NGIBI IVYO USABWA KUGIRA YOUTUBE IGUHEMBE ! (know more about Youtube monetis ation )

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 9 окт 2024
  • RUclips,irahemba mugihe ukwije ibisabwa !hari amabanga menshi ya RUclips udakwiye kwirengagiza mugihe ushaka gukorera kuri RUclips nawe ugahembwa ! iyi chaine ya Clovatech irabigufashamwo ibicishije mu ma videos ajanye n'ubuhinga Bwanone hifashishijwe telephone canke mudasobwa (ordinateurs )
    ushaka kuja muri groupe ya whatsapp injira ngaha muri link👇👇👇👇👇👇👇👇 chat.whatsapp....
    #RUclips #internet #Clovatech

Комментарии • 15

  • @lionsonlionel2140
    @lionsonlionel2140 6 месяцев назад +1

    Murakoze kutumenyasha ukuntu tworonanka amahera

  • @ndayirukiyebenoit7023
    @ndayirukiyebenoit7023 3 месяца назад

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @AntoinetteNayisi-ld5ho
    @AntoinetteNayisi-ld5ho 6 месяцев назад

    Urakoze

    • @Mediatektv1
      @Mediatektv1  6 месяцев назад

      Gumana natwe tugiye kabereka vyinshi

  • @gsmtechserv
    @gsmtechserv 6 месяцев назад

    Wow 😲 Amazing video

  • @nshimirimanaphocas
    @nshimirimanaphocas 6 месяцев назад +1

    Twereke uko twoyabona vyoroshe cane!!

  • @nsengiyunvaolivier1230
    @nsengiyunvaolivier1230 6 месяцев назад

    Komera

  • @hakigo7775
    @hakigo7775 6 месяцев назад

    Thanks!!rero nanje ubu ngira ndenge siyoni

    • @Mediatektv1
      @Mediatektv1  6 месяцев назад

      Nacane cane iyo ushizemwo ishaka !

  • @patrickdusenge2178
    @patrickdusenge2178 6 месяцев назад

    Nkeney munyigish ingn bubaka neza urubuga rwa RUclips

    • @Mediatektv1
      @Mediatektv1  6 месяцев назад

      Uyu munsi nyene canke ejo mugatondo ,urabona video yavyo turiko turayitegura !

  • @vairethvyizigiro-hj3uf
    @vairethvyizigiro-hj3uf 17 дней назад

    Mutubwire uko bugurura mugihe ufise gmail

    • @Mediatektv1
      @Mediatektv1  17 дней назад

      Raba iyi video neza, uraja kubibona !ruclips.net/video/vzTTLqRTOLo/видео.htmlsi=HIX__rakd3JYy-eF