Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Mwarakoze kudufasha. IMANA yaradufashije yaraye adushikiriye nukuri. Mu muryango turanezerewe caaaane😢😢😢gusa mudufashe gusenga yatashe mu mutwe vyagoranyeAriko IMANA yamudusubije izomukiza🙏🙏
Imanishimwe koyabonetse hama mugisha naw uhezagirwe
Imana ishimwe cane.cecile yarambabaje gose
Murakoze
Yooo Cecile 😢😢IMANA ishimwe cn kuba ubonetse sha naguma niyumvir ukuntu twarikumwe mundege sha IMANA ihabwe icubahiro mugisha nahora nibazako ubesha ariko nihonkibonako uvuga ukuri
Mugisha wubahwe urashoboye
❤❤❤❤❤
Hezagigwa kaka
Manayanje Cecil twarazananye twese saudia imana ikurengere kweri
imanishimwek nukuri natw nic kiyagotwarimw murigroup
Imama❤iguhezagire
Mugish wubahwe cn
😂😂😂😂😂😂😂
Vyiz can koyabonetse
Nn nkubu yahorah kobavugak yabuze irengero ewe mugisha ubuntu bwImana bubane nawe kbs ikomez ikwonger umugisha mwishi hari nama office amwamwe uruta
Gs ntavuga
ngira yarafunzwe yari yatorotse sivyo vyabo gusa nuko baba bababaza abavyeyi ngo babuze irengero none utorotse bakagufata baragushira muri katabesha nyene ntamikino😎😎
IMANA igutabare😢😢uratujomba mubikomere😢😢ngo gutoroka😒😒gusa IMANA niyonkuru koyamudusubije birakwiye nayo nawe niwivugire
hama wewe reka ndakubwire ikintu gituma gitahana aba bakobwa icambere iyo ugwaye baragutahana icaka2 iyo uburiwe i rengero uba watorotse ugafatwa bakagufunga ica3 batazi uba wamenye ibanga ryomunzu bakakwishiramwo nabi bivanye nuko bakwikonegiseko utabizi ivyuvuga bishikira iwabo ifoto odio sms vyose iwabo bakavunva ivyo warungikiye umuryango wawe ica4 nuko uba wafatiwe kumugabo wabandi kuko barabahenda ngo batoroke kubwo baba babikonegiseko rokesheni utanze yahuba bagaca babibona ivyo nivyo bituma babarungika mugihugu bataraheza ikiringo cabo utazi kuvyugara rero uba ugize ikibazo ivyuvuga vyise baravyunva barafise nutu abuso dusobanura ivyo wandutse bakabihindura munyandiko yabo rero iyo mugisha atabaje ngo umuntu yabuze irengero tuca twibazako bamufashe atorotse nivyo tumenyereye🚶♂️🚶♂️🙋♂️
Mbe.omAn.kutaha vug
Yoo.imana.ichimwe
Mwarakoze kudufasha. IMANA yaradufashije yaraye adushikiriye nukuri. Mu muryango turanezerewe caaaane😢😢😢gusa mudufashe gusenga yatashe mu mutwe vyagoranye
Ariko IMANA yamudusubije izomukiza🙏🙏