BWAMBERE DEMANA AVUZE UKURI/ITABI NANYOYE/ ABA STAR NAFASHIJE BARAMPEMUKIYE.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 9 окт 2024
  • Bwambere Demana Atubwiye ukuri kuvyamushikiye kuva muntango gushika Ubu. Muri iyi video, tugiye kurabira hamwe ivyashikiye Tylo sixer Demana kugira tumenye ukuri Kwose kuvyamushikiye.
    Demana yahoze ari umu promoter akaze muri industry y'umuziki ndundi, ariko vyarahindutse agaragara nk'uwusara. Bitangaza benshi, bamwe bati arasara, abandi bati arakomeye, ahubwo ariko arondera hit.
    #Demana #Tylosixer #Mediatektv #Simbiziwasemavumba

Комментарии •