Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Abarenza imyaka 35an tuvyunva kumwe uwadushiriye izindirimbo zakarahanyuze ahezagigwe cane atwibukije vyinshi oy oy oy ❤❤❤
Merci bcp pour cette collection!Un plaisir d'ecouter ces chansons!!
Urakoze kurutwoturirimbo Ndipfiza kwumva kandi indirimbo ya : Kagahungu Barutazaro kaje gatembera ...
Nice uburundi bwacu
Intasho kubakunzi b'indirimbo za kera zitigera zita akanovera
Urakoze cane kur’uru rwegeranyo uduhaye.
Urampa indirimbo bita umutashe umubwire urukundo ruruta vyose
Merci!!!
Uri uwambere
uturirimbo twa kera.....murakoze cane
Naje ndarembeye muhanga
Abiyumviriye kuzishira kurubuga bakoze igikorwa ciza cane
Akaranga kacu! Kararyoshe kumva
Nik Dave RIP😭
Akiwacu
ABARIRIMVYI BEZA TWAKUNZE MUGIHE CA KERA BATANDUKANYE CANE GOSE NABUBU BISHINGA KWINYWERA IMOGI NGO NIHO BORIRIMBA NEZA NIBAFATIRE AKARORERO KEZA KURABA TURIKO TURUMVIRIZA
Bavyifatamwo neza.
Abarenza imyaka 35an tuvyunva kumwe uwadushiriye izindirimbo zakarahanyuze ahezagigwe cane atwibukije vyinshi oy oy oy ❤❤❤
Merci bcp pour cette collection!Un plaisir d'ecouter ces chansons!!
Urakoze kurutwoturirimbo
Ndipfiza kwumva kandi indirimbo ya : Kagahungu Barutazaro kaje gatembera ...