Abantu bose bashaka guteranya music ya 🇧🇮 hamwe niya 🇷🇼 ntaho bazoshika.union yizi 2 pays niyo izodushikana kure muri music koz dufise the best vocalists botuma dufata EAC na afrique yose
Ntaho zodushikana,ahubwo ugushirahamwe bituma abarundi baronka audience yo mu rwanda and vice versa.nkubu hari aba fans ba kivumbi baza kumenyeraho runtown dj's,drama t...donc on gagne à tous les coups mugukorana neza entre 🇧🇮&🇷🇼.nkubu bomenya how trezzo na rappy boy bagize ama succé rwanda...
None ivyo bintu vyukwo twokwumviriza umuziki wo mu bdi gusa mwe mubikurahe?Music is somethin emotional and universal abarundi fo ko du formata mind zacu tukagira maturité kuko dupfa nonsense kbs🤲🚀🅿️🌍
@@sirenvibestv ntibitangaje waranavuze igihe bruce melody yaza ko utari umurundikazi pure ko uri numunyarwandakazi . guha promo abanyamahanga kuri wewe ngira ntaco bigutwaye.gusa niwikebuke Kuko birabaje !!!
Hosy bagutuka,bareka nuterimbere imbere sha ntawukundwa na bose😘😘😘😘😘😘
Numuriro
Love from Uganda
Nitek kurindi🇺🇬🇺🇬🇺🇬
Sha birababaje pe kubona abantu bahembera urwango pe biteye isoni kubona igihe tugezemo ibintu nkibi nabanyamakuru kweli abanyamahanga sikibazo rwose bikomeje ntanaho byabageza
Easy yarakuze pee big up mwese @Kat-Lous
Burundi and Rwanda Turi abavandimwe rwose. Biraryoha iyo tuganira
YEGO RATA WOWE URI UMWANA MWIZA.UREKE IBIGORYI.
Much love from 🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮 burund courage ❤️❤️❤️
Qaa❤😅8
Ng dukorere hamwe.ibihe twagerageje gushigikira ivyabo ivyiwacu bakavyirengagiza. Tugiy natwe kwigunga nkabo Hama turabe iyobizoherera.
Big up sana siren vibe ❤
Buj kabisa 😂😂😂 namwe murabizi
Yesu ntiyitangiye abanyesirayeli ,I yerusalemu gusaa ngo ni kubera ava muri israël.urumva umuntu asohoye indirimbo ishika aho ikwiye gushika,kuba zarashitse mu 🇧🇮 nuko vyari bikwiye.Rema ntaraz mu 🇧🇮arko calm down turayumv.soo,abaririmvyi ni bakore cnee,abarundi dushigikiran,dusenge Ibindi Imana izobikora nitureke inzigo arko duhe agaciro nabandi kugir nabo ntibabure ayakunyu bxii.Nimba bobo barazany amategeko apfuka munda abandi,ni tureke kwigana ingeso mbi🙏🙏🙏
😍😍♥️♥️♥️♥️
Mukama uze kutwereka performance
Much love kivumbi🔥🔥🔥🔥
Hhhh ndumva arumurro hamwe Siren 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Natizama kwanza comment
Ivyobintu kobabikunda abanyarwanda biyitirr kobakuliy Iburundi
Wew ntushaka kwifatanya nabandi erega naho utogirira promo abanyamahanga award boyiguha uyikwiye wew ushaka ko ari wew woguma watwaye award
Abanyamahanga ngaho barihe? Hanyuma mwifuza ko twifatanya na bande mu biki?
Erega ntabwo gukumira abanyamahanga byabafasha my friend mureke inzangano
abarundi murasetsa ibibazo biri mumitima no mumitwe yanyu gusa ntabanyarwanda babafiteho ibibazo namba
Burundi 🇧🇮❤️ x Rwanda🇷🇼❤️
Kivumbi hatwike
🔥
"Uwutigaba ntiyigaburira"
Kbs🔥🔥🔥
Arik iyohanz ibish murayumv rek kutubesh
Igihe fizzo yugurura chan mu Rwanda urazi ingene bashavuye,le problème nuko batadukunda nabo kandi umuntu yitaho uwumwitaho.munyumve,ariko si bose
Nn uyu kivumbi Gamana weeee iyimutubire dram t na ba kirikou na jay
Inzoga n'ibebi ntize kubura Abo ba DJ babe bavyumva
Bisaba gufungura
🔥🔥
Drama T guma hamw erega turakubona 😂😂😂😂
Kivumbi yirigwa muri Zanzibar Tanzania akora ama video Drama T we yagiye kuzana imodoka nibirato 😅😂😂🥲vya famiye hahaha 🤣
Erega turahari ntiwibaze ko tudahari gusa akokafaye muzogaheba ryari
Drama T Ivy arimwo nibiki😂😂😂
Abo ba DJ ba buja har’ukuntu ndabank😮💨
Naw uriyanka
Nubundi nkanje sinzoza naho hoba iki baratugaye bikwiye
Nuko na mafr ufite.vuga bakwishyurire.
Oy rek gushigikir ibidashigikirik nn bamushiz hejur ta double Jay nkand twebw ntabw namwas bas kobamurutish abiwacu
Ese drama t arahagaze 😂🤣🤣🤣
🥰🥰🥰🥰🥰
😅😅😅😅
Inzara nimbi none Hosy kobavuze ko nagomba kwiyamiriza kobaza abanyamahanga bakabaha ifovya bobo bakabaha inticantikize none naw ngo nintambara😏
Wewe wibagiye urugamba abarundi turimwo ukabandanya ivyobintu vyuguha agaciro abanyamahanga tuzokumena urworutwe rwawe
EREGA Hosy wewe niwe ubibona uko ariko abanyarwanda siko biri. nushaka umbwire nguhe itangazo abarongoye umuziki murwanda bashikirize. so niba mufise urundo ok nivyiza but bobo ivyi mwibwira siko babibona Sis😍😍😍😍😍
Ncuti yanje umuziki Uri Universal kuri twebwe. Umuziki mwiza waba uwacu waba uwaba banyi Canke aba kure yaba Nigeria Canke USA Canke ahandi twe turawumviriza. Hanyuma twe igikuru ni urukundo s’ukuryanisha industry zacu.
Nn twebw ntamuzik mwiz dukor kobatatuvuz
@@niyitanganelly8942 barazivuza ariko ntibavuza zose!!! Ni nkuko n’ino iziwabo zitavuzwa zose
@@niyitanganelly8942 barazivuza ariko ntibavuza zose!!! Ni nkuko n’ino iziwabo zitavuzwa zose
@@sirenvibestv simbona igituma uhogora vrmt Abarundi turiyizi dushkira ibibazo ahobitari dukanura kugera kumbibe z'uburundi gusa 🤣🤣 ewebarundi biwacu turamaramaje p
Tumaze kumenya nawe kurumunyamahanga mubandi komeza udukundisha ninzoya zose
🇷🇼🇷🇼🇷🇼👊
nzoraba ejo ingene muzoba mwatamvye mwirorera
Nuyu musi😩😂
Abantu bose bashaka guteranya music ya 🇧🇮 hamwe niya 🇷🇼 ntaho bazoshika.union yizi 2 pays niyo izodushikana kure muri music koz dufise the best vocalists botuma dufata EAC na afrique yose
🙏🏽🙏🏽🙏🏽♥️♥️♥️inryane nubundi Ntawe zateje imbere
Ntaho zodushikana,ahubwo ugushirahamwe bituma abarundi baronka audience yo mu rwanda and vice versa.nkubu hari aba fans ba kivumbi baza kumenyeraho runtown dj's,drama t...donc on gagne à tous les coups mugukorana neza entre 🇧🇮&🇷🇼.nkubu bomenya how trezzo na rappy boy bagize ama succé rwanda...
None ivyo bintu vyukwo twokwumviriza umuziki wo mu bdi gusa mwe mubikurahe?Music is somethin emotional and universal abarundi fo ko du formata mind zacu tukagira maturité kuko dupfa nonsense kbs🤲🚀🅿️🌍
😂😂😂thank you so much
Wewe ndumva urugamba turimwo ntagwo uratahura ntawanse ko mubumvuriza ico dushaka nuko nabo baha umwana abana buburundi iwabo nkubo baza ngaha ntawababujije kwumviriza umuziki yabo nizereko watahuye ibikenewe
Barundi,muraraba neza ntimugwe muri xenophobie,nta gihugu na kimwe vyrereye,abanyarwanda bavuga ururimi mwumva,muri bamwe,ni mukundane,mugenderanire,numvise abarundi bavuga ngo ntibaze kuririmba mu bdi,numva isoni,biteye isoni,ni xenophobie irenze,twebwe turi hanze turazi les consequences yavyo
Nukuri bashaka kugarukana inryane zo mu myaka iheze ariko twe uwo mukino mubi ntituzowubafasha peeee… umurundi agiye mu Rwanda yakirwa neza ibiganiro birirwa barabibona nabanyarwanda baje hano Dutegerezwa kubakira neza🙏🏽
Rwanda vs buja
What the hell drama was doing there?
Drama t kuberk agum yyitabish phn sio flesh narek ivyobint, ikind nac nn iy nita view cank nu rwam jw mbambn umeng murk murakn
@hosy_Irakoze urugamb abandii biyemej Kumengo ntugumvaa 🤩😂😂😂
Urwo rugamba ntituruzi. Nta ntambara zibishe dukunda
Hary weh urugamb rubish rurih birababaj
@@sirenvibestv ntibitangaje waranavuze igihe bruce melody yaza ko utari umurundikazi pure ko uri numunyarwandakazi . guha promo abanyamahanga kuri wewe ngira ntaco bigutwaye.gusa niwikebuke Kuko birabaje !!!
@@casquileciza905 ni bibi none iyo umuntu avanze?😂 mureke ivyo bintu n’ubujuju cane!!!
@@casquileciza905 abarundi baca kuri Siren Vibes tubaha support bangana gute? Mbega mwe tubashikiriza murabashigikira? Twe akazi kacu tugakora neza ahubwo namwe ni mubashigikire mureke guta ishavu mu bintu bidafaditse bantu mweeee
@bfaceofficial