Angelina by Berry Music (Vidéo Lyrics)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 26 сен 2020
  • Berry Music is a Burundian singer artist. « Angelina » is his second track.
    -----------------------------------------------------------------
    Artist : Berry Music
    Audio : Kolly the magic
    Video Lyrics : Ns. Jiji
    Location : Trix Lab
    -----------------------------------------------------------------
    Check out Berry Music’s page below:
    RUclips : / @berrymusic5200
    Facebook : / berry-music-2216055348...
    Instagram : / berrymusic98
    #BerryMusic
    #KollyTheMagic
    #Angelina
    #Burundi

Комментарии • 761

  • @bigfizzoofficial
    @bigfizzoofficial 3 года назад +82

    Nice one....keep it up !!! 🇧🇮🇧🇮

  • @rodriguezineza4249
    @rodriguezineza4249 3 года назад +159

    Nimba wagize repeat 10 fois like hapa, twendeeee🔥😍🇷🇼🙌🏼💫

  • @isaactv1725
    @isaactv1725 3 года назад +133

    Burya ivyo mutazi uyu muhungu afise kazoza gakomeye caane , Ibinyamakuru twese dufashanye kumushigikira cane kuko arabikwiriye caane...Respect Kiyana.

  • @abeltuyisenge4794
    @abeltuyisenge4794 3 года назад +92

    Naomba Likes wenye munampenda berry music 🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇧🇮💯💪

  • @Belle9ice
    @Belle9ice 3 года назад +131

    🥰🥰🥰🥰Berry franchement🔥 for real💥

  • @wakawakatvrw
    @wakawakatvrw 3 года назад +230

    Kubadida Love from Umutananigwa abemeranije na #HitTopTv gushigikira uno musore mumpe Like🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💥💥

    • @fantomemaso8868
      @fantomemaso8868 3 года назад +2

      Ubundi warindiriye iki kizire kumuvumbura

    • @Balalacanasi_
      @Balalacanasi_ 3 года назад +2

      Turashaka umuvumburo kum New Super Star wacu

    • @adriang.
      @adriang. 3 года назад +2

      Ikibazo canyu nti mu decouvra mwama muri ba sat b na ba Fizzo,ubu niho ukimumenya ga Landry genda urabe indirimbo yiwe ya mbere ari audio ama views igezeko,this guy is not in competition he works slowly hama ibikorwa bikivugira

    • @wakawakatvrw
      @wakawakatvrw 3 года назад +1

      ruclips.net/video/x2GKA03psbw/видео.html 👉👉👉👉 ikiganiro twakoranye kundirimbo Melana

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv 3 года назад +2

      @@wakawakatvrw bareke sha bivugire usanga niyo tubakoresheje batabiraba nkuko baraba ivyo vyaba sat B na Fizzo bariko baravuga😥😣

  • @joellaniciteretse6453
    @joellaniciteretse6453 3 года назад +16

    Hari akantu kamfuta
    igihe uririmba uti
    "I love you big big like dat"
    Akandi nako kandangiza ni aho Uvuga ngo "kubali basi "
    Tu as assuré Berry

    • @Mel5555.
      @Mel5555. 3 года назад +2

      Umukobwa wa Mandela nawe wamwumvise? 😇😇😇😇😇😇 il a assuré vraiment! Chapeau!

    • @joellaniciteretse6453
      @joellaniciteretse6453 3 года назад +2

      Ego naramwumvise
      Hasigaye Ko ndaba Ko ari icitegererezo mu bwiza no mu mwitwarire
      Genre ateye nka se mu kuba icitegererezo

  • @MireilleKamiofficiel
    @MireilleKamiofficiel 3 года назад +19

    ohhhh nice song. Bravooooo. Je pense que nayambeho yari itanguye kunyintimida ngiye kuyibwira nti niyumviye Angelina ntukinkanga. Wow !!! Let's dance mpakaaaaa.

  • @aubin-luxburundi8819
    @aubin-luxburundi8819 3 года назад +8

    Nice song kabisa msaza urarashe igikorwa kirarenze

  • @mugishabadensteve8849
    @mugishabadensteve8849 3 года назад +3

    Nciye nja murukundo nino song nkiyumva gusa... OMG💕💕💕💕💕... man wabkoze neza

  • @michoumiracle_official
    @michoumiracle_official 3 года назад +70

    Wekaaaaaaaaaaa🔥🔥🔥🔥🔥a new bang bang in my playlist

  • @Sindamug
    @Sindamug 3 года назад +3

    Iki kidogo sinari ndakizi!! Ariko iyi ndirimbo irampabuye!!! Respect to you brother.go ahead🇧🇮🇧🇮

  • @kent-pxpression14
    @kent-pxpression14 3 года назад +85

    Everything fine ⚡️

  • @jeannettendayisenga8253
    @jeannettendayisenga8253 3 года назад +1

    Songa mbere mwana w'Iwacu ubikor nez 👏🇧🇮

  • @bfaceofficial
    @bfaceofficial 3 года назад +152

    Keep it up bro 👌🏻👌🏻

    • @dossenaviededieu
      @dossenaviededieu 3 года назад +2

      Yr sound myke me to be happy Imana ikuzigame murwo rugendo Mr berry 🔥🔥🔥

    • @defendernakezuburundi7010
      @defendernakezuburundi7010 3 года назад +3

      Yes , no keep ut , please 👍👍

    • @faustinbigdady377
      @faustinbigdady377 3 года назад +1

      🎸🎻🎧🎵🎶🎼🎥🎥📽️🎺🎬🎹🎹🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪🇿🇲🇿🇲🇿🇲

    • @lionel8972
      @lionel8972 3 года назад +1

      Vyiza cane kararenze

    • @urlichgeorges9978
      @urlichgeorges9978 3 года назад

      Je @@defendernakezuburundi7010 ni.

  • @DEEJAY_KATLOUS257
    @DEEJAY_KATLOUS257 3 года назад +49

    My lil bruh proud of you👌🏿🥵🔥🇧🇮

  • @djalanselecta
    @djalanselecta 3 года назад +13

    This song kabisa imez neza👌🏽👌🏽 big up bro imbere niheza cne 🥵🥵

  • @fannyndabemeye8049
    @fannyndabemeye8049 3 года назад +2

    ntanuwundii dufise mu burundi uje guhinduraa buja flevaaa keep it up BERRY MUCIC🙏🙏🙏

    • @adriang.
      @adriang. 3 года назад

      Nukuri ntawundi

  • @dj9gapsi703
    @dj9gapsi703 3 года назад +11

    New generation
    🔥🔥🔥🔥
    Murabo gushigikirwa

  • @DiasporaVisuals
    @DiasporaVisuals 3 года назад +33

    Am I the only one who see great determination in these new generation artists? NEW ERA HAS COME :)
    Great Work by the way. LOVED it! 🔥🔥

  • @espoirbdi1886
    @espoirbdi1886 3 года назад +64

    Kama umeludia hiyi song Mara 10 gonga like

  • @guyntwari207
    @guyntwari207 3 года назад +2

    Kubitsaaa## bro wanj## mwana wi Burundi

  • @celiony257
    @celiony257 11 месяцев назад

    Intibagirwa in my life. My favourite song ya Berry music ❤❤

  • @theglobalreform
    @theglobalreform 3 года назад +10

    This guy is so talented. He just come up with two songs, and they're all trending N°1 and 2 in Burundi Music Industry

  • @bizindavyidavid3596
    @bizindavyidavid3596 3 года назад

    Proud of you. Keep it up. Abari kure y'igihugu turashimye kukantu uduhaye gatuma tuba proud n'abana b'iwacu.

  • @rockyagasobanuye1
    @rockyagasobanuye1 3 года назад +26

    Congratulation! Berry u're work a wonderful Industry Music urikuzana Impinduka muri Music Brnd Your Music is International song so Bro Pay attention this is one Special Advice Melane kr igume ifs Akanovera Powerful even Right now nuko wayihaye agaciro kokutagaragara muma Interview Media TV Online ego urayivumisha igitagura uguyi kwigaragz sna muma Interview gs icita Carrier vuba kuk abnt bakubonye cnee abisi niko tumeze bacabaguhimba song nibe ikiri fire so niyi reo uzifuge nigaragare Muma Interview yama TV Online kugr uzugume uri Trending For everytime nkokuri Melane That's one Advance code i was see to you Man Keep Rap and Work a hard wonderful like that Cheers🍻 Thanks

  • @benichou5996
    @benichou5996 3 года назад +11

    Nakubilii Berry Angelinaa🔥🔥🔥🔥

  • @djncthebaddest3536
    @djncthebaddest3536 3 года назад +23

    Voilà igikogwa cizaaa ccann love from holy star dj's

  • @kimana8818
    @kimana8818 3 года назад +2

    J'aime la music burundaise vraiment berry go ahead👏👏👏 umuziki wiwacu sha umve ukunt uryoshe👌👌

  • @perpetuekazeyimana8545
    @perpetuekazeyimana8545 3 года назад

    Courage muhugu wuburundi imana iguhe gutera imbere ifise ingabirano niryambere mbonye indirimbo nkiyie iryohera nkiyi

  • @fanshittoptv4433
    @fanshittoptv4433 3 года назад +2

    uyu muhungu je mbona akwiye sapotii kuko ariko arakora akaja hasi tuzokwidogera ibimenyesha makuru courage malana

  • @moixe3163
    @moixe3163 3 года назад +18

    Letsssss gooo!! USA here!🇧🇮🇺🇸🇺🇸

  • @mowkanzieofficial990
    @mowkanzieofficial990 3 года назад +248

    I feel some Ethiopian music vibes 😍😭😭it's crazy. How did you do that?🔥🔥😍❤❤ #Angelina

    • @samsonmofolouwimana7480
      @samsonmofolouwimana7480 3 года назад +8

      Monna walda uyumu petit mukorany azob ari top

    • @Semavumba
      @Semavumba 3 года назад +2

      Ethiopie nyene hama ngo mushaka bavuze indirimbo zo muri Ethiopia mu Burundi???????

    • @mowkanzieofficial990
      @mowkanzieofficial990 3 года назад +12

      @@Semavumba iyo melodie ishaka gusa nizo muri Ethiopie nivyo navuze. Ukuntu yashoboye kuziririmbamwo ikirundi nivyo bitesa...cank ntiwatahuye ivyo nanditse?🤔

    • @Semavumba
      @Semavumba 3 года назад +3

      @@mowkanzieofficial990 Nimukore Umuziki ugomba gusa n'uwabarundi hama tubavuze 100/100 Ukora umuziki usa nuwo muri ETHIOPIE NDI Dj nCA NIVUGIRIZA original wo muri Ethiopie. Tugabanye gukoporora

    • @ngendakumanacynthia3444
      @ngendakumanacynthia3444 3 года назад +6

      Beat ishaka gusaa niyaba Ethiopia si non umuziki n'uwiburundi 100/100 sinumva aho ikibazo kiri ahubwo dushigikire talent nshasha technic nshasha tumutere intege ejo azotuzanire akandi karyoshe gusumba ngaho

  • @semenitheclassic
    @semenitheclassic 3 года назад +4

    Weweeeeee nakuona Bantu boys kijana!! Fizo angalia Gold iloo!!

  • @lajaxbean
    @lajaxbean 3 года назад +3

    Firefire🔥🔥🔥🔥🔥
    Igisasu kueri

  • @bonfilseljador5476
    @bonfilseljador5476 3 года назад +3

    Buuuuuumba kabisa love from 🇬🇧🇬🇧🇬🇧🇬🇧🇬🇧

  • @burundionthemap
    @burundionthemap 3 года назад +5

    Listening again and again.😍😍😍

  • @bebika8106
    @bebika8106 3 года назад +36

    Berry Music, Wiz Designer, Mr. Giba, Dj Oli....abo nibo ba superstar ba 2021.Hari uwobihakana??

    • @Mel5555.
      @Mel5555. 3 года назад +3

      Hariho na Groupe yitwa #We love music Burundi baririmvye song yitwa #Fresh. Nabo bari muri iyi génération itavyorosha.

    • @jacksengiyumva6622
      @jacksengiyumva6622 3 года назад +1

      Ntubeche

  • @young_vv2747
    @young_vv2747 3 года назад +2

    Ndumiw vrt igisagara kigiy kwaka umuriro kubatip 2 bagisibij muri buja flaver ni Berry music💃💃, Dj Oli💃💃

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv 3 года назад +133

    Go go go Berry 🔥🔥🔥 continue like this you gonna get soooooo far 🔥🔥🔥

    • @angeloriodancer
      @angeloriodancer 3 года назад +1

      Ndakurahiye uno muntu arareunzeeeee

    • @moixe3163
      @moixe3163 3 года назад +2

      go herry. go herry. go go go

    • @leecharon
      @leecharon 3 года назад +2

      Yup

  • @zainabuamadi8215
    @zainabuamadi8215 3 года назад +1

    Oooh my good irarenze omana sinzi ingene no bivuga 🥰🥰🥰🥰🙏🙏

  • @Maxikizz
    @Maxikizz 3 года назад +41

    Namba ubona impinduka y'umuziki wo muburundi biciye kuri Berry Music shirako like ngaha turabe uko mungana #SupportGoodMusic💥💥💥💥

  • @ImperialTV257
    @ImperialTV257 3 года назад +22

    Hit in town 🔥🔥🔥🔥🔥

  • @hafpixels4172
    @hafpixels4172 3 года назад +13

    First time i heard it: Humm that's good what's this sound?
    2nd: yoo that's dope😍😍
    3rd: i'm addicted🤥. Angelina angelina🎹🎤🥁Te amo.
    Shout out to this extremely talented dude and to your Producer too. That's a Masterpiece.
    This deserves millions views and likes. Too much different vibes in one song. BOTM🇧🇮🇧🇮

  • @mosesmizero
    @mosesmizero 3 года назад +10

    Nairobi I'm listening 🇰🇪

  • @bedierndikuriyo3988
    @bedierndikuriyo3988 3 года назад

    Mbega mbega indirimbo😮😮🤤

  • @nhztmemery4030
    @nhztmemery4030 3 года назад

    Uyu mutipe vrm afise talent indirimbo ziwe zikoranye ubuhinga n'ubwenge ashobora gutwara idrap🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 yacu kw'isi hose big up sana @Berry music🙌🙌🙌

  • @etoiledemer4929
    @etoiledemer4929 3 года назад +2

    Mana yanje🥵🔥🔥🔥 keep dzaaaaaa vibeeee

  • @fredric540
    @fredric540 3 года назад +4

    Nubwambere numvishe indirimbo nziza in 2020 hell yeah 🔥🔥🔥🔥🔥🔥 where he from 🇷🇼or 🇧🇮

  • @darlieeee8031
    @darlieeee8031 3 года назад

    Omg this guy is my fav 😍😍😍😭😭😭Urashoboye vrt 🤗 🇧🇮🇦🇺

  • @ed_lubino
    @ed_lubino 3 года назад +1

    That's the songs ubundi zo kuvuzwa naba deejay🔥😰🔥🔥...merci vrt

  • @jeandedieundayikeza601
    @jeandedieundayikeza601 3 года назад

    Berry kabisa komer kwibanga kabisa . Ubandany uterimber kuko music yaw ni international .Big up ugumukora tukurinyuma

  • @jimbrutan_senior
    @jimbrutan_senior 6 месяцев назад

    If Barundi continue with this music trend, Burund will be the future of East African music 🎵

  • @bienfaitben8177
    @bienfaitben8177 3 года назад +9

    Urarenze nk'umukobwa wa Mandela💣💥💥💥💥

  • @atikaali7548
    @atikaali7548 3 года назад

    Ndamukunda berry cane gose knd ndamwifurije guterimbere

  • @yaminkizahasan3068
    @yaminkizahasan3068 3 года назад

    Kabisa🔥🔥🔥🎵urarenze na dj mkali. Berry kuvyukuri wew urashoboye sana... 🎻🔥💥💥💥💥🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @saratasylla1126
    @saratasylla1126 Год назад +1

    LOVE from Sénégal

  • @divadaqueen6558
    @divadaqueen6558 3 года назад +1

    Iyi songo iramar mani❤️❤️❤️💃💃💃🇧🇮🇧🇮

  • @felinpharel8957
    @felinpharel8957 3 года назад +4

    Waouuu courage my bro.
    Mr melana&Angelina 😎😎

  • @chani_tayra_official1860
    @chani_tayra_official1860 3 года назад +3

    Omg is this Boy from Burundi🇧🇮🇧🇮oooooh 🔥🔥🔥🔥🔥🔥Keep it Burundi we're going far now 🔥🔥🔥Let get one million views on this 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @shabirkaboss4737
    @shabirkaboss4737 3 года назад +13

    🔥🔥🔥ooowwwshiiiittttt 💯💯just WOOOOWWW🙌🏾love from @Kaboss4real

  • @joekabbz82kambo26
    @joekabbz82kambo26 3 года назад +1

    🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪❤❤ big fan real talent

  • @youngbtalentbdi8788
    @youngbtalentbdi8788 3 года назад +8

    God music bro +255 tumeanza namna hii wananzengo tumusapoti kijana wetu #Angelina 🔥🔥🔥🔥

  • @niteka
    @niteka 3 года назад +5

    Angelinaaa angelinaaaa stuck in my head force à toi berry music you're so talented👏

  • @melchiornkengurutse2369
    @melchiornkengurutse2369 3 года назад +1

    Another hit song #keep it up

  • @goldenboydestino5229
    @goldenboydestino5229 3 года назад +5

    Kubali basi ma #Angelina🔥🔥🔥

  • @Bechou542
    @Bechou542 3 года назад

    Muhungu wacu twabanue neza mwi syte 🇨🇦❤️

  • @benwallace1776
    @benwallace1776 3 года назад +3

    🙌kumateka yawe🙌

  • @desiresindihebura7990
    @desiresindihebura7990 3 года назад +1

    #Angelina.....good song bro courage sana unawezaaaaaaaaaaaaaaaa

  • @juvatech7081
    @juvatech7081 3 года назад +21

    More love 💗 from Ethiopia🇪🇹🇪🇹🇪🇹🇪🇹🔥🔥🔥

    • @semuganzabicusulaiman2353
      @semuganzabicusulaiman2353 3 года назад +1

      Me too I love Ethiopians from Burundi and thank you for loving our Burundian music bro

  • @issoufouabdoulaziz7582
    @issoufouabdoulaziz7582 3 года назад +1

    Salut frère je te jure que j'aime beaucoup votre musique moi je suis ou Niger 🇳🇪🇳🇪🇳🇪🇳🇪 mon nom ce Youssouf et bon chance a toi viva la Afrique ♥️ super super j'aime

  • @bujhitvibes
    @bujhitvibes 3 года назад +1

    igikorwa ciza bro am proud of yr song

  • @stevennzeyimana6111
    @stevennzeyimana6111 3 года назад +1

    @Berrymusic Ngagara turinyumaa yawee🔥🔥 go ahead bro..

  • @guyprevalmugisha1106
    @guyprevalmugisha1106 3 года назад +1

    Good best song my Friend

  • @levisnininahazwe473
    @levisnininahazwe473 3 года назад +4

    Yoooo fire!!uwu mwana aza gutoba vrm ndabiginze ababishoboye mumufashe vrm!!

  • @santannayann6035
    @santannayann6035 3 года назад +2

    L'ancienne génération de la musique burundaise a un serieux problème je vous assure.Wa petits wanakuja moto sana hahhahaha...Berry Congrats ,façon tu viens là, toute la terre est en train de trembler hahaaa...Go brother.Seulement fait nous plaisir et offre nous un beau clip de MELANA, on l'attend impatiement.

  • @armandnibitanga9122
    @armandnibitanga9122 3 года назад +4

    Here we got the 1st international hit from a +257 artist, Congrats Berry

  • @baseltd8274
    @baseltd8274 2 года назад

    Wararirimbye rwose ...credits young brother u gonna make it 💓

  • @neneitekaryimanagateka2910
    @neneitekaryimanagateka2910 3 года назад +1

    Go go gooooo boy wonderful song 😍

  • @gloriagogo261
    @gloriagogo261 3 года назад +1

    Waaaaauuuuh so nice big up terimbere sana

  • @samuelfrancoise902
    @samuelfrancoise902 3 года назад +1

    Kabisa👏👏👏

  • @chrisdondilaneshima6275
    @chrisdondilaneshima6275 3 года назад +2

    😭🤩da song walaii🤩c fraîche

  • @dukuzeentertainment7065
    @dukuzeentertainment7065 3 года назад +1

    Angelina New hit in Town kbsa
    Wari waratevye kuduha ama HIT Kbsa

    • @adriang.
      @adriang. 3 года назад

      Not in town man everywhere in Easter Africa

  • @Africa.Athuman
    @Africa.Athuman 3 года назад

    Kare nagirango waratomboje none ubu ndemeye ko ushiboye respect🙌
    Wandika neza
    Uririmba neza
    Sound nziza
    Video nayo reka turindire

  • @jules565
    @jules565 3 года назад +8

    This guy is so talented ❤️❤️❤️

  • @kenny-gofficiel8287
    @kenny-gofficiel8287 3 года назад +9

    Kubali basi🎵 Bonne musique 🎶 🇧🇮🔥

  • @Cultivate-ourselves
    @Cultivate-ourselves 3 года назад +1

    Nice song . lots of love

  • @steadeirumva6148
    @steadeirumva6148 3 года назад +1

    Ayayayaayayaaaaa 🔥🔥🔥💯💯🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @a.luccinnshimirimana3815
    @a.luccinnshimirimana3815 3 года назад

    Narimaze igihe kinini ntumva indirimbo z’i burundi ,kubera ntizishimisha mais ici c’est 🔥🔥🔥🔥. Komera bro💯💯

  • @eagleteamofficiall
    @eagleteamofficiall 3 года назад +1

    Congratulations your are Best Artist

  • @adriang.
    @adriang. 3 года назад

    Twaja twaronka umuririmvyi ari à jour , courage Berry music mwino misi uradufise ❣️❣️❣️❣️

  • @kododashscott9117
    @kododashscott9117 3 года назад

    Sha ariko ni gut industrie y’a buja itaduga nukur n’a talent nkizi franchement cette chanson est magnifique ikozwe neza kabs chapeau 🎩👌👌👌

  • @niyomuremyiviateur8202
    @niyomuremyiviateur8202 2 месяца назад

    Burundian artist big up to u.

  • @lyndawinter9793
    @lyndawinter9793 3 года назад +1

    Courage imbere niheza💥👌

  • @jeanbonnyndibanje9889
    @jeanbonnyndibanje9889 3 года назад +1

    Berry akazii kezaa komezaa

  • @skullboykthespecial5185
    @skullboykthespecial5185 3 года назад +16

    Esheuuu 📶 hit song🎶

  • @hygrinealix5627
    @hygrinealix5627 3 года назад +4

    I swear you da best yo🔥💕🇧🇮...can’t get enough of this song😩💃🏾🔥💕🙇🏾‍♀️

  • @dianenyawakira8785
    @dianenyawakira8785 3 года назад

    Washaaaaa🎻🎻te amo te amo urarezeee bro

  • @darksq23
    @darksq23 3 года назад +8

    Twika twika🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @winixmarcelo9631
    @winixmarcelo9631 3 года назад

    Big up sna Berry music🇧🇮🇧🇮