KUGIRA UBUGENI BWI MILIYONI MUGACA MUKWAMA🏃🏿‍♀️😅

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 9 янв 2025

Комментарии • 9

  • @umwanawimana2338
    @umwanawimana2338 2 года назад +1

    Ooooh...Ivyo nivyo twagiz rero ingen abantu bose badushavuriy abndi nabo bashavurira abavyeyi bacu nibintu vyakamaramaza😄abarundi barakunda ibirori

  • @DavyHatunga
    @DavyHatunga 2 года назад +3

    Ibi birakenewe kuvugwa cane kuko biri muri culture y'abarundi, ntawokwiyumvira ko état civil na bénédiction nuptiale bikwiye kugira mubane, réception muri culture umenga iraruta ivyo bindi! Irakenewe nayo mugabo ntiyar'ikwiye kuba obstacle, urazi gukoresha des millions mu munsi umwe, ushobora kuba wakoreye imyaka, bukeye ugatangura à zéro 😅,merci kukiganiro Fifty Darlene, Raoul Lisa

  • @burikukiyethierry5011
    @burikukiyethierry5011 2 года назад +1

    Hanyuma mbwirira Fiflty uti big up sana👍

  • @jean-lucnikoyagize5910
    @jean-lucnikoyagize5910 2 года назад

    Ikiganiro kiryoshe cane murakoze! " bazokuvuga ko utabatumiye ariko! nubuzima bwawe ejo niwaja kumusaba amahera ya ration canke ya loyer naho nyene azokuvuga" fifty asante sana kurico uherejeko

  • @jimberecarmel
    @jimberecarmel 2 года назад +2

    iyi video yabaye short, mutegure part 2. mwavuze la réalité yo ngaha kwi ville kabisa, turondera gutumira abantu amajana sindatahura le concept derrière

  • @burikukiyethierry5011
    @burikukiyethierry5011 2 года назад +1

    Merci beaucoup Dada ewana asante sana murakoze cane muvuze ibintu nkora mutima kabisa.