Good job President Samuel , jewe mba Arizona phoenix , imburakimazi , imihimbiri , ibinembwe nibo baguma bagomba ko basubiza iterambere ry’abandi , babwire nyakubahwa Samuel . Thank you kandi chimamanda kuva ndagukurikirana niryo rya mbere ukoze ikiganiro ciza good job too.
😊😊 President Je ndemeranya nawe na Fablice,yamara harico ntemeranya namwe ... Projects zikozwe n Abarundi,zihuriwemwo n Abarundi mwihangane muze muraziha Amazina y Ikirundi.🙏🏾 Ubu ndabaha 4/5 gushika muhinduye Projects mu Mazina meza y Ikirundi. Abongereza boshira Igikorwa Cabo mw Izina ry Ikirundi??? You speaking Good Points though 🤔 ✊🏾🇧🇮
Umusi chimamanda azoheba gutyoza igihugu agatangura kuvuganeza igihu kuva uyomusi nyene bazoca bamwita imbonerakure uwuharira azompinyuza gusa icondamukundiye nukwo yarondeye samuel bivuganire one on one which is very nice 😊😊
@@JeanparfaitNtiranyibagira None ko BMBC ihari n'izindi zihari, kuki badatanga isoko bagahiganwa hakubaka uwatsinze? Reka sha n'aka mwana wa Mama canke Fablice n'umukozi w'abandi tutazi. Niba atavyo guhiganirwa amasoko ya Leta bikibaho, Leta n'ifute igisata c'amasoko ya Leta kuko ntaco kizoba kikimaze.
Samuel Imana iguhezagire cane gusa muvyurikuvuga biboneka ko chimamanda atavyunva kuko neza bivanye na bimwebimwe ashoboye kuba yaratamitswe gusa samwel wagerageje kusigura murupfasoni ivyo wabajijwe no kurirya document uzakumurungikira urakoze . Samuel kora ntiwunve abantu
Mbega samuel ndayiragije, wewe woba president wa diaspora ugahabwa ubwo butware mu kayanza, amatora ahagarariwe na gouverneur wa kayanza? Mbega ayo matora yatumweko na nde?
Kayanza ni mukuzimu canke ni mukirere? Isi ya kayanza itandukaniye he nisi ya Bujumbura canke gitega , mbega Samuel numunya Kayanza ?😂😂😂 Murateye isoni
Vyoba nivyo vraiment cimamanda izonguvu akoresha yarakwiye kuzikorosha muguteza Imbere igihu ciwe merci kukiganiro mukoze mwubahwe
Good job President Samuel , jewe mba Arizona phoenix , imburakimazi , imihimbiri , ibinembwe nibo baguma bagomba ko basubiza iterambere ry’abandi , babwire nyakubahwa Samuel . Thank you kandi chimamanda kuva ndagukurikirana niryo rya mbere ukoze ikiganiro ciza good job too.
Cimamanda utanguye nez à débat iraryoshe
Vraiment Samuel aricishabugufi kl. Uzukunu yanyakiriy kuri Hôtel yiwe nibajij njew ahubwo kwarumukoz wongaho. Naj kumenya kwariwe Samuel nyene Hôtel 🏨 bamukoreshej ikiganiro k’Umukubito Tv 📺
😂😂😂
Uwo mukuru waba diaspora niyubahwe, numugabo kandi ni nincabwenge. Arabikwiye nagume abaserukira, arafise nijambo.
😊😊
President Je ndemeranya nawe na Fablice,yamara harico ntemeranya namwe ...
Projects zikozwe n Abarundi,zihuriwemwo n Abarundi mwihangane muze muraziha Amazina y Ikirundi.🙏🏾
Ubu ndabaha 4/5 gushika muhinduye Projects mu Mazina meza y Ikirundi.
Abongereza boshira Igikorwa Cabo mw Izina ry Ikirundi???
You speaking Good Points though 🤔
✊🏾🇧🇮
Umusi chimamanda azoheba gutyoza igihugu agatangura kuvuganeza igihu kuva uyomusi nyene bazoca bamwita imbonerakure uwuharira azompinyuza gusa icondamukundiye nukwo yarondeye samuel bivuganire one on one which is very nice 😊😊
Kubaka amazu meza, kuja hamwe ni vyiza. Ariko nka diaspora mukwiye gukosora système administratif kugira ivyo mwubaka bizorambe ntimuzobinyarwe canke ngo musange ataco muzikoreramwo.
Atakuryumunwa aba MSD aba# sanzesheke benshi inzira bafanshi ntishika bihaye ingendo yokurwanya igihugu ngo nukwo hatwara abahutu mugabo bavyitirira imigambwe nicogituma ikintu cose arikukirwanya ukwokiza kimeze kwose niciza bakacitikibi ariko nibahumure ibuye riserutse ntiryicisuka nibagumyumutima ntantambwe bazoduterana naho bazotekibuye rigasha
TERIMBERE NK'UMUZINGA..IMANA IGUME IMBERE
Hahhh kabaye chimamanda bihuriye nandayiragje😂😂😂❤❤❤ muhate ibibazo babe areka kunva amajambo atiboneye ikiganiro kirwoshe❤❤❤😂😂🎉
Christophe Sahabo yashize umutahe muri kira hospital none agira abizire samuel, ivyo ubivugako iki?
Ibindi vyose wabivuze neza
Ariko akavuga ko mwiterambere ryigihugu atangorane zirimwo
Aho arabeshe caane kuko
Numwubahwa president wacu
Yama yabivuze ahanura
Kandi avuga ko batumva ,
Ko ubusuma mukwiba iterambere ryabene gihugu barenzee pe!!!
Aba nibo badutukisha kabisa . Aba bakuyakuya njounakutanaga bako namaneno hovyo . Kujiaminia tu. Acha watuzalawu kabsa.
Aka gahungu kaborewe ubutegetsi ! Uburundi buragowe nimba abashaka kubutwara no kubuteza imbere araba.
@ Neva arashobora gutsinda urugamba rwo gutezimbere u Burundi, kuko yaratoye inzira nziza mukwifatikiza Diaspora yabarundi.
Ntankeke kuko barabona Kure.
Iyo umuntu avuze ibitagenda neza mu ri " Gvnmt " mu mwita umwansi w"igihungu kuko mwonze mu mitwe . Ibihungu biteye imbere kandi vyubahiriza " agateka ka muntu , cubakira mu vyiyumviro bibatandukanya batarinze kuraba iyo " Etiquete " mwiha y'ubwoko. " Muze muravuga ayamuhe " . Umukenyuro wanyu waramenyekanye.
Ahubwo imana nigume ikoresha abana bacu babonye ingene ibindi bihugu vyateyimbere, kandi Abo akaba aribo bafise chance yo guhindura mentalité ya benewabo basigaye mugihugu.
Reka Lero tugume tubasabira kumana rugiravyose igume ibarongora munzira barimwo yoguteza imbere igihugu cabo.
Mbega mwoba mwarashikirije ukobakwiye kugira bagerageze cane guhemba abakozi muburyo abajeje umutekano baguma barya amahera yabanyagihugu baba bavuye kuronderera imiryango. Reta ibahembe kumwanya kugira abanyagihugu kugira utwabo tubagumeko.
Chimamanda yobari umwambuzi umuhimbiri umusuma canke umushinganahe?
Chimamanda ari muri kakagwi kavugati ivyiburundi nibiyangare ham biyoberane ham dusubire munryane muti gt chimamanda umuntu wese agize icakora directement aba amuteyeko commentaire ikindi nje ndashaka kumenya samuel yahitiye mibutungane canke?? Ww chimamanda watubwirako atohonyoza ukuguru ngaho en Amérique emama ukazana nimpapuro zumutahe tubwire bimeze gt koyagiyeyo?? Arafunzwe bimeze gt??
Chimamanda ndakwemera Ibintu vy amarangamutima ntibikenewe!!
Presida afise abantu batuma arira munzego,mubutungane, wenyene niwe atubwira ko satani Ari mubayobozi badashaka iterambere mugihugu!!Twese turakunda uburundi, gusa ivyobitama bidashaka iterambere bicitwaza igikenye nibitabanza ngo bikurweho haracari imbogamizi igikenye kibanze kiveho Aho vrma tuzoza kuko n ivyacu bizoba bikingiwe
Ikiganiro kizima vyiza cane Mr Samuel na Moses
Abansi bu Burundi, Neva yabananiye, bamuvuyeko none basimbiye kuri diaspora kuko babonye batanguye kwerekana ingene uburundi bwova mugitigiri cibihugu bikenye.
Abo ntibakwiye nokwitwa abansi bu Burundi, ahubwo naba " Dayimoni " kuva unomusi.
Imihimbiri y'ambere nimwebwe . Rwagasore nimwebwe yavuga sabandi. Raba ivyo mukorera bene wanyu.
Samuel wubahwe chimamand niryambere uzanye ikiganiro basi ciz vrt utanguye kubuza basi kudufasha kuduza igihugu erga barundi turabavandimwe gusa jewe ndumwene gihugu muto gusa ndabona ibintu biriko biragenda neza shimire abariko barakora ukwo bashoboye kwose mukuduza de gihugu murakoze 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Icakoz atunze ubwanwa abandi batunga amahera😢😢
Wowe Moses wa Kigoryiwe utuka NEVA URIBWA
Hariho Abantu bakora ibirenze incuro zitabarika.umurundi akora Mukigo ça Boeing 747 muri amerika avuka muri vugizo makamba sindamubona mubujajwa nk'iyombonerakure yirata.uruwo kwirirwa gusa uri ibandi
Uwo chimanda natwereke Nawe ico ariko arakora mugihugu akure umunwa
Samuel Reka kwimena umutwe urekane nizontovyi ngo ni moses
Hariho ikintu bita kurimira ku rwiri. Urwiri n'icatsi utakiranduye gitanga imbuto kumera. None umuntu asemereye ati yemwe imbere yo gukora iki banza mukosore iki kuko mutagikosoye kizogaruka gisubize inyuma ivyo mwakoze. N'abo mubita abahimbiri. Kuki?
Ndabona aba MSD bashushe 😂😂😂😂 imihimbiri gusa samuel numuntu wumugabo rekana nimburakimazi zaba msd imbwagusa
Imbonerakure Samuel 😂😂😂😂 ivugira reta kurusha uko yivugira.ariko ivyavuga nnivyimbonesi gusa
None kuba imbonerakure nicaha?? Muzorwara imitima
Uti bazane imitahe nka Dr Sahabo😢 eweeee sha vuga ryijane nyene urafasha na Sahabo numu Diaspora
Utanze akarorero ka Fablice ko akora neza. Ariko yasubiriye ibisata vya Leta nka OBUHA. Nivyo mushigikiye? Kuko gusubiriza igisata ca leta n'umuntu hatabaye privatisation, niho habera ubusuma. Nka diaspora mubitahura uko?
Vugako ujejwe kugwanya iterambere urekane na fabrice!! Muma société yubaka mugihugu uzi Fabrice wenyene?? BMBC ntayuzi ntiyubakira aba diaspora nabandi barya bubaka muri sequartie bo ko mutabavuga vrt tutabeshanye fablice numuntu wumugabo ntakamaro kokumutindako akora ibirama!!!
@@JeanparfaitNtiranyibagira None ko BMBC ihari n'izindi zihari, kuki badatanga isoko bagahiganwa hakubaka uwatsinze? Reka sha n'aka mwana wa Mama canke Fablice n'umukozi w'abandi tutazi. Niba atavyo guhiganirwa amasoko ya Leta bikibaho, Leta n'ifute igisata c'amasoko ya Leta kuko ntaco kizoba kikimaze.
Samuel zana igitoro kk witoje gutwara Diaspora wiyemejeko idolari yibitoro uca uyazana.
🤔🤔manawe 🤔😩bivuze ko independace ibonetse kubera diaspora? ndundi
😂😂😂ikibazo urazahikiri icabwenge iriko iganira numuhirimbiri inkandagira bitabu Moses yigumira Mr yea yea yea😅cabuze nivyo kimubaza vyubwenge
Uwonumu DD nabivuge yeruye areke gucahirya no hino sha, tureke kuba tubeshabantu.
Oya ni umurundi tout court. Ivyo vyubu dd, canke ibindi ntaco bidufasha mwiterambere duharanira
None aba DD sabantu? Ushaka gukora neza ujana nabari kubutegetsi wangu. Ataraho ntaco woshikako
Kuba muri CNDD-FDD ni icaha?
Abantu murakwiye guhindura mentality. Vyosi birahinduka sauf les imbéciles
@@ntakisadock2239 ninyogisho mbi barose. Bihoze bazohinduka
Chimamanda rekana niyimbonerakure!! Nimbari umukuru wa diaspora mbonerakure 😂😂😂
Nagendagabanyubwobwanwa, azokwamabwejagurukonye babura gukora
😂😂ngo uwomuntu nzomwumve mwamukosoye abwira OPj hahaha imbonesi yiyemera kabisa😂😂😂
😂😂😂ngo ntabantu bapfa.moses uri umugabo cane.
Samuel Imana iguhezagire cane gusa muvyurikuvuga biboneka ko chimamanda atavyunva kuko neza bivanye na bimwebimwe ashoboye kuba yaratamitswe gusa samwel wagerageje kusigura murupfasoni ivyo wabajijwe no kurirya document uzakumurungikira urakoze . Samuel kora ntiwunve abantu
Uwutabona ko Samuel Ari umugabo ntituri ku1
😂😂w'umugabo Samuel agizwe n'ubwirasi bikabije.
Subwirasi ahubw ni Confidence yifitiwe! Nico kiranga umushingantah! Kwemanga ushizamanga ivyukora nivyuvuga.
Tuziruka mukorereko utujambo tw'iyimbonerakure.
insiguro yumuhimbiri suko isigura moses rekana nuyumugabo yibereye mumandazi
Watumiye umuhimbiri avuga kwashima ahigihugu gihagaze ninzara itwiciye mubana
Kera nomuri ambargo ntagitoro cigeze kibura.
Ngo umwansi w'iguhugu?niwe uba wumvirije?😂😂😂
😂😂😂😂umugabo avuga nk'umuduri ntashobora gutwara abantu.moses uravugana n'injiji
Ninkabamutoye ngwabayobore kandi nawe arimpumyi
Imwekirahez??
Abobantu batunzwe ni token muri amerika reke kugumura abandi nimwemere vyarase abandi bikorere
ihimbiri iruzuye nomukibano tubanze turekane nomuri diasbora nahonyene iruzuye mumasengero mumashure
Samuel ntazi kuvuga atuje 😂 ateye amakenga
Umunyabwenge aravye ukuntu uvuga we samuel utuma urutoke utukana uvuga ibiterme bitagukwiriye nkindongozi bihebe birerekanako hoba harivyo wiyagiriza. Sindakuzi muga ukuntu uvuga umengo uriyotsa pe.
Jewe rero ndi umukenyezi maze kubona vyinshi ku bagabo bamwebamwe babadiaspora.
Uyo yakwitwariye arafise uburenganzira bwo kwitura reta mvyeyi nyene naje umugabo yantaye mu bideni aranyiba amahera twagurishije inzu aziyo gusambura urugo gwabandi. Kandi izo ngeso zo gukora ibibi benshi barabikora. Nayo ivyo bipapuro mwerekanye nagira menyeshe reta mvyeyiko hariho abaddiawporq bahindura na mouvement de compte ahubwo reta izohore ikoresha ivyabona ino hanze hariho abasaze kandi bariko baziburundi guhuma amaso ndasubiyemwo icontiza television noshira kumurongo amabi akogwa nabagabo bamwe bamwe ba diaspora. Ndasavye nzohabwijambo tubamenere secret. 7:34
Pore xan urarondear gaele kumukupito gusa ico dushaka nkabarundi nukubina igihugu kiduga can
Moses uwomuhungu nihatari kwel ww uramubaza ikibazo akishura ivyutamubajije 😅😅😅
Sumuhungu numugabo
Wewe ga ndayiragije nta na hamwe uri muri iyo migwi itatu uvuze?
Kenichi.reta yacu. Baravuga barya bate getsi ivyo bavuga sivyo bakora . Mubaze rufyiri. Na fotse ndiku mana ntibama bavuze ??? Nonaba tegetsi KO bataboko rerako ???
None Cimamanda,ko wavuzeko Samuel yakoze ivyaha,atonahonyoza ikirenge muri America,Ubu Ari hehe?Ari mu gasho?
Iterambere ririhehe?.Twebwe uburundi ntitubuzi?.Mwishira mukizana hehe?.Ubu abapfunzwe bahogwa iki?.Iterambere uvuga sinzi iryariryo kuko ntuwavuze iterambere uvuga.
Nn ww urihehe namba😂 utarumurundi nn ubu vrt ibiriko birakorwa burundi ntubibona vrt😂😂
Ibyo nibaaza kwarivyo ubwirwa naba pacifique nabarugurika sibyo Uzi cnke ubona muburundi
Chimamanda, ntiyize no mu wambere, biramugora gutahura, yemera urwanda cane kurusha Uburundi.
Yemera kagame cane.
Urwanda uzorubaze ababayo Chimamanda.Uzobaze Victoire, bene Rwigara.
Samuel na we, uvuga menshi. Kenshi abantu bavuga cane aba ari ibijuju , bibaza ko bafise ubwenge, ariko aba ari ibijuju.
President, ( wa Diaspora): ntavuga nk' ingoma: bavyita ,kuroka,kurokomboka.
Hanyuma wirinde gutera ubwoba abantu .
Come Manirakiza, yivye amahera atagira igitigiri ya barage Kajeke: bamugize iki?
Barya indege boreka...
chimamanda araboneka koharuruhande yegamiye ushaka gutezimbere uburundi bwakuvyaye tandukana nukuba umunyamugambwe kanaka uburundi buzotezwimbere natwe abarundi
Cimamanda nukuri menyako iyoamerikaurimwo vyaribikenewko umenyaiyobahery hamaucufaticemezo cokubamuribamwe uburundi buzogumabwibuka bagizuruhara kugirauburundibuger ahobuzobabugez mumyakarunaka
Chimamanda. Mubaze kohaheze imyaka mirongo ibiri tuvuye Muntambara kwataho turachika ??? Raburwanda. Rwara sambutse. Rabitera mbere ryaho .
Ariko kumenga uyumugabo kumenga ntamaguru afisi hasi
Chimamanda 😂😂😂shaa uzawahura numugabo uzusubirew😂😂😂
Samuel duhe number yawe tukubaze ibibazo.
Shimamanda arimuribamwe bagenzitima nk uruyuzi murimpande yiw mukorreko arek kwica imitima yabandi
Mukorreko shimmanda mpaka mumutuzanireye mugihugu kuko atacuribuko atacuri buterre ntuca wica imitima abandi
Samuel arashoboye kandi twamutoye kuko abikwiye nti muze mumu teza abantu
Monsieur le Journaliste,Ijambo "Imbogamizi "ntiribaho mu Kirundi bavuga "Intambamyi"
Canke muvuga ngo :"Ntabwo'' n ayandi Majambo !
❤❤❤❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉❤❤❤
Yayayayaya 😂😂😂😂😂😂
samuel imana imuhezagire
Chimamanda nimba kwer ntacamaze afise urusaku nkabagore…
None uziruka na Diaspora canke uziruka nabariko barasambura igihugu.Rwagasore yavuze:Abasuma abambuzi nukubatuza
Ako kagabo gafise imvugo ziki dd gusa
Kubumu DD nicubahiro
Ntimwigereranye na rwagasore ahubwo tunganyingo imiryango mureke kubata mwibarabara ariko hariho abantu batamaramara. Umudiaspora wumutama agomvye kwisazura asambura ingo zubatse nivyemezo twaravyerekanye nta nakimwe usigiye umuryango nta nicumba cinzu ububakiye ukinamura ngo ugiye gufasha igihugu ico gihugu ufasha si abarundî ahubwo samuel
1 nukugira russsassuma yabahimbiri batimiryango atanico basigiye imiryango bagahindagura ibipapuro ngwehee guterimbere ni mumutwe kurabagiza mutukana abandi bubika imitwe twebwe abakenyezi tuzoshika no kwa sebarundi na inabarundi mutwereke aho mudusize nabana. Ndi Francoise ndi belgique urunda kubaza reta mvyeyi yigitega yaremeje ko amfitiye amahera ayampe yongere anyereke aho ansize namureze nkumwana ndamwurizindege atopfuye ayibonye amarirako ibisigi vya mama. Yooo tuzobamaramaza amaze kumpatsa kunyica kenshi ibishano narariye kuntangira amahera kubanyica iburundi akampfungisha. Nino ndahakwa. Murahumba nimba ugomba kuduserukira fasha abakenyezi bareke guhohotegwa nabatiko bajiburundi ngo bazanye bishasha vya wapi
Chimamanda travaille pour qui?
ABAHUTU
😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂❤❤❤
Mbega muriko nuraba Muganga Sahabo Christophe ayabonye murabibona ?Harya ntavyiza yari yakoreye igihugu ?
Chimamanda n'a Samuel muje hamwe twubake igihugu akarenganyo mukavuge nivyiza navyo mubivuve vyubake igihugu cacu benshi bariko barakora
Ikikiganiro niciza cane
Cimanda urakwiye kumwa ivyovyanwa ivyuvuga biwanye nawe
Mbega samuel ndayiragije, wewe woba president wa diaspora ugahabwa ubwo butware mu kayanza, amatora ahagarariwe na gouverneur wa kayanza? Mbega ayo matora yatumweko na nde?
Kayanza ni mukuzimu canke ni mukirere? Isi ya kayanza itandukaniye he nisi ya Bujumbura canke gitega , mbega Samuel numunya Kayanza ?😂😂😂 Murateye isoni
Nawe urumwe muriyo mihimbiri kbsa ufise ivyiyumviro biciriritse vya Dd arivyo vyishe igihugu cacu nimwe bashirimbere mufise ivyiyumviro nkivyo?
Izo projet z,ingurube ni nkwavu nivyo bizozura igihugu ivyiyumviro bicirirtse.
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Nimurekane Nico kirofa ngo nicimamanda ahubwo nicimbamavyi uyo uzoze urakwirikirana ivyiwe aérateur nisoni gusa naramuhinyuye
😂😂😂😂😂😂