SIBOMANA BY YOYA Official Video Clip

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 9 окт 2024
  • Among the best of 2014. Nk Jdn

Комментарии • 6

  • @AhadiAllyAlvin
    @AhadiAllyAlvin 4 месяца назад +1

    Old is gold 🎉

  • @EmilienneEto
    @EmilienneEto 4 месяца назад +2

    😢Uti baraseka namajigo ukayabona 😂ukagirango nurukundo ariko aho uchiye bohaturira .ukonukuri vmnt wavuze ijambo

  • @nishimweritha2803
    @nishimweritha2803 9 месяцев назад +1

    Nibyo pe

  • @NkeziyandemyeEmmanuel-ok9dg
    @NkeziyandemyeEmmanuel-ok9dg 4 месяца назад

    Shebe romantic

  • @volo-music2263
    @volo-music2263 3 года назад +1

    Izi nibifu zanyu Bajama
    Abansi banje mufisi ishavu kubwanje kubwuko nagufashe
    Kubwuko nakuvugishije
    Uko kakwakiriye
    Bantu mwe murambabarire
    Ego abantu muragoye mugabo Imana niyo ifise ijambo ryanyuma
    Rero nagomba kubwabwira muze mwese tuje hamwe sha dutsindishavu
    Oya jewe ndaziko abansi bakenewe mubuzima kugira umuntu aterimbere
    Mais nagomba kubabwira yuko ehhhhhh
    Nshaka akanya twamaze twerekana ububi kumpande zompi
    Aha ndiko ndavuga kuruhande rwanje no kuruhande rwawe yuko ngombako munyemerera yuko ahahora urwanko hasubira impundu

  • @mediatricenizigiyimana9019
    @mediatricenizigiyimana9019 2 года назад

    Abantu sibo Mana