UKO IMANA IBONA UBURUNDI/UMUVYURO KU GIHUGU C'UBURUNDI UZOBA UKU GUKIRIKIRA🇧🇮❤️
HTML-код
- Опубликовано: 7 сен 2024
- Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts
Amen
Amen Amen Amen
❤❤❤❤❤❤❤ Amen
Blessings Blessings Blessings Blessings Blessings Blessings
Murakoze cane kumajambo meza y'Imana mudushikirije, muhezagirwe kandi turashimye ikanguro kugihugu c'Uburundi rigiye kuba kugira ico Imana yavuze tukibemwo kubw'icubahiro ca NDIHO
Imanayifuzak abarundi twihanivyaha
Amen imanikubdubrundi cane❤
Amen amen dusenge ataburharya
Very powerful
Waoo Plaster Joel you are welcome to our best lover country, we love you olso
Iriba ryizaaa🎉
Murakoze cabe
Hallelujah God bless you I love My Burundi ❤
Yeyes
Amen,thank you Pastor God bless you
Haleluaaaaaaaa Turawiteze
Imana irakunda uburundi nuko ivyaha ari vyinshi 😢
Dusanze tuvyizeye
Oooh I live very far from there 🤦🏻
You are in which state!?
Texas (in Houston)
Amen 🎉🎉🎉🎉🎉 umuvyuro ikanguro came
Muhezagirwe cane,n'iriba ryiza nyene ryama ridudubiza ivy'Imana vyinshi,je rero nshak groupe WhatsApp y'iriba ryiza
Mwene Data ndubaha intahe utanze . Ariko traduction ntimeze neza. Uyo mufasha mu congereza naho agerageza kubera ikirundi kigoye ntako ashikiriza ico intahe yose.
Ncutiyanje uwurinamatwi yumvishe
Which city of Texas?
You needa visit the church!?
I can if is no far from my location
Sozo Church in San Marcos, Texas
Amen
Amen