Allah apewe sifa nashkran ivi ameonekana mumushukur Allal mbone warikata kama hayiko kwawo imekuwaje Allah analipiaga apa apa uyu Mutoto angari mudogo😭😭😭😭
KING , MWUBAHWE KUVYO MUKORA HAMWE NA GROUP MURIKUMWE. NDABAKURIKIRA CANE KANDI NI UKURI KUTAMURIKWA. IMANA IKUZIGAME KINGI NABANDI MUKORA UBUSHAKASHATSI , HARI ABATABISHOBOYE TUKABONERWAHO
Vyoba vyiza yuko government Yu Burundi yoshira camera mu ma bureau yose kurya kwama bank zibigira kugira habe preuves kubonyonyezi bwohabera. Na camera de securite mumabarabara kuma frontieres nahandi hantu henshi strategique
Na mwebwe murimwo amanyanga pe! Mwodusigurira uko kazi karonderegwa abigeme gusa nk'uko atabandi barundi bakeneye gukora! Et deux, ivya contrôle technique y'imiduga twarumvise ko uwo batazira Mashoke yakora amanyanga no kudindiza ibikorwa afatanije n'umuhindi yahakorera bikaba ngombwa ko bose bahagarikwa. Duhe inkuru zitomoye. Ukuri ni uko ku mabarabara abapolisi ba roulage batoza inoti kweli atacamira.-
Big up san king urumwe ntahugegwa ❤
18:40
Allah apewe sifa nashkran ivi ameonekana mumushukur Allal mbone warikata kama hayiko kwawo imekuwaje Allah analipiaga apa apa uyu Mutoto angari mudogo😭😭😭😭
KING , MWUBAHWE KUVYO MUKORA HAMWE NA GROUP MURIKUMWE. NDABAKURIKIRA CANE KANDI NI UKURI KUTAMURIKWA. IMANA IKUZIGAME KINGI NABANDI MUKORA UBUSHAKASHATSI , HARI ABATABISHOBOYE TUKABONERWAHO
ikintu kibabaje ibimuvuga ngaha abarundi bose ntibavyumva nkohagati mugihugu hoho ntabantu bashika20 babimenya! iciyumviro numva noterera mwebwe mubimenya ayoma dosien yoooose zamurayabika ahantu igihe Imana yibutse abarundi intwaro igahinduka ayomazu yooose abobantu baguze reta izoce iyafata iyagurishe ayomshera yooose! asubizwe mubigega vyareta igihugu congere gitore akabiri kuko ndumva biteyisoni cane ivyo bibavyose mugume muvyandika ahantu hama bizofatwe ayomahera azosubizwe mubigega vyareta murakoze.
Uvuze neza
Ni hatari courage Chris
Alhamdulillah Allah pewe sifazake huyu mtoto mudogo jamene Mwenyezi mugu Azidikumurinda kwakweri 😢😢😢
Achana na Ujinga... Mambo ya Allah ni uongo mtupu.
Ni danger ibuka umwa yazana logiciel des finances, mbe ntibaramwica?
None ko bagiriraniye amasezerano nubushinwa ko babahayisoko yibidandazwa vyoba aribiki king aratubesha!!?
Vyoba vyiza yuko government Yu Burundi yoshira camera mu ma bureau yose kurya kwama bank zibigira kugira habe preuves kubonyonyezi bwohabera. Na camera de securite mumabarabara kuma frontieres nahandi hantu henshi strategique
Ewe burundi😢
Na mwebwe murimwo amanyanga pe! Mwodusigurira uko kazi karonderegwa abigeme gusa nk'uko atabandi barundi bakeneye gukora! Et deux, ivya contrôle technique y'imiduga twarumvise ko uwo batazira Mashoke yakora amanyanga no kudindiza ibikorwa afatanije n'umuhindi yahakorera bikaba ngombwa ko bose bahagarikwa. Duhe inkuru zitomoye.-
Yezu na Maria.. 😢
Na mwebwe murimwo amanyanga pe! Mwodusigurira uko kazi karonderegwa abigeme gusa nk'uko atabandi barundi bakeneye gukora! Et deux, ivya contrôle technique y'imiduga twarumvise ko uwo batazira Mashoke yakora amanyanga no kudindiza ibikorwa afatanije n'umuhindi yahakorera bikaba ngombwa ko bose bahagarikwa. Duhe inkuru zitomoye.
Ukuri ni uko ku mabarabara abapolisi ba roulage batoza inoti kweli atacamira.-
Ubugwi bwoguhunga banya umutekano. Twarabahinyuye basha. Murabesha ntahomuzo toborera harazibiye
😅😅😅abarundi twaramenye imitego imwimwe rero uwizeye kubeshwaho na leta niwe ukominduru nayo twe turikwipambanira ntakibazo twifitiye
Geza aho shaaa wewe ntaco uzi irekere!
Reka reka shaaa ntiwigire umuhinga wewe nturi ubutungane namba. Reka kwigira ubutungane. WEWE uri iki? Wewe uri igiki?
Ndori ikosa yakoze nukuba yarahaye akazi kabwesi narabe suite abo ubizigiye nuko nima !
Umunyamahanga Atagira ubwenge cg Amatwi niwe Azoza muburundi batangura kukwiba ukigera kucibuga cindege
😢😢😢😢😢
Humura kirapanze muhu.ukubikora nabomubikorana turabazi numugambi wanyu waramenyekanye ,nayinda
Mwese muri mumanyanga gusa ntavyanyu murimishenzi gusa
Urarushe!
Wwe utarushe urumurundi urumukehabwenge ntamuntu afise ubwenge yobona aho igihugu kigeze.ngwareke kuruha
Courage king bandanya ubika ayo matohoza .nihatwara umurundi wumutima akunda igihugu azoronke aho ahera.
@Anaclet-i4qNabo mumis azobatabariza
Ikibazo mufise nikimwe! Kwiyita ico mutari. None ko udedemvye bihinduye iki kubijanye naho igihugu kigeze? Legentil aravafasha abarwayi bo mumutwe wogerageza ukamugana! Kuva 2015 ari bwebwebwebwe nigiki cahinduwe naya ma bwebwebwebwebwe? Ninkuyu yihanga NYENICUBAHIRO, yibaza ko yopfa amushikiriyw? Muzoje munya aho mweretswe! Noguhanura kuja gusoba uce uja kuryama.
Wewe urumusazi baba bakwishuye kwonona izina ryabandi
King urumujinga nimba urumugabo uraza uvyerekane shaaaa ,muribijuju cana muzafira hanze
Ego turakwumva