Mwa bapfasoni mwashizeho utu rubuga. Mwagize neza. Ariko birababaje kubona ikiganiro c'ikirundi, kiba mu rurimi rutari ikirundi, ntirube igifaransa. Ni mumenye abo mubwira. Ni Abarundi. Ni muhe agaciro ikirundi c'iwacu. Tutagize ako kigoro, tuzosanga tutakiri Abarundi. Birambabaje ni ukuri .
Ikiganiro ni ciza cane, mugabo next time muze murondere ahantu hatari bruit nyinshi kugira song isohoke neza!! Bruit yari nyinshi rwose muri kino kiganiro... tuguma twumva imiduga n'abantu baguma bakoma induru!
Merci beaucoup ni ikiganiro kiryoshe cuzuyemwo impanuro
Abagabo bitwa abagabo bafise abagore 😍😍
Thank you so much🫵🏿❤️
Umugabo ni Umuntu wese afise Igitsina gabo, Imana yaremye umuntu yitwa umugabo kuko tugaba “ Isi Nibindi biremwa” kuko Umugore Imana yamutanze nyuma. Numwana wumuhungu aba arumugabo. Umuhungu aba umugabo avutse gushitsa apfuye.
Ikiganiro ciza cane 💯💯💯
Aba jeunes bazi ubwenge cane. Bose barabaye inspirés. Ico batavuzeko cane kandi gihambaye, ni période transitoire bamaze murukundo avant mariage. Umwanya yabatwaye. Bakwiye kuza bigisha abandi expériences zabo. Surtout uwo mushingantahe en bleu. Nabishimye!
Abagabo beza🤌❤️❤️❤️ thank you Lisa and Dada👌👌
Umugabo yitwa umugabo afite umugore.
Divin arasigura ibintu neza vrt
Umwibitsa w'ikirundi ng' ubusaza bunyaga ubugabo
Mwa bapfasoni mwashizeho utu rubuga. Mwagize neza.
Ariko birababaje kubona ikiganiro c'ikirundi, kiba mu rurimi rutari ikirundi, ntirube igifaransa. Ni mumenye abo mubwira. Ni Abarundi. Ni muhe agaciro ikirundi c'iwacu. Tutagize ako kigoro, tuzosanga tutakiri Abarundi.
Birambabaje ni ukuri .
Ikiganiro ni ciza cane, mugabo next time muze murondere ahantu hatari bruit nyinshi kugira song isohoke neza!! Bruit yari nyinshi rwose muri kino kiganiro... tuguma twumva imiduga n'abantu baguma bakoma induru!
Ikiganiro cari sawaa gus vyinshi babivuga mugifaransa ubukurikira bigore ikirundi kibe cinshi kugir ugutahura kub kwinshi.
💯💯💯💯💯💯
❤
Icirwa niciza ariko igifansa,ikingereza cabaye cinshi kuburyo umuntu yumva ikirundi bimugora gutahura
Ubugabo ni responsabilité