TakeMeBack Bahaga:''Yasa n'irirenga yasohotse ntazi kuririmba neza😂’'

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 10 окт 2024
  • 🎶 Uwaririmvye "Tiro ry'inka", "Mpore ma", "Yohani na Serejiyo"... wamumenye 😏 ?
    😁 Oya ntiwihenze, umuririmvyi w'inararibonye Bahaga niwe mutumire wo muri iyi #TakeMeBack
    🙃 Kurikirana ikiganiro umenye ivyo yaciyemwo kugira ashike aho ageze ubu ?
    #Burundi #music

Комментарии • 1