Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Komera Komera k' umuheto we uri Ntare y' ukuri ifite consciousness yo hejuru. Kuva kera na kera abarundi twari imvubu ziguruka zigaheka amasi yose iy' ava akagera. Burundi paradise, umutima w' afrika, tuzo zamuka kandi twongere duhekane, dutere ijambo dutegwe iteka, Afrika yongere kandi kuba itongo ry' Uhoraho Data wa twese!! Ikintu cose gifise umwanya waco. Ukuri Amahoro Urukundo Ubumwe Iterambere
Ndabakunda bantu banje
bravo pour ta musique
may God help us,Burundians...#Burundi_my_country
turakumbuye ijwi rya lion story muzobarondere kweli
Murakumbuwe cane
Turishima kuba tubafis
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nyabingi
Komera Komera k' umuheto we uri Ntare y' ukuri ifite consciousness yo hejuru.
Kuva kera na kera abarundi twari imvubu ziguruka zigaheka amasi yose iy' ava akagera. Burundi paradise, umutima w' afrika, tuzo zamuka kandi twongere duhekane, dutere ijambo dutegwe iteka, Afrika yongere kandi kuba itongo ry' Uhoraho Data wa twese!! Ikintu cose gifise umwanya waco.
Ukuri Amahoro Urukundo Ubumwe Iterambere
Ndabakunda bantu banje
bravo pour ta musique
may God help us,Burundians...#Burundi_my_country
turakumbuye ijwi rya lion story muzobarondere kweli
Murakumbuwe cane
Turishima kuba tubafis
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nyabingi