"Iyo umuntu ahura n'ibihe bigoye nk'ivyo Bella Shaka yaciyemwo, ni igihe kidasanzwe co kwiga ivy'ubuzima no kumenya ukuri kw'abantu bakuri hafi. Kuba yagize umutima wo gusangiza abandi ivyo bihe vy'ububabare n'inyigisho yavuyemwo ni ikimenyetso c'ubutwari. Turagushimiye ku kwihangana no ku mutima ushima, kuko bitwigisha kwubaka ubuzima bufise inyigisho nziza zishingiye ku kwigira no gushimira. Turanashimira RTV Burundi ku kubandanya mutanga urubuga nk’uru rutuma tugira amahirwe yo kwiga ku buzima bw'abandi no kubona ingene dushobora gusenyera ku mugozi umwe. Ivyo vyerekana ko hamwe turi hamwe, dushobora guca mu bigeragezo vyose twizeye iciza kiri imbere. Bella, turakunezereye kandi tukwifurije imbere heza!"
Welcome back dada wamie ❤
Thank you my elder sister ❤
Nukuri sibanga shaka turamukunda cane❤❤
Bella shak my sister love u so much karibu cyane twari tugukumbuye
Twari twagukumbuye .welcome back 🎉🎉
Welcome back Bella
Welcome my sister❤❤
Courage Journaliste wacu Manager wavyitwayemwo neza mukubaza ibibazo fata kamwe 🍾ndakariha🥂
Welcome back home sister you’re a strong woman
😊thank u
❤❤gapanga
👍👍👍👍
Welcome again!!
Welcome back to Royi tv 📺
Thank you so much ❤
Welcome back my love we missed you so much
Kalibu Bella wacu
Karibu caaane kandi merci beaucoup utanze impanuro nziza caaaane uhezagirwe maze ugire nibikorwa vyizaaa caane❤
Welcome my Sister B.Shaka urisanze.
Umu présenta ntantaye hasi yongerwe intebe😂. Mon Delphin WeYaYou😂😂
Welcome again
Heeeeee, twurinjiye muyindi mpwemu
"Iyo umuntu ahura n'ibihe bigoye nk'ivyo Bella Shaka yaciyemwo, ni igihe kidasanzwe co kwiga ivy'ubuzima no kumenya ukuri kw'abantu bakuri hafi. Kuba yagize umutima wo gusangiza abandi ivyo bihe vy'ububabare n'inyigisho yavuyemwo ni ikimenyetso c'ubutwari. Turagushimiye ku kwihangana no ku mutima ushima, kuko bitwigisha kwubaka ubuzima bufise inyigisho nziza zishingiye ku kwigira no gushimira. Turanashimira RTV Burundi ku kubandanya mutanga urubuga nk’uru rutuma tugira amahirwe yo kwiga ku buzima bw'abandi no kubona ingene dushobora gusenyera ku mugozi umwe. Ivyo vyerekana ko hamwe turi hamwe, dushobora guca mu bigeragezo vyose twizeye iciza kiri imbere. Bella, turakunezereye kandi tukwifurije imbere heza!"
Urakoz cane
Welcome Shaka💃💃💃💃😂😂😂
Turamuhaye ikaze kandi
Royi TV Burundi we can
Bella kaze cane twaritwakukumbuye
Bella Shaka ni impamvu yiterambere rya RTVB;mbere niterambere ry'igihugu!
Twari tugukumbuye disiii
Harakajambo rero gasigay kanyoca ngo you know!!!?
Urumva rr Bella warigize hejuru ubonako atakamaro ko kwishira hejuru isi irakwigisha !ubu waratekanye urabona ko abo wimye ushobora kubasaba! twibazeko watahuye ubu uzogenda gakegake !kandi natwe biratwigishijej ko unomusi atari ejo
Ico arico watahuy nahonyen ni sawa.essentiel inyigisho wayumvise😊
Urakaza neza twari tukunyotewe kabisa mumpere yambiii
Nikaze cane yooo
Delphine niwe dushaka gusa