MY LIFE STORY FULL MOVIE part 1 BURUNDI-RWANDA-KENYA-OUGANDA-EAST AFRICAN MOVIE(format 1080 YOUTUBE)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 29 июн 2022
  • Mu buzima bavuga ko ntamuntu yirukanga cane canke anyaruka nkuwahushije inzira.Namenyeko kubaho neza ari amahitamwo y'umuntu ariko rimwe na rimwe hari aho duhitamwo impamvu zitatwemerera kunezerwa canke kubabara..........................
    Nubwo nayise MY LIFE STORY iyi reresi ntaho ihuriye nubuzima bwanje bwa misi yose
    Ufise ico ubaza canke uterera twandikire kuri:
    E-mai:alvellamuhimbare@gmail.com
    Filmed and edited by NYAMA
    Colored by NYAMA
    Produced by M.A Company
    Sponsored by Claude
    #MYLIFESORY #ALVELLAMUHIMBARE
  • РазвлеченияРазвлечения

Комментарии • 871

  • @nizeyimanaobed1984
    @nizeyimanaobed1984 3 месяца назад +5

    ndabakunda cyane lmana ikomeze kubarinda mwese nd'umukunzi wanyu mbarizwa mu rwanda

  • @bamurangefabiola-uk6rx
    @bamurangefabiola-uk6rx 6 месяцев назад +3

    Alivela wajye ndagukunda cyane hari umucutiwajye Musa cyane witwa julienne nawe akunda Imana nkawe❤

  • @mrsammyofficiel9246
    @mrsammyofficiel9246 2 года назад +142

    Love from mr sammycomedien nice abakunz ba rukundo tv bakab baj nongah tumenyan

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 2 года назад +40

    Dady ndamukunda😍🤔🤔🤔🤔
    Aba jeune murihe ko ntababona🤷🤷😳😳😳 ko Alvella abampereye akantu kakoze kumitima ya benshiiii
    Alvella yubahwe🙌🙌

  • @user-ud3ee1zx2v
    @user-ud3ee1zx2v 9 месяцев назад +3

    Muraturyohereza pe kandi ndabakunda imana ibaheshe iyindi ntambwe❤❤❤

  • @AboubakarNsabiyaremye-vu1sn
    @AboubakarNsabiyaremye-vu1sn 10 месяцев назад +2

    Thank you baby vyukul hezagirwa wigishij vyish ndashak kukubona.vis à vis

  • @dusabimanadamascene6132
    @dusabimanadamascene6132 Год назад +1

    Woow nukuri lmana ikomeze imano yawe ndagukunda cyane Damascene from Kigali Rwanda

  • @sh4138
    @sh4138 2 года назад +12

    Mama aruvera ndakwikundiye vrement urazi gukina film💫💫💫

  • @bonteDivinendikumana3836
    @bonteDivinendikumana3836 2 года назад +15

    Mama alvella wubahwe kabisa urarera neza 🙏 alvella 😭😭😭kudahanurwa nuko kabisa inyigisho nziza cane

  • @emmanuelhakizimana1992
    @emmanuelhakizimana1992 8 месяцев назад +9

    Sincères remerciements à notre actrice Alvella, urafise impano pe, waranyemeje muri movie INTORE NTINDI, non kwiyi uranyemeje kandi.❤❤❤

  • @ChistianIrakoze
    @ChistianIrakoze 5 месяцев назад +3

    I yi film yobuza ivyo umuntu akora binswa nikorer ivyanje ndagaruk mpejej😂😂❤❤❤ gusa ndamukunda uko akina uko aririmb muri make abirimwo neza cne

  • @DudosclaudelKinezero-uv7uv
    @DudosclaudelKinezero-uv7uv 7 месяцев назад +3

    Merci cane Alvella!!!Filme yawe ije gutanga impanuro na cane cane ku rwaruka!!!Imana igukomeze!!!

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 2 года назад +14

    Wawooooo amazing Disi hejur Can ❤️❤️❤️ courage 🔥🔥🔥🔥🔥🙏🙏🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮

  • @tresor6
    @tresor6 9 месяцев назад +2

    Big up ❤

  • @ihuriroGroup
    @ihuriroGroup 2 года назад +7

    Wawoooooo, Lovve from IHURIRO TV

  • @jeanineuwizeyi1839
    @jeanineuwizeyi1839 2 года назад +13

    Waooo Alvella courage yesu akujimbere mubikorwa vyawe wanyibukije ubuzima nabayemwo bwokutumvira abavyeyi ivyo bibaho kwer turabakunda 💞💞💞💞💞

    • @annonciatteuwimana371
      @annonciatteuwimana371 2 года назад

      Jeho nzorinda
      Nja munda yisi nkicuza😭😭😭😭😭mana utugirire
      Ikigongwe hama ma chérie Alvella komeza imbere niheza can imvura yimigisha
      Ikunyagire🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️❤️

  • @rahimaksa4422
    @rahimaksa4422 11 месяцев назад +2

    Courage mubikoraneza ndabakunda♥️♥️♥️🥰🥰🥰

  • @HenrietteNzamukosha-id6ng
    @HenrietteNzamukosha-id6ng 7 месяцев назад +1

    Uranezeza cyane kd ndagukunda cyaneeeeee❤❤ mbakurikirana ndi murwanda

  • @jeandedieunzambimana1251
    @jeandedieunzambimana1251 2 года назад +4

    Ubwenge,ubuhinga,ingabirano imisi yose murivyose.umwanditsi mwiza mubikorwa c'est ça le principe.congraturations my dear

  • @dianeirakoze6550
    @dianeirakoze6550 2 года назад +22

    Iheze irambabaza abakobwa benshi nukur ntitwumvira Abavyeyi 🤦‍♀️ arvella courage ma belle yesu agushigikire

  • @Nadinekwizera
    @Nadinekwizera 2 года назад +16

    Waoooooooooo vyiza caaaaaane Alvella wacuuuuuuuu IMANA iguhe umugisha mubikorwa vyawe 🙏🙏🙏

  • @AHMADAhmad-vy3dw
    @AHMADAhmad-vy3dw 8 месяцев назад +1

    Wawooooo merci bcp kukunt mutwigish impanuro🥰🥰🥰

  • @abalathailandtibz
    @abalathailandtibz Год назад +13

    Wawooo its really amazing Africa has really got talent

  • @nizeyimanaobed1984
    @nizeyimanaobed1984 3 месяца назад +1

    ndabakunda cyane lmana ikomeze kubarinda mwese

  • @indirimbotv59
    @indirimbotv59 Год назад +1

    Ninde yamboney agaciro kabavyeyi😍😍😍😍😍yooooooh mbeg inyigishoweeee

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 Год назад +2

    Gucererwa sivyondaba, gikuru nuko naje ntagihindukira❤️🇧🇮

  • @user-jz5jr7uq2g
    @user-jz5jr7uq2g 2 года назад +9

    So sweet ❤️ amazing 😊 😊 ❤️ vraiment courage ❤️💋🇴🇲🇨🇩🇨🇩🇧🇮

  • @NadegeManirakiza
    @NadegeManirakiza Месяц назад +1

    Nukuri ndabakunze kwubaha umuvyeyi nivyambere❤

  • @user-mz2jr5ut3b
    @user-mz2jr5ut3b 2 месяца назад +3

    Mfite ubwoba kurore alvella akundagukina mbanibaz kovyomubaho kandi ndamukunda.mrç alvella

  • @user-rm5ru2uf7b
    @user-rm5ru2uf7b Месяц назад +2

    Sinzi aho narinaragiye gsa iyi film irigisha bakinnyi imbere cyane

  • @cynthiaaichabigirimana9407
    @cynthiaaichabigirimana9407 2 года назад +4

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @user-id5ec7vs6p
    @user-id5ec7vs6p 8 месяцев назад +1

    Ndabakundakigali Rwandadabakunda

  • @omersmith7621
    @omersmith7621 10 месяцев назад +1

    Umwana nka alvella imana imurinde abavyeyi

  • @Isamaiboda
    @Isamaiboda Месяц назад +1

    ziraberey chane gose kabisa turikure ariko turazibona ntugire ikibazo dadangu

  • @user-bb9gj9nh4x
    @user-bb9gj9nh4x 8 месяцев назад +1

    Pap arvella n'a mam muri champion ndabakunda cane

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 7 месяцев назад +1

    Kureresha inkoni umwana n'izo nkurikizi mubona. Inkoni ihana igufa ntihana ingeso. Abagabo barya umutima abagore babo n'abakobwa babo ni co baba barindiriye kubona

  • @nadegemerveilleiteriteka6837
    @nadegemerveilleiteriteka6837 2 года назад +2

    Namahitamwo y'umunt kbx uhisemwo nabii ukabaho wicuza x grand merci kunyigisho urik uraduha knd abakobwa twigireho kw'umvir abavyeyi bacuu kuk baba bazi vyinsh kudusumvya Ndho abandany kwivang muvyawee mukunziii 💕💕

  • @user-sm8ok1zj9e
    @user-sm8ok1zj9e 2 месяца назад +1

    Arvella mukobwa mwiza ndagukunda ni rydie from rwanda

  • @immaculeeniyokwizera9370
    @immaculeeniyokwizera9370 2 года назад +1

    Alvella nahora ndavyumva kumatwi nukuri nkibaza barabesha none ndemeye KO arukuri.ndazi benshi mwibaza KO ari film oya namba ibi nukuri alvella vyamubayeho kuba abikinye muri film ndemeye KO ivyo numvise arukuri ndabizi uricuza ariko vyose umuntu abicamwo kugira bimwigushe yubake ejo hazaza..gusa ndagukunzee pe gusumba uko nahora ngukunda..Imana izokugeze Kure🥰🥰

    • @gentillegrande7324
      @gentillegrande7324 2 года назад

      Allooo..ibi ntivyigeze bimubako yabisiguy nez mur description yiwe bisome nez urabibona nah yayise *my life story* ni title gusa yashats kwigisha urwaruka n'abavyeyi kuk ivyo yakiny bibaho can thanks.

  • @user-gn8xz8pb5z
    @user-gn8xz8pb5z 9 месяцев назад +1

    Ni cool murashoboye

  • @alicenibigira
    @alicenibigira Год назад +2

    Iy film irababaj kwel umuvyey agapfa kuber umwan yivyariy 😳😳 aban nkab bisubirek kwel 🥰💪💪🔥🔥

  • @freeboycreative8885
    @freeboycreative8885 2 года назад +18

    Alvella , you have a big talentiiiiii ....... keep growing up kbxaaa

  • @maryamarya4161
    @maryamarya4161 9 месяцев назад +1

    Alvella Imana ikimperumuginsha uravugantubenshe

  • @annabellaakimanamurengeran9927
    @annabellaakimanamurengeran9927 2 года назад +8

    Courage mwigeme wa yesu, imbere ni heza ma alvella

  • @zamzamalhanayy5505
    @zamzamalhanayy5505 2 года назад +6

    Nukuri harimwo impanuro ikomeye muga ndasetse cane😂😂😂😂😂😂Maman Alvella Manika amaguru hejuru 😂😂ndabakunda mwese Courage 🥰🥰🥰

  • @honorenono5595
    @honorenono5595 2 года назад +8

    Can't wait for the second part

  • @emmyugiringabire125
    @emmyugiringabire125 8 месяцев назад +1

    NAHOZE NSABA MAGIC NGO AZAMPUZE NAWE , ARIKO NUNYEMERERA UZAMBWIRE NZAGUSANGE BUJUMBURA, AM RWANDAN LIVE IN KIGALI

  • @vivinhovianney7840
    @vivinhovianney7840 2 года назад +2

    Wooaaa my life story 🙏♥️👌👌 ikomeza iduhimbara cane

  • @gigiogglamourmjg5902
    @gigiogglamourmjg5902 2 года назад +7

    Wow what a nice advice ❤😍Arvella nd Estime respect ma Gees👰🙌❤💚💛

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 2 года назад +19

    alvella congratulations kbs ndakwemeye gusa rero gerageza wunvire abavyeyi films iryoshe cneeee ndabakunze cneeee ❤❤❤❤

  • @stevenking2467
    @stevenking2467 2 года назад +16

    God bless you my sister for ur important advices 🇧🇮🇿🇲

  • @niyokwizigirafilmin7991
    @niyokwizigirafilmin7991 2 года назад +9

    Great !! Congratulations muhimbare🇧🇮

  • @getrudairadukunda7155
    @getrudairadukunda7155 2 года назад +1

    Alvella ubikoraneza vraiment urashoboye 🥰🥰🥰👏👏🤝🤝👍

  • @arcangeriziki4819
    @arcangeriziki4819 11 месяцев назад +2

    Curage🎉

  • @EdmondDegostar-be2ky
    @EdmondDegostar-be2ky Год назад +1

    Alvella wubahwe

  • @nitungamireille316
    @nitungamireille316 2 года назад +3

    Hoooo congratulations kabix harimwo inyigisho vrtm 🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮

  • @MenedolaNiyibona
    @MenedolaNiyibona 15 дней назад

    Courage alvella murakoze kutwigisha

  • @constanceniyoofficial5289
    @constanceniyoofficial5289 2 года назад +1

    Iyo namenya ntikora

  • @vincentnduwayezu
    @vincentnduwayezu 2 года назад +9

    Whaou it's amazing and teachable one
    Thank you very much Alvella be blessed

  • @gracekwizera1826
    @gracekwizera1826 2 года назад +2

    Nihoturi

  • @leonidasbucumi6169
    @leonidasbucumi6169 2 года назад +4

    Un très bon film.irigisha cane.courage Alvella, urashoboye

  • @therencewatara1770
    @therencewatara1770 Год назад

    Yooooh barishe umu papa mwiza basha

  • @ciellaemerusenge8437
    @ciellaemerusenge8437 2 года назад +2

    Waoooh arvella courage.twari tuyitegereje cne💜💜💜

  • @user-io1wu7cc1p
    @user-io1wu7cc1p 2 месяца назад

    Courage mubikora neza cane kbx

  • @NyirahirwaJaele
    @NyirahirwaJaele 4 дня назад

    Kbx ndakwemera alvella

  • @nishimwealine1535
    @nishimwealine1535 Год назад +4

    Congratulations Alvella 😍😍😍

  • @CizaNdabaniwe-dd4uw
    @CizaNdabaniwe-dd4uw 11 месяцев назад

    Ndabakunda komeza bizokomeza.

  • @NiyonkuruChantal-do4zh
    @NiyonkuruChantal-do4zh Месяц назад

    Alvella courage vraiement ubikora neza

  • @justinniyomwungere1735
    @justinniyomwungere1735 2 года назад +1

    Cangrats birahimbaye courage💪💪

  • @odetteniyokwizera3761
    @odetteniyokwizera3761 Год назад

    Alvella courage urashoboyep

  • @yanjetv4131
    @yanjetv4131 Год назад +3

    we love you Alvella Keep shinning

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 2 года назад +1

    Waooo felicistation kunyigisho uduhay♥️♥️

  • @irakozeadidja8632
    @irakozeadidja8632 Год назад

    Ndabakunda mukina neza

  • @vanessanizigiyimana9422
    @vanessanizigiyimana9422 Год назад +1

    Waouh alvella👌👌👌👌👌👌

  • @edrickbigirimana6538
    @edrickbigirimana6538 2 года назад +4

    Too bad and something else has happened, well done,🔥🔥🔥♥️♥️🇿🇲🇿🇲🇧🇮🇧🇮

  • @ndaishimiefaida4992
    @ndaishimiefaida4992 2 года назад +1

    Ninziza cane👍👍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇬🇧🇬🇧🇬🇧🇬

  • @AsAs-nn9uv
    @AsAs-nn9uv 2 года назад

    Yooo murashoboye sana

  • @Urwere-rane
    @Urwere-rane 8 месяцев назад

    ndabakunda cyane my home country

  • @nishimwesafi
    @nishimwesafi 3 месяца назад

    🙏🙏🌹😀😀 bravo alvella nukuri ndakunda séné zawe kandi nanje ndagukunda

  • @user-dc9sj4rg5l
    @user-dc9sj4rg5l 9 месяцев назад +4

    Un coup de chapeau à nos parents❤❤

  • @alinebellaniyogushima7020
    @alinebellaniyogushima7020 Год назад

    Mukama ndahwereye nugutwenga iyi film iraturira pe

  • @LaurenceNdayishimiye-iq9gn
    @LaurenceNdayishimiye-iq9gn 8 месяцев назад

    Cool vrt

  • @grettaiteriteka5171
    @grettaiteriteka5171 2 года назад +7

    Courage Dear Alvella♥️

  • @delyselamiellairakoze8175
    @delyselamiellairakoze8175 Год назад

    Vraiment iyi film irateguye kabisa

  • @user-cj3zi1he8d
    @user-cj3zi1he8d 3 месяца назад

    ❤❤ wow i liké it alvella

  • @nadegemerveilleiteriteka6837
    @nadegemerveilleiteriteka6837 2 года назад +3

    Congratulations m'y Dear sister ♥️♥️

  • @ndayisirivia8928
    @ndayisirivia8928 2 года назад +1

    Rekangushimile ncuti yanje kuba unteye agateka kogusubira kuraba ikibanza ca you tube ♥ ❤ thank you so much for movie 🎬 🎞 I love you so much my

  • @espeana6591
    @espeana6591 2 года назад

    Nari ndayishashaye hinge fate agatebe gusa 💥💥💥knd ndabakunda

  • @lilpblackofficial9950
    @lilpblackofficial9950 2 года назад +1

    Niyo hoho ndazi ntaw itoshimisha🇧🇮🇿🇲👌👌👌🙏🙏🙏💥💥💥💥♥️♥️♥️🔥🔥🔥

  • @mushimiyimanaelisabeth
    @mushimiyimanaelisabeth 9 месяцев назад

    Yooooo urakoze cyane pe urubyiruko mutege amatwi

  • @UwinezaAngelique-t7v
    @UwinezaAngelique-t7v 17 дней назад

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤love muhimbare imana ikojyerere

  • @yasinenshimirimana56
    @yasinenshimirimana56 7 месяцев назад

    Alvella urazi kukina pe ❤❤❤❤

  • @malicaahmed4997
    @malicaahmed4997 2 года назад +1

    Merc my wanje kumpanuro vyukur

  • @VianneyIrakoze-ft3ql
    @VianneyIrakoze-ft3ql Месяц назад

    Kwl mwubahw ndabakunda can aruvelaaa❤❤❤

  • @thierryniyorukiza9603
    @thierryniyorukiza9603 2 года назад +1

    Abarundi twubahw much respect to you Alvera ndakwemera na staff yaw vrt you're the one kbx

  • @niyodusengajeannette6449
    @niyodusengajeannette6449 7 месяцев назад

    Byiza cyane

  • @user-cj3zi1he8d
    @user-cj3zi1he8d 3 месяца назад

    ❤❤ wow i liké it alvella ❤

  • @omarelhabibi4071
    @omarelhabibi4071 2 года назад +2

    Rek mfate agatebe nicare nih noyiraba neza,mbe ndavuga courage🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦

  • @IkizakubuntuEpiphanie-zw7kv
    @IkizakubuntuEpiphanie-zw7kv 8 месяцев назад

    Courage uwiwacu imanimbere mubukogwa vyawe mwiza gusa menya ko ndagukunda,,

  • @user-cp2kq9nt8v
    @user-cp2kq9nt8v 7 месяцев назад

    Yoooo mbega inyigisho uburundi dusigaye dufise itwari peeeee mwubahwe muga muduhe ikindi gice