🙈 Ukuri ku ndirimbo "Tiro ry'inka"

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 17 июл 2021
  • 🤔 Kuki ugarutse mu Burundi?
    👀 Ni nde muririmvyi w'ubu ubona ko mworirimbana?
    🤪 Bimwe mu bibazo Bahaga yishuye muri aka ka videwo.
    Inyishu ziwe ... 🙈😂🙆🏽‍♂️😉 ... Irabire please😂

Комментарии • 112

  • @malixfouine1997
    @malixfouine1997 3 года назад +28

    Uyo mujama ndamwemera birenze walhai gonga like kuba mukunda bahaga

  • @YvesKAMIBURUNDI
    @YvesKAMIBURUNDI 3 года назад +15

    Love from Johannesburg 🤩
    Ikiganiro ciza cane #Jimbere
    Birankozeko cane kwumva une Légende nka #BAHAGA ashima ibikorwa nkora
    Biratanga inguvu zo kugera kure💪

  • @user-pu2by2jv7m
    @user-pu2by2jv7m 9 дней назад

    Ndi Umunyarwanda wavukiye i Burundi. Nakuze numva Bahaga. Ndishimye kumubona. Imana imuhe imugisha kuko yaradufashije cyane mu ndirimbo ze

  • @ziremakwinshinyabarongo8433
    @ziremakwinshinyabarongo8433 3 года назад +5

    Ndi umunyarwanda.Nkunda Bahaga cyane kimwe na Matata.Twarabyine biratinda peee.Ndagushimye cyane bwana Bahaga.

  • @manmahuna1160
    @manmahuna1160 3 года назад +3

    Great song, great man.
    Les crises politik zaduhombej vyinshi.....cet homme a du talent

  • @inkogototv2243
    @inkogototv2243 3 года назад +2

    Bahaga ndagukunda cyane nkunda indirimbo zawe uri umuhanga Uri n'a mixa cyane sinarinziko ukibaho Imana igume ikurindi from Rwanda

  • @fabricesemahoro2360
    @fabricesemahoro2360 3 года назад +6

    The legend is honest (son art de parler est aussi un talent incroyable) welcome home Our legend

  • @luendosabah2047
    @luendosabah2047 3 года назад +4

    Bahaga nakukumbuka weye na orcheste ingeri, Mihigo,Jean paul,eugene ,heli,Chou Chou, nabengine bengine

  • @sungraciella2308
    @sungraciella2308 3 года назад +5

    ❤️❤️❤️ Imana ni nziza kubona akiriho ,

  • @kabezajoachim6689
    @kabezajoachim6689 3 года назад +3

    Wow Bahaga 👏👏👏👏Nemera cyane umuziki we kuva mu Rwanda
    Much Respect From
    #kajoguitar 🎸🎸🎸
    Kanda👆👆hano urabona indirimbo nakoze

  • @gertrudehicuburundi7093
    @gertrudehicuburundi7093 3 года назад +5

    Yasa n' irenga Yari Itiro ry' Inka.
    Quelle belle langue, qu'on va bientôt nous dépouiller! Réveillons nous femmes d'Afrique !!!!!!

  • @backindays1959
    @backindays1959 10 месяцев назад +1

    Legend BAHAGA❤ much respect!

  • @Vision2300
    @Vision2300 3 года назад +5

    urakoze muriyi myaka yose waduhaye, uri umuhanzi ukomeye kbs

  • @christophemuhigira4679
    @christophemuhigira4679 6 месяцев назад +1

    Frangin...namiye niko Muhaga....je pense que notre Génération yari des Bahaga!

  • @ziremakwinshinyabarongo8433
    @ziremakwinshinyabarongo8433 3 года назад +5

    Uri simple modeste posé intelligent passionné et surtout très aimable.

  • @chrisoneilniyungeko839
    @chrisoneilniyungeko839 3 года назад +2

    il est très intelligent pas de doute ko yize kuri saint esprit,ndamwumvanye ubwenge bwinshi

  • @totojean9246
    @totojean9246 3 года назад +2

    Umuziki ndundi", it's bad kirundi, wow. "imitigiri" . it reminded me my time at CSE, but still need more explication on that grammatical rule. thks Bahaga

  • @vivantjournalist
    @vivantjournalist 3 года назад +5

    ego vrema,il est legende et exemplaire,niyubahwe

  • @hatungimanafoundationfororgani
    @hatungimanafoundationfororgani 3 года назад +7

    Babwire basubire kwiga ikirundi 🤣 big up sekuru respect 🙏

  • @josianenagito6072
    @josianenagito6072 Год назад +1

    Bahaga
    Abahaga
    Ibuhimyuza
    Urikukiye
    Portugal a Lisbon , Maide seekers !
    College Saint Esprit !
    Saint Michell !

  • @iamchildofgod997
    @iamchildofgod997 3 года назад +2

    Bons conseils et bien dit Bahaga(Umuziki w’ikirundi,Umuziki murundi,Indirimbo ndundi,Inkoko ndundi) ✅✅✅.Not Umuziki ndundi

  • @aheza257
    @aheza257 3 года назад +2

    Voilà ce qu'on appelle le professionnel 👍👍 Sagamba

  • @osiasnivyayo3249
    @osiasnivyayo3249 3 года назад +4

    Ahubwo abanyamuziki bose bakwiye kurarikana bamurondere abigishe gushasha.
    Bamwe biyita abami b'umuziki ,muraraba neza ntimube mwarihenze mukwiha ayo mazina.

  • @alberickadomo6132
    @alberickadomo6132 3 года назад +1

    Ooh bahaga .nukuri ibiganiro utanga biraryoshe. Icyiza cyokuba umuhanzi en tant que litteraire linguiste uretse indirimbo zawe zanditse muburyo litteraire nikiganiro utanga kirandyohera kuko kirigisha l'ethic d'un artiste. Murakoze cyane grand frere.

  • @irambonaaime4843
    @irambonaaime4843 3 года назад +1

    uyoniw muri legend kabisa

  • @joelmuhizihakizimana2500
    @joelmuhizihakizimana2500 Год назад

    Biraryoshe kw’umviriza umuririmvyi yaturemye tukiri bato m’uburundi imbere ya Exil…indirimbo zagumye mu mitima zacu murakoze 🎶🇧🇮

  • @user-vl7gy4jb2g
    @user-vl7gy4jb2g 3 месяца назад

    ndakwemera cane cane cane cane

  • @malicksag466
    @malicksag466 3 года назад +2

    Légende 🇧🇮❤️🔥🔥👌👌👌

  • @christiansindayigaya9927
    @christiansindayigaya9927 Месяц назад

    Gukoresha amajambo yukuri,ikirundi ciza! Nivyo kabisa

  • @tinyathierry8363
    @tinyathierry8363 3 года назад +2

    Hahahahaha....nukuri ndakwemeye umuziki #ndundi uku nukwiba amajambo yiki nyarwanda hahaha umuziki #nyarwanda... Komeraa cane musaza

  • @piscoo5814
    @piscoo5814 3 года назад +2

    Ng umuziki ndundi,,,muze musubire😃😃

  • @UwimanaShamilla
    @UwimanaShamilla 19 дней назад

    Vyoza cane turagukunda❤❤❤❤

  • @alphonsegahongayire9450
    @alphonsegahongayire9450 3 года назад +1

    Umurundi mwiza🙏❤️

  • @fayfamous6032
    @fayfamous6032 3 года назад +2

    Welcome legend. Turiteze ihinduka m'umuziki w'ikirundi hamwe nubufatanya bwawe. Komera kwibanga musaza.

  • @irakozeingridhortense1166
    @irakozeingridhortense1166 3 года назад +1

    Murakoze cane kutuzanira uyu muntu.

  • @irchris
    @irchris 3 года назад +1

    The Legend

  • @ndikubwayoshafi6787
    @ndikubwayoshafi6787 3 года назад +1

    Bahaga numuririmvyi akomeye cane

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 3 года назад +1

    💖 Bien dit
    🎩

  • @jahson460
    @jahson460 3 года назад +1

    Mon Dieu, quel franc parlé... 👏🏼M👏🏼E👏🏼R👏🏼C👏🏼I👏🏼 👏🏼B👏🏼A👏🏼H👏🏼A👏🏼G👏🏼A👏🏼

  • @davyjordan3178
    @davyjordan3178 3 года назад

    Grd artiste

  • @safarieric1995
    @safarieric1995 Год назад

    He is inspiration to many. ❤

  • @__KANZIZA
    @__KANZIZA 2 года назад

    Just woow🥺🥳🥳

  • @ndayihimbazejoel4241
    @ndayihimbazejoel4241 3 года назад

    Legend

  • @GG-ni1zj
    @GG-ni1zj 3 года назад

    ha haaa nanje vyaranyobeye iyo bavuze umuziki ndundi
    imiziki ndundi vyopfuma

  • @mutanganashowtime3699
    @mutanganashowtime3699 8 месяцев назад

    Bahaga mwenyewe yasubiragamo indirimbo zacu abanyarwanda mwaranjyiza mugasakuza mwebwe barundi ntasoni

  • @egidenderagakura3914
    @egidenderagakura3914 3 года назад

    Respect Mr Prosper

  • @mdmn8160
    @mdmn8160 Год назад

    👏 urakosoye kabisa nta muziki ndundi ubaho 🤣

  • @agndalsanga3375
    @agndalsanga3375 3 года назад

    👏👏👏

  • @fredngabo6915
    @fredngabo6915 3 года назад

    Kaze Bahaga mu gihugu cawe camavukiro ugarukire akanovera kumukizi w'Uburundi katitutse. Turakumbuye cane gusubira kwumva indirimbo zifise insiguro nka zimwe zanyu 👊

  • @sandraiyizire1493
    @sandraiyizire1493 3 года назад +4

    😂😂😂ndakunze ingene avugisha ukuri ❤️❤️❤️❤️

  • @bigirimanaolivier6190
    @bigirimanaolivier6190 3 года назад

    😍😍

  • @musarerosinepoetry8882
    @musarerosinepoetry8882 3 года назад +1

    Ntuye I Rwanda ariko nkunda Bahaga

  • @bizimanadia6377
    @bizimanadia6377 3 года назад

    Nibakorane na Nziza desire bose naba Legendary

  • @hejuru_cane
    @hejuru_cane 3 года назад +2

    Tiro ry'inka? cank Yasa n'irirenga?

  • @mr_ingabire
    @mr_ingabire 3 года назад +3

    Interview iryoshe cane gusa nagumye nshaka kubona coiffure yiwe😅

  • @back4god690
    @back4god690 3 года назад

    Big up ma bro

  • @husseinnzeyimana9212
    @husseinnzeyimana9212 3 года назад +1

    Nshaka mbaze,mbe bahaga azogira concert ryari kandi ni hehe?

  • @irakozeyves1781
    @irakozeyves1781 2 года назад

    Muhugure muhugure .

  • @paroledepaix1
    @paroledepaix1 3 года назад +1

    ikiganiro ciza cane cemeza Bahaga nk'umuhinga atagiye ahindagurika

  • @yvesndayizeye4976
    @yvesndayizeye4976 3 года назад +1

    Legend bahaga mbega arubatse?

  • @bellangeira2233
    @bellangeira2233 3 года назад

    Egooo uvugisha ukuri mutama.

  • @ziremakwinshinyabarongo8433
    @ziremakwinshinyabarongo8433 3 года назад +1

    Nibyiza kugaruka imuhira.Uri umugabo dukunda twe abanyarwanda ba kera tukuzi

  • @sergendihokubwayo789
    @sergendihokubwayo789 2 года назад

    Turabakunda cane abaririmvyi ba kera.

  • @Klaudius-lt8gp
    @Klaudius-lt8gp 10 месяцев назад

    Natangiye kumva yasa nirirenga nkiri umwana muri 93&94 ariko sinarinzi uko yitwa namaze imyaka myinshi nshaka izina ryayo muri 2014 nibwo narimenye ndibwiwe umuntu wakuriye i Bujumbura

  • @ezesperadokuzmansongy5333
    @ezesperadokuzmansongy5333 3 года назад +4

    this man is my inspiration

  • @bullarbdi7969
    @bullarbdi7969 3 года назад +3

    Un très beau sourire...kandi ntasaza

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 2 года назад

    Umuziki ndundi
    Inyitangizo(
    Ingereka igira inyitangizo isa n'iyizina igeretsweko.)
    Inka ndundi
    (n)->(n)
    Umuziki ndundi
    m/n--->(n)

  • @osiasnivyayo3249
    @osiasnivyayo3249 3 года назад +2

    Uguca bugufi kw'uyu musaza kubabere akarorero,ivyo kwiyita abami mubihagarike kuko navyo birica akanovera

  • @venantvyizacaneniragira1211
    @venantvyizacaneniragira1211 3 года назад

    Ikiganiro ciza Mutama

  • @josianenagito6072
    @josianenagito6072 Год назад

    Sobanura mission ulimo !
    Irenana na Dawa!
    Umuti/ Portugal /
    Ufitanye isanonni abagande ?

  • @mzeeclaud
    @mzeeclaud 2 года назад

    Agahogo k'Iwacu...

  • @emmanuelnibaruta5834
    @emmanuelnibaruta5834 3 года назад

    Uze uheraheze mu muziki urawushoboye

  • @aheza257
    @aheza257 3 года назад

    Umuziki ndundi😂😂😂🤣🤣😂🤣❌❌❌❌❌❌🔇🚫🚫❌❌‼️⁉️📵🔞🔞🔞 arabihakanye❌❌❌❌😂😂😂😂😂😂 babe biga ikirundi

  • @uwasevalantine9206
    @uwasevalantine9206 3 года назад

    Bahaha garuka mumuziki vuba bwango indirimbo zawe ntizihera aka novera

  • @koricizabolard2128
    @koricizabolard2128 3 года назад

    Komera mutaaa

  • @benimuciro487
    @benimuciro487 2 года назад

    Ngo witwa ngwiki

  • @dieudonnemugirangabo8174
    @dieudonnemugirangabo8174 Год назад

    Ukuri nkeneye kuri bahaga nikundirimbo yasanirirenga ivugango abatware nibobamujanye abobatware biba umukunzi wumuntu bitwaje ubutware nigikenye yashatse kuvuga baribande? Ivyonikibazo nkeneye kwishurwa nimbatacovyokwica kubwabobatware bambura banyarucari batubwire muzobamukoze😭🤦🤭🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @irakozeghyslaine8311
    @irakozeghyslaine8311 2 года назад

    Asha les chanteurs burundais muravuzwe ni mugende😭😭😭😭

  • @gertrudehicuburundi7093
    @gertrudehicuburundi7093 3 года назад +1

    Il y a l' Avenir en Afrique. Regardez LOIN.

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 3 года назад +1

    Nagira Umwami yahaye imbibe Uburundi ni Ntare Rugamba🤔?? Baraduhenze none?

  • @Amafaranga300
    @Amafaranga300 3 года назад +1

    Ndi umunyarwanda ariko nakuze numviriza iyi ndirimbo ya Bahaga. Ndayikunda cane nkunda kuyiririmba byibuze rimwe mu cyumweru

  • @kizungugabriel3942
    @kizungugabriel3942 2 года назад

    Umu diaspora yiyuibaha yama yicisha bugufi.

  • @ruginaolympe5587
    @ruginaolympe5587 3 года назад

    Ufise iciyumviro ciza co kwigisha umuziki abakiri bato.

  • @kananisarafe8582
    @kananisarafe8582 3 года назад

    Benshi nkabaririmvyi nibakwigireko,hanyuma urumurundi kuko uvugaga ikirundi ,ikirundi numuco wikirundi. None uhava usubira mu Ubudage?canke?

  • @15centerckz60
    @15centerckz60 2 года назад

    Egosha akaranga

  • @inezruzunga
    @inezruzunga 3 года назад +1

    Ngumuziki ndundi🙆🏽‍♀️😂😂😂ese ingene icokijambo kibish kumva

  • @clovisahishakiye2021
    @clovisahishakiye2021 3 года назад +1

    Umuzikí ndùúndi* #inkébuzo 🤭

  • @kwakundi257
    @kwakundi257 3 года назад

    12:22 "Umuntu yarikuba umubaji acaja mumuziki kugira bamukomere amashi" iki kintu kirakomeye :" umuntu areka gukora ivyashoboye akaza muvyo adashoboye "" hehehehe NUYUHE MURIRIMVYI AKUJE MUMUTWE W UMVISE AYA MAJAMBO.?

  • @gyooogaaa8922
    @gyooogaaa8922 2 года назад

    Ijamb rizima Bahaga ati:Nibige kwandik ibintu biramba,ba Natacha ba Oleg mubon indirimbo zanyu ubon ninyum yumwaka ib icibukwa????

  • @guyarsene3178
    @guyarsene3178 3 года назад

    Wubahwe mutama uvuz ukur kwinshiii kuk abaririmvy bub baririmb indirimb zumwak umw

  • @zacksmazaba1185
    @zacksmazaba1185 3 года назад +1

    Bahaga garuka ugarukire umuziki w'ikirundi .kaze iwanyu baguhe icubahiro cinararibonye.
    Jimbere magazine muduha ikiganiro gifise intumbero Ubu image ziboneka zitera à petit kurab ikiganiro kigahera mugerageze muhanure ayandi ma shosho TV média nka vyose yongaho iwacu Babokora nka bosting kugir baboneke bagaragare image bakguma bayirukanza ntihume hamwe imena amaso jew ntakiganir nakimwe c'iwacu Kure ça jimbere ndabona ng mpeze n'agir ibiganiro ukayobegwa kwaririgara bariko comedy. Nakajagari mubahanure . namajambo Nino bavuga vyinshi gusumvya umutumire hageretseko umutumire ntantumber bamuha nabi ntayobiha babaza ibibazo bidateguye . nurudubi gusa kandi biratubabaza kuba tudashobora gukurikirana ivy'iwacu .merciiiiii muterimbere jimbere magazine.

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 2 года назад

    None" Bahaga" ni umututsi canke ni umuhutu?

  • @gertrudehicuburundi7093
    @gertrudehicuburundi7093 3 года назад

    N'uko vyagenze. N'uko tubakunda!

  • @elogeruhimbasa8667
    @elogeruhimbasa8667 3 года назад

    Bakoresha amajambo ya banyarwanda umuziki ndundi fake bongo fleva buja fleva no no no let be unique

  • @blaiseburikukiye7445
    @blaiseburikukiye7445 3 года назад

    Babwire ati umuziki ndundi ama copie coller yaba nyarwanda

  • @The_groove-poppa
    @The_groove-poppa 3 года назад

    🔞🔞Umva amajwi y’umugore ugiye kurangiza ,uko banyaza igitsina gore🔞🔞
    @

  • @musarerosinepoetry8882
    @musarerosinepoetry8882 3 года назад

    Ntuye I Rwanda ariko nkunda Bahaga