni nabutoya

    • @itangishashakaphilbert7708
      @itangishashakaphilbert7708 6 месяцев назад

      ​@@ChanyNisengwe atavyuzi war kwihorera mubazungu umurimyi ntavurwa mwizina muta.

  • @bukeyenezaamedee2011
    @bukeyenezaamedee2011 6 месяцев назад

    Abahinga d'abord

    • @africarisingsoontv9604
      @africarisingsoontv9604 6 месяцев назад

      ruclips.net/video/wt6T13B0ADw/видео.htmlsi=9FMqL2a-s7njHNK2

  • @هاجرالدوسري-ش7ض
    @هاجرالدوسري-ش7ض 6 месяцев назад

    Ivyovyose uruhara gwubutegetsi ruguma ruri ntangere ayomahi nguriro arihh azoza ryari nibande bazoya zana nimbarero tutarumva ingene twobikora turagomba kubwigwa nokwerekwa uko bikogwa .

    • @itangishashakaphilbert7708
      @itangishashakaphilbert7708 6 месяцев назад

      Nn amahinguriro azoza atacufise ushorayo? Nigiki ufise wabuze ahushorera? Nigiki wagiye gushora mwakakanya ihinguriro ritaraza ukagisubiza inyuma wabuze uwukikugurira?

  • @niyokwizeracyriaque9573
    @niyokwizeracyriaque9573 6 месяцев назад

    Ntako utagira mukutuzanira abaduhugura! Gusa uradushikira kuri Sebarundi umubwire ko atari twebwe vyanse ko twiteza imbere habuze abarongozi babushitse batuja imbere! Uko uduhugura nawe agende abahugure! Akarorero ibaze nka musitanteri uzanye umugambi woteza imbere wewe na commune n'igihugu muri Rusangi agaca awuburaguza kumpamvu zuko utaciye iwe! Mbe uwo murongozi niki kindi wokora ngo uteze imbere aho uri? Ngejeje aho nzovuga vyishi niwabimbaza!

  • @adamoman4966
    @adamoman4966 6 месяцев назад

    None iyomiceri uvugako tutayibona? Ibeyi kwarihatari mbanatwe tutarima gut? Inyota yagacayi irimukutugangahura namwengo? 😁😁😁🤔🤔🤔🤔🙄🙄🙄

    • @itangishashakaphilbert7708
      @itangishashakaphilbert7708 6 месяцев назад

      None wew Ninde yakubujije kurima? Kiretse nimb ur ikimuga sawa nimb naho uri ikimuga ndasavye imbabazi p🙏

    • @FatemaSafi-p2v
      @FatemaSafi-p2v 6 месяцев назад

      ​@@itangishashakaphilbert7708😂😂😂😂😂

  • @carmellefuraha207
    @carmellefuraha207 6 месяцев назад

    wow, merci beaucoup ku kiganiro ciza. muhezagirwe

  • @JuventHakizimana
    @JuventHakizimana 6 месяцев назад

    Imana irihangana kwli.Mbayaha aho nta soni uriko uravuga amanyanga witwa ko uri umukozi w,IMANA ww urusha abasenyeri ba eclesia catholique ku bona amanyanga ariko akorwa n,aba Dd??ubu uravy ubukn buri mugihugu ntumaramara nivyo uriko uravuga.Imana irihangana kwli

    • @africarisingsoontv9604
      @africarisingsoontv9604 6 месяцев назад

      ruclips.net/video/wt6T13B0ADw/видео.htmlsi=9FMqL2a-s7njHNK2

    • @itangishashakaphilbert7708
      @itangishashakaphilbert7708 6 месяцев назад

      Wew bakubwiye bandanya uri complained uzisanga uri wenyen abandi bageze kure kk abandi bibereye kukivi.ukagira ivyo president avuga ubikurikije wocupfa? Cnk wotera imbere? Ahubwo nyen mugani wawe imana irihangana irabe ikubabarire p. Knd wanashima nivyo yama avuga president wacu niwanka kubikora abandi bakabikora ntaco bitwaye kk si president azoba ahomvye n wew uzoba uhomvye.aho gamuta ntiwokwikangura ugakora? Gus icondiko mbona ngaha muburundi niryo ryambere mbonye aba jeunes bakoze cane knd ubu aba jeunes bafise inoti iteye nubwoba p. Wew reo niwigumire mwivyo vyiwawe twebwe turi kukivi kwl turiko turakora knd tumeze neza p

    • @SBWorld17
      @SBWorld17 6 месяцев назад

      Hahaha😂😂😂 kora muta

  • @geredynitanga1986
    @geredynitanga1986 6 месяцев назад

    Numva ntanezerewe gutwengera mubibazo

  • @carmellefuraha207
    @carmellefuraha207 6 месяцев назад

    wow, merci beaucoup ku kiganiro ciza. muhezagirwe

  • @carmellefuraha207
    @carmellefuraha207 6 месяцев назад

    wow, merci beaucoup ku kiganiro ciza. muhezagirwe

  • @carmellefuraha207
    @carmellefuraha207 6 месяцев назад

    wow, merci beaucoup ku kiganiro ciza. muhezagirwe

  • @carmellefuraha207
    @carmellefuraha207 6 месяцев назад

    wow, merci beaucoup ku kiganiro ciza. muhezagirwe

  • @carmellefuraha207
    @carmellefuraha207 6 месяцев назад +1

    wow, merci beaucoup ku kiganiro ciza. muhezagirwe

  • @carmellefuraha207
    @carmellefuraha207 6 месяцев назад

    wow, merci beaucoup ku kiganiro ciza. muhezagirwe

  • @carmellefuraha207
    @carmellefuraha207 6 месяцев назад

    wow, merci beaucoup ku kiganiro ciza. muhezagirwe

  • @JuventHakizimana
    @JuventHakizimana 6 месяцев назад

    Imana irihangana kwli.Mbayaha aho nta soni uriko uravuga amanyanga witwa ko uri umukozi w,IMANA ww urusha abasenyeri ba eclesia catholique ku bona amanyanga ariko akorwa n,aba Dd??ubu uravy ubukn buri mugihugu ntumaramara nivyo uriko uravuga.Imana irihangana kwli

    • @africarisingsoontv9604
      @africarisingsoontv9604 6 месяцев назад

      ruclips.net/video/wt6T13B0ADw/видео.htmlsi=9FMqL2a-s7njHNK2

    • @songamberetv2219
      @songamberetv2219 6 месяцев назад +1

      Abo bagatorika ishigikiye wibuke kwaribamwe bashigikiye abendana bahuje ibitsina namba uvuga ubukene nimba utembere mubihugu mbwira igihugu kitari mwinzara mwiki gihe

  • @JuventHakizimana
    @JuventHakizimana 6 месяцев назад +1

    Imana irihangana kwli.Mbayaha aho nta soni uriko uravuga amanyanga witwa ko uri umukozi w,IMANA ww urusha abasenyeri ba eclesia catholique ku bona amanyanga ariko akorwa n,aba Dd??ubu uravy ubukn buri mugihugu ntumaramara nivyo uriko uravuga.Imana irihangana kwli

    • @africarisingsoontv9604
      @africarisingsoontv9604 6 месяцев назад

      ruclips.net/video/wt6T13B0ADw/видео.htmlsi=9FMqL2a-s7njHNK2