PART 1 🇧🇮🪫AKABI K'AMOKO YAMAZE ABARUNDI YAVUYE HEHE?YIGISHIJWE NANDE

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 11 дек 2024

Комментарии • 5

  • @fabiolanimenya944
    @fabiolanimenya944 2 дня назад

    Abarundi duhitemwo neza, duhitemwo amahoro kuri bose, ubumwe n'iterambere ku barundi bose. Yuko abarundi baguma bahonywa ntamigisha bizanira umurundi n'umwe, twese bitubera imivumo, barundi twese duhanurwe twumve, ako kabi kabishe kama gateranya abonse rimwe karanduranwe n'imizi kibagiranwe, amahoro n'iterambere bisasagare mu bonse rimwe, dusubire gusangira akabisi n'agahiye, duhane abageni uko vyamye na kera na rindi, sangwa amahoro barundi.

  • @JeniferAnifa
    @JeniferAnifa 2 дня назад

    Murarukwega ariko muravyipfuza ntibizoberera,mbe ivyabaye mu Rwanda ubu vyarabaryoheye kuburyo mwovyamiza mu kanwa Aho kwigisha urwaruka kwitezimbere,mbe ko umengo ni histoire muguma mwigisha abarundi nuko mumashure batakiyigisha canke nibindi vyubugizibwanabi kugira hongere habe amarira arenze

    • @sese667
      @sese667 2 дня назад

      Jenoside yakorewe Abatutsi mu Rwanda mu 1994, ikwiye kutubera isomo kugira ntibizosubire ...
      Aba bantu murino vidéo, ntakosa bakoze, urwaruka imbere yo kurwigisha iterambere, n'ukurwigisha kurwanya amacakuburi ayariyoyose na cane cane ayashingikiye kuri Jenoside (idéologie génocidaire) kuko ntawurimira ku rwiri ...