inyigisho z'urugo part 10 :ibintu 5 vyakwereka ko umu boss ukunda ibintu vyabakozi😎

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 окт 2024

Комментарии • 7

  • @Claver-zt1id
    @Claver-zt1id 9 дней назад

    Komeza

  • @KennyNiyonzima-k6r
    @KennyNiyonzima-k6r 9 дней назад +1

    Nsubiye kuba uwambere.hama jewe ntamajambo meshi avuga arahoze cane ariko arihweza cane kandi arakunda mugikoni none yoba afise iyongeso

    • @vyukusengejosiane4304
      @vyukusengejosiane4304  9 дней назад

      Nimba atavyo arakubwira umwihoz ahoze badakunda kukuvugisha rindir tuzoreb iherez ryiwe😂

  • @ليزم-ه2خ
    @ليزم-ه2خ 9 дней назад

    Basha ntubeshe nukonyene harinabandi baza babakorako

  • @Claver-zt1id
    @Claver-zt1id 9 дней назад

    Vyuka usenge

  • @NkunzimanaAlice-tq1mw
    @NkunzimanaAlice-tq1mw 8 дней назад

    😂😂😂😂 uranyishe komeza komeza