Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Ndagukunda kigingi urasetsa sana nawe Isaac Uhoraho akuzigame kuko waje hageze
Thxxx kigingiii courageeee urashoboyeeee
Thx kigingi watanze message ikomeye cane kur abo bâ artiste bacu.ni bamw ni baj hamw baduz ibendera ryigihugu cabibarutse!!!!
good sana kabisa aho yarashee kabisa
Big up Kigingi😁😁🇧🇮🇲🇿
Je regarde chacune de tes vidéos T'es la meilleure Minouche
Kimararungu wacu yakije umuriro kabisa👯♀️
Nukur kugingi numuti wamenyo pe
Kigingi ❤️❤️❤️❤️
Iyi tv ntayonzi ndayibonye today arko harikintu kiging yakoze kidashimishije harya kwankumuntu atagututse navyo nicaha abantu twese dukwiye guhana agaciro
Nice😬
😄😄😄
🤣🤣🤣🤣kingingi kwel urantwengej Can vrt
Vrt aratwenza arko ziriko ziramuherana inkuru zarahe
Nukuri kigingiii ww ndagufana uratwenz knd ugatang na msg ww uracar wambere gasore nta w ntavyiwee kbs umengo nubujuju gusa avuga
mmmmh aho ntanzigo ubivuganye...?
Oy ntanzigo nukuri knd gukebur umuntu sibibi gusa impano arayifise ariko abar stratégie yindi yokoresha kuk harivyo avuga ukamengo harimwo nubujuju bwinshii kensh j ndamukurikirana cyane même na interview akora usang ata ubu serieu ashiramwo vyose ni comedie knd abafana biw baba bashak kumva amatek yuwo bafana rero arabe uhindur ukwo yoryohera abafana biw bakamutahura ivyo ahor akina
@@glorianishimwe1587 mbo ntanyambo ibura agahonz mwena mama ahubw abamwegereye nibo bakwiye kumukebura ubundi bwo arimwo arakora neza muruhande rwa comedie nukumuter intege knd ababa bamwegereye bakamwereka aho adekonera coz ntanyambo ibura agahonziiii
Ntihenze nibuk interview imw yagez gukor avuga ko rôle mode wiwe Ari Eric mondi umu comedie wo muri kenya ariko wihwej ivyo gasore akina mur codien na Eric mondi akora ntibihuy nagato Eric mondi atang msg nziza zumvikany knd zirimwo na comedien ugatwenga knd ukwumv nico yashats gushikiriza rero murambabarira kwar gukeburana
😁😁😁😁😁 Double Jay
Part 2: Urashaka kumenya uko wokoresha amafaranga canke umwimbu wawe ? 👇🏻👇🏻 ruclips.net/video/mDjK3MSCiPw/видео.htmlsub_confirmation=1
😀😀😀
Ndagukunda kigingi urasetsa sana nawe Isaac Uhoraho akuzigame kuko waje hageze
Thxxx kigingiii courageeee urashoboyeeee
Thx kigingi watanze message ikomeye cane kur abo bâ artiste bacu.ni bamw ni baj hamw baduz ibendera ryigihugu cabibarutse!!!!
good sana kabisa aho yarashee kabisa
Big up Kigingi😁😁🇧🇮🇲🇿
Je regarde chacune de tes vidéos
T'es la meilleure Minouche