Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Sister wanje Gege courage kabisa turavukana twonse rimwe ntakibazo wogira turingaha knd tugishoboye tuzogerageza ikintu kibaye tucakira uko knd umwana n'umugisha Imana yaduhaye muri famille yacu umwana nuwawe nuwacu twese dutegerezwa kumukunda uko biri kwose jewe hoho n'umugisha iwanje naronse 👌🏽 nar'umuhungu jenyene mubakobwa babiri vyaranaryoheye kuronka kimararungu canje bébé Young nagipenda sana,tunapendana kabisa umusiho kazogenda genre Gege agiye kubaka ugwiwe bizongora kwakira kubaho ntamubona bébé Young kuko ntizoba tukibana sinomubona nkuko ndamubona ubu 🤷🏽♂ gusa uko biri kwose ndamwishimira umwana wa sister knd cane gose ❤
Yooooo urumuntu mwiza cane urabizi kondakwemera
Uri muntu mwiza,ufise ubuntu, yesu aguhenzagire! wubahwe mon frère !!
Thibault naryohewe cane kumva ko wasigarana umubebe Gégé ari skul toute la famille murintwari kandi murintore
Mpore mpore,ndakeje famille yawe yose ,n'abantu bafise Ubuntu!kuba vyaragushikiye ntivyahereye kuri wewe,Hama umwana n'umugisha ,uko abayarautse kose! wubahwe Gégé
Utu duhasa ndatuzi mungagara sont des très belles filles muga kumva baciy baba matures d'un coup sont des héros ndabakunda cane
Proud of you and family... Imana ninziza yaguhaye abakuba hafi mugihe gikwiye...God bless u Lisa and Darlène kuri support yanyu love u 💕
Oohh Imana ihezagire umuryango waw ngn wakubay hafi.. kand naw warabay courageuse vrt 👌. Imana ikomez kukurerera.
Amen,thank you🙏
Gege Ndagukunda♥️
Maman , Tibo & Keke...Imana ibahezagire cane 🇧🇪🇧🇮
Content nziza
Imana ikuje imbere cane guegue
Aho hantu ni heza gose! Keep it up girls
Courage la jumelle
Courage
🥰🥰
Mam young subizi kuri intwari noe,pata bisou chrie,dada ariko micro yawe prochainement nuku y ajusta neza harimwo utuntu dukorogoshora twishi ndakumvirije muma ecouteur sa f mal 🙈🙈🙈
Merciii mutubabarire ingorane ntizibura😭😭
Ikibazo nibaza ko Kiri kuri micro kitari kuwuyifise
None nkubu ufashe ubuzima bwawe ukabujana mu ma média uba ushaka iki?
Nn ntariko aratwigisha
Temoignage