JUNO KIZIGENZA 🇷🇼 ahamagaye ARIEL WAYZ🇧🇮 kuri stage abantu barasaze....
HTML-код
- Опубликовано: 18 окт 2024
- Uripfuza ko dutera imbere,please kora subscribe, like,share na comments kuri channel yacu.
ukeneye ico ubaza canke ico uterera (+25779402636)
follow us @ on facebook, instagram and twitter
#magicchannelTv#Entertainment Media
#Juno kizigenza umuhungu wiwacu arahaturiye 💥💥🤝🤝🤝🤝, Buja mwakoze kwakira umuhungu wacu neza ✊✊👌👌🤸🤸🤸
twe🇧🇮 turinakanoti zamuzana abaribo bose baturire
Umusa wahatwitse kbx🇷🇼😊
very good juno komerezaho
More collabo Juno et Drama T🤝2 YOUNG boys babica bigacik EAC👌👍
Rwanda Music To The World 🙌🏾🔥🔥🔥
Thank You Burundi 🙌🏾⚡🔥❣❣
Juno Burundi barakwemera4
Turakwemera
❤❤❤❤😍😍🙏
Imberecyane musore wacu ❤❤
Nama mvuga mamb ushaka kugera ahantu heza urahategura si nduru zizohindura ibintu
N'uko n'uko mon frère, si ukuja ngaho ngo batampay aya sinzokora iki. Abategura ibiteramo nabone baba bashaka inyungu bayasohora aruko babona ico binjiza nabo
Hanyuma babandi ngo les artistes rwandais babatwara akazi🫣
Juno❤️😘😘🇧🇮
Ese mbaze abarundi ubu ikibazo nabanyarwanda? Ubu tuvuge iza tanzania ko mutazicuranga mujye mugabanya ishaza
yesaa🔥🔥🔥🔥🔥🔥Magic forever👌
Uratwika
Iy collabo y Alvin na Juno ij kub nyina w'indirimbo
Wow ,🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Juno hejuru 💗🫶🏾
🕺 💃 🕺 💃 🕺 💃 🕺 💃 🕺 🕺 💃 🕺 💃 🕺 💃 🕺 🕺 💃 🕺 💃 🕺 💃 🕺 💃
#Huha
🔥🔥🔥🇧🇮
Umufungo Sha yabuze
babaze coach wa rayon amahera ahembwa barumirwa mureke amatiku ndibaza ko abavugaga ko abarundi ari abantu bari cool muronse inyishu ikwiye kuri iri iyi case ya juno nabandi
service nziza irigura naba Burna boy turabakunda kandi tudatahura vyobaririmba
Ariel wayz arise hehe?
Ikinyoma gusa
Ariko gukunda ko ntamuntu ubihatirundi kuki harabarundi bamwe bamwe mbanumva ibintu babigize personal cyane? Nukuri uyumutima mubi maze iminsi mbonana abantu bamwe bamwe uzatuma ntakintu tugeraho.
Nabantu bamacakubiri, hari abategereye agenda yabo bareke
🇧🇮 and 🇷🇼 One Love
Aah niyo mpamvu simbizi kakazi yavuze ko yagahevye abari bashigikiye guma murugo iyi show barenze tumenyane
Good 👍👍👍👍
UBUTUMWA KUB'ARTISTES BURUNDAINS🇧🇮
Ubu Ndizera Ko Bamaze Kubona Umudiho W'Indirimbo Abarundi Baba Bipfuza Ni AFROBEAT Zifise Ama MELODY Aryohera Amatwi Ndetse Na LYLICS Yanditswe Mumvugo Ziki Gihe Apana Bimwe Vya Kera.
Abanyarwanda Batahuye Kera Ko Aba Clients Babo Bakeneye MUSIC Ifise Imidiho Y'AFROBEAT Nukuvuga Za Ndirimbo Ziba Zitambitse Ziheza Zigahereza Ivyishimo Abo Ba Clients Babo
RAP,ZOUKE, RAP,KIZUMBA,SLOWLY Izo Style Zari Izakera Nta MURUNDI Cnk UMUNYARWANDA Yoba Akizikoza Mubwirizwa Namwe Kuziheba, Mukabakorera Ama AFROBEAT Atagase Kuko Niyo Bakeneye Aba Clients Banyu.
Raba Ingene Aba DEVIS & JUNO Kuva Kundirimbo Yambere Ingene VIBES Yaba Clients Babo Bari Baki VIBING Music.
Haraburiki Ngo Abasani Babarundi Ngo Bakore Ivyo Aba Clients Babo Dukunda Kugirango Dutangure Kubashorera Natwe Tutidoga.
abarundi bagenzanj nibakure kwidoga bakore imiziki yakanovera nkakera ba big fizzo lolilo kidumu.bagiy mu Rwanda baruzuza public
wowe urabyumva music nta frontiere igira kandi birikora
Uko muri football abarindi bagafashe murwanda Niko nabanyarwanda mumuziki bagafashe iburundi gusa batwegereye twabafasha Nkuko mugihe gishize twifashishaga aba audio producers bo muri Uganda ahubwo tufatanye tuyobore east afrique
Erega abarundi mugomba kwemera mugomba kwicara mukiga
Bemera iki bigiki ko nabo bafite abahanzi beza
Sije nzobona fatakumamesa aradusesanguriye ingene vyagenze 😂😂😂
🇷🇼🔥🙏
@Junokizigenza 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
#juno mubicu
Wayz arihe?
Man ntakubesha ivyacu turabikunda Ariko ibintu vyiza ntawotubikunda Juno az akazi kand ic umutima ukunzi nta Choix ntawutokunda junoo akabsa kuk abirimwo neza
ni salak Juno kizigenza ararerenze pe
None nkivyo vya ariel uba wabikuy he? Bureka kwasama
Sinzopfa nsubiye gufana umuziki ndundi ndihanze muri south africa ibi bintu kubarundi sivyiza nagato
Mureke ishyari si ryiza kandi akeza karigura kuko ntiwabuza abantu kuryoherwa. Mu rwanda dufite abakinnyi b'abarundi bashika kuri 60 bakina muri championat n'abatoza barahari. None se wibaza ko bahembwa ibyatsi mu rwanda? Mureke ibitekerezo byanyu biciriritse!!
Icutabona nigiki
Bavyita kwisamburirako
Akeza karigura kandi uburundi ntibwabaho bwonyine nkaho ari akarwa konyine kw'isi! Reka abantu baryoherwe!
Umusi nzoba presenda abanyabucumbura nukubarungika ruguru kuko biteye isoni ngo ubundi ngoburakenye ayomahera bonona kubanyamahanga icabarundi ntibagiye
Oya ntabwo amahera bayononye...baguze service nziza kandi barayihabwa via performance nziza juno yahaye abafana be b'iburundi.
Mwicare mwige bro mugabanye ubushyari budafite ishingiro music nyarwanda leta yarabanje itanga enternet bandle zirahendutse knd ibyo nabanyarwanda babinyuzemo mukosore mukore Cyn muzongera muyobore nkuko byahoze
Aha ni burundi?😃😃😃muga abarundi ni bijuju kbsa urabona😭😭😭😭
Iryo shyari ntiryubaka ahubwo rirasenya. Musique n'a pas de frontière na Bob Marley twaramukunze tutazi icyongereza cyo muri jamaique!! Abantu ntiwababuza kuryoherwa kandi akeza karigura!
Ikijuju ni ww utazi umunezero icarico,kuki ibint vyos mub mushak kubishiramwo umutima nkaho usanga uvugira ahuri habay show yabarundi utogenda
😂😂😂😂
Ese Buriya konumva mufite imigambi mibi , Buriya MWe abahanzi banyu nibakenera gukora ibitaramo hanze yuburindi bizagenda Ute?😹 Cg MWe murumva mwihagije ubwanyu!? Icyonzicyo abirirwa basara gutya nanumwe urya muri Show nimwe😂 haba niyabarundi benewanyu. Nabogutogotera mumashuka naza screen za telephone zabo. Abarundi mukunda muzika Aho iva ikagerahose lmana ibahezagire🙌
Bro ivyagunda ivyiwacu bike kuruhande arko nigute izondirimbo za Juno zitokuryohera?? Abarundi nibarabe ibiryohera amatwi bige man