FULL FILM AGAHINDA KURUKUNDO PATY 1// KERCY MURUKUNDO NA SAMMY GUBUSAZI MUGAB BAZAKUGIRA AGAHINDA KA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 28 дек 2021
  • FULL FILM AGAHINDA KURUKUNDO PATY 1// KERCY MURUKUNDO NA SAMMY GUBUSAZI MUGAB BAZAKUGIRA AGAHINDA KADASANZWE UFISE ICUBAZA UTURONDER 25768289238

Комментарии • 417

  • @mrsammyofficiel9246
    @mrsammyofficiel9246  2 года назад +52

    UMWAKA MUSHASHA KURIMWESE MUKUNDA AKAZI KACU TURABAKUNDA CANE UZABABER UMWAKA WUMUGISHA MUVYANO NOMUMAFAMILY YANYU NDABAKUNDA KANINIPEEE

    • @josehenry7333
      @josehenry7333 2 года назад +4

      Urakoze twese.

    • @igiranezanadege5440
      @igiranezanadege5440 2 года назад +2

      Wa twese Sammy 🙏 namwe uze ubabere uwo gutera imbere mubikorwa vyanyu

    • @lyssdelicia4342
      @lyssdelicia4342 2 года назад +2

      Mbe sami kohari film ntakibona warayihagaritse time of love ?kandunyishure habayikihe kibazo

    • @nshimirimanajeanne2261
      @nshimirimanajeanne2261 2 года назад +2

      Murakoze turabakunda

    • @esthermwanza1824
      @esthermwanza1824 2 года назад +2

      @@lyssdelicia4342 Soma comment yabivuzeho

  • @mrsammyofficiel9246
    @mrsammyofficiel9246  2 года назад +55

    MUTWIHANGANIRE KUBWA TIME OF LOVE HARUMUKINY YAGIZE IKIBAZO MUGABO VUBA TUGIYE KUYIBAH MUSHISHIKARE KUTWIHANGANIRA

  • @divinekezakimana4820
    @divinekezakimana4820 2 года назад +47

    Abayikunze nkanje,mumpe like twimanukire

  • @iteritekasandrine5492
    @iteritekasandrine5492 2 года назад +9

    Abakunda iyi couple ya Christian na bella mumpe twatuntu 💓💓

  • @mwaminiomar185
    @mwaminiomar185 2 года назад +9

    Ndabona nigisasu 🔥🔥🔥,muraryoheye kabisa kuk murashoboye,courage😘😘🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮

  • @emelynekanyamuneza2466
    @emelynekanyamuneza2466 2 года назад +4

    Twika hahire rimwe.kercy ndakunda ukuntu uvyifatamwo neza mumafilms yose, Sammy couragee

  • @yusrairakoze3966
    @yusrairakoze3966 2 года назад +7

    Nibirori gusa ndabakunda cane🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @mini.1267
    @mini.1267 2 года назад +3

    Kercy ndaguhay rispecte ubikoz nez canee so courage bez bacu😘

  • @marcndayishimiye7711
    @marcndayishimiye7711 2 года назад +4

    Sammy nawe ushaka kuducanga,kuki udashaka kuduha Time of love

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 Год назад +2

    Félicitations félicitations 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
    Muze tuhatwike abakunze iyi série
    🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮👌👌👌🙌🙌 Movie zuli Sana

  • @niyonzimafelicien7567
    @niyonzimafelicien7567 2 года назад +4

    Waooooo,filme nziza caneeee,muratunezeza kweri,ninayompamvu ntahengeshanya kubakurikirana,imana ibandanye kubana namwe mubikogwa vyiza vyigihugu🙏🙏🙏🙏🙏 Ariko samy urahatswe,amasengesho ya mama wawe niyubahwe😀😀😀

  • @esperancenizigiyimana656
    @esperancenizigiyimana656 2 года назад +2

    Waaaaah,Film nziza caaane yigisha,,,maman Bella ndagutahije kabisa,,kercy ndakunda ukuntu ukina kabisaaa,urukundo rwubahwe,,,Sammy shishikara shahu akagumy bagumako

  • @fefeuniquenifertv2576
    @fefeuniquenifertv2576 2 года назад +4

    Ark rero iyi film iraryosh can knd abakinyi bayo mwese murazi gukina vraiment. Big-up sana

  • @dorineirakoze3608
    @dorineirakoze3608 2 года назад +4

    Sigaye ncererwa canee goseee ariko ndabakunda caneee❤️❤️🇧🇮🇴🇲

  • @hahozimanaalexis7726
    @hahozimanaalexis7726 2 года назад +2

    Nukuri nuwutazi urukwavu aremerako runyaruka muzanye umuti kwel ndayikuze cane gosi ❤️❤️❤️💓

  • @mutamagerrardofficial
    @mutamagerrardofficial 2 года назад +17

    Love from Mutama Gerrard Official ❤

  • @francineciza1994
    @francineciza1994 2 года назад +1

    Time rukundo tv burundi ndabifurij umwaka mushasha hama vraiment big up sana murarashoboy cane kandi cane

  • @user-pw4ot8he2f
    @user-pw4ot8he2f 2 года назад +1

    iyambere nimurayiheza Mr Sammy Nimubanze muheze Iyambere please Ariko courage cyane Imana Ihezagire akazi kanyu Muzame Muduha Ibyiza

  • @arthurnuhu8570
    @arthurnuhu8570 2 года назад +2

    Mr Sammy sha iyo film igire ibe amaserie kuko ninziza cane
    ihindure uyigire iseri ibandanya
    Uyu mutipe Mr Sammy arafise impano vraiment
    niwe muntu akina film nyinshi zirimwo inyigisho
    komeza muhungu

  • @alicenice1711
    @alicenice1711 2 года назад +6

    Kanumba wetu sammy kachelewa😍😋

  • @baderalnasri6812
    @baderalnasri6812 2 года назад +8

    Abaken, tumenyan🙈🙉😂🤦‍♂️🙏💗💋

  • @mutoninishimwe6900
    @mutoninishimwe6900 2 года назад +1

    Next episode please ubundi episode zose mwaziduheraga rimwe zose none ubu byagenze gute

  • @mdras1616
    @mdras1616 2 года назад +4

    Bravon bella chr witwaye neza imbere ya clistian neza cane firme yamavuta🥰

  • @hgcbj635
    @hgcbj635 2 года назад +3

    Komera sammy bintu ni 🔥🔥🔥

  • @user-yu7jq3qe8j
    @user-yu7jq3qe8j 2 года назад +1

    Mutunyarukiriz igic 2 iraryoshe can Sammy usigay uzan film zirenze izic iwaw ziraryoh cane courage .

  • @userkkwt5134
    @userkkwt5134 2 года назад +2

    Sammy aransekeje nguribagiwe k mumwaka ukeze naguhaye amahera aya ibihumbu 30🤣🤣🤣😍

  • @maggynsibomana8767
    @maggynsibomana8767 Год назад +2

    Muraka Sammy iyo niyomugez ndabakunda can❤️❤️❤️❤️❤️❤️

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 2 года назад +1

    Film ndabona n'igisasu kabisa🔥🔥🔥🔥 courage kabisa murashoboye🥰🥰🥰❤❤

  • @edgdggc4298
    @edgdggc4298 2 года назад +2

    Mbay uwagatatu naj nsigaye nzinduka numuzindundeko iz lik

  • @user-ip9fe5le8r
    @user-ip9fe5le8r 2 года назад +3

    Courage mr pompopo iyi film irimwo inyigisho

  • @qasimshasha9126
    @qasimshasha9126 2 года назад +1

    Uyo mu maman wa sammy ndamukunda gamanaaa 😊😊😍😍😘😘

  • @munezeroasmini5287
    @munezeroasmini5287 2 года назад +2

    Mr sammy feat Ally collage Ally uravuze ukuri ndabafan pee✌✌✌

  • @beat5554
    @beat5554 2 года назад +1

    Ndabakunda cane Sammy ubikoraneza mwubahwe ndabipfurije umwakamwiza nokuronka imigisha

  • @kandykuden6022
    @kandykuden6022 2 года назад +3

    YARI KRODIN KANDINUKURI.MURACHOBOYE💪💪🇧🇮❤❤❤❤❤🤗

  • @claireclara8458
    @claireclara8458 2 года назад +2

    Ababanyiiii muntize agateb nicar ndab iyi flm nez.

  • @arakazaglace5599
    @arakazaglace5599 2 года назад +4

    Mbaye uwambere kercy love you 😍

  • @girukwishakavenantie497
    @girukwishakavenantie497 2 года назад +1

    Yewe yeweyewe, iyi film ndabona ari umuriro koko, igiye kudukuramwo imitima! Gira mushireko ico gice mubanguke kabisa, nfise umunoho wo kubona ibibandanya kabisa!

  • @ndayisengagilbert5098
    @ndayisengagilbert5098 2 года назад +1

    Ndakunz maman christian numuvyeyi mwiza knd mws murashoboye courage

  • @benitheorenie7997
    @benitheorenie7997 2 года назад +2

    Amazed nivyo mukora 👏👏

  • @gmggwpmdt1416
    @gmggwpmdt1416 2 года назад +4

    Waoooooo👌👌👌🌹🌹❣️❣️💪💪

  • @mightymanofgod1689
    @mightymanofgod1689 2 года назад +1

    Yooooo mbega urukundoooo.Sammy yahahishije

  • @ntizaduharesylvain6634
    @ntizaduharesylvain6634 2 года назад +1

    Iyi film nayikunze irimo inyigisho nziza cyane rwose! Courage mukomereze aho

  • @behonest7
    @behonest7 2 года назад +1

    Bella wew wakinye neza. Abavyeyi nkabo barakwiye wisubirako.

  • @gakunzidavid1782
    @gakunzidavid1782 Год назад

    🤓🤓🤓🤓Sammy umuyedi 😃😃 nukuri ntawukury mugukin filmé uri number one

  • @Darcine-bx4ou9by6f
    @Darcine-bx4ou9by6f 7 месяцев назад +2

    Kercy hejur cne turagukunda❤

  • @BelyseB
    @BelyseB 2 года назад +2

    Mwaharaye Belyse 😅😅😅😅ako kazina karatoka muma film✌️✌️✌️✌️✌️🔥🔥🔥🇧🇮

  • @uwimanaangenelly348
    @uwimanaangenelly348 2 года назад +1

    Sammy nkundukuntu wandik pe uba wateguye pe courage nabo mukorana mwese

  • @evelyneniyonkuru9602
    @evelyneniyonkuru9602 2 года назад

    Ninziz gose Irigisha cane Kwl Bella Iman Ibaje imbere Munyarukane akakabiri ntituz turibagir Turabakunda can

  • @mariejeanne4958
    @mariejeanne4958 2 года назад +1

    Mubikora neza ariko muzemuravuga ikirundi apana gucangany kinyarwanda na Kirundi,mwandik na anglais hasi abatumvikirund bakurikiran ivyiwacu🇧🇮

  • @angeburundifggfgg8755
    @angeburundifggfgg8755 2 года назад +3

    Mwuba.hwe.nukuri.ndabakunze❤❤❤❤

    • @fafanduwimana282
      @fafanduwimana282 2 года назад

      Wooooooo film nziza cane uwuyikunze nkanje ✌✌✌✌

  • @nurianuria9887
    @nurianuria9887 2 года назад +1

    Nice movie ariko ntimuzodutebesh PART 2😘😘😘❤️❤️❤️🥰🥰🥰

  • @blandineiradukunda7494
    @blandineiradukunda7494 2 года назад +3

    Courage muduh part2 turabakunda🥰

  • @milkamilka5009
    @milkamilka5009 2 года назад +1

    Ihezentashaka nukuri harimwo impanuro iraryoshe❤❤👌👌👌

  • @solangerehema8832
    @solangerehema8832 2 года назад +1

    Wow film iraryoshe

  • @oliviernintunze4301
    @oliviernintunze4301 2 года назад

    Ndabemey muterimber turabakunda 👇👇👇✌️✌️✌️🍅🍅🍅

  • @niyomahorolahai-loy3327
    @niyomahorolahai-loy3327 2 года назад +2

    Yooo ndayikunze kweri sammy courage

  • @cycy8854
    @cycy8854 2 года назад +2

    Wow ni fire fire kbs courage 💪💪💥💥

  • @sibomanaclaudine8935
    @sibomanaclaudine8935 2 года назад +1

    Courage my Sammy Filme nziza iryoshe

  • @chanelleuwimana1174
    @chanelleuwimana1174 2 года назад +4

    Nice movies sammy

  • @Kanezamartine5884
    @Kanezamartine5884 2 года назад +2

    Wawooooo bella ndakwemeyekweri

  • @rossikirossiki6518
    @rossikirossiki6518 2 года назад +1

    Samy ninziza korumuti turaziko utoduta hasi nahonacerewe nimwoto izotesa courage Samy respecter

  • @laurencemateso8373
    @laurencemateso8373 2 года назад +2

    Iheze ntashaka kwihera vrt courage mudukwakwanirize part2🤣

  • @remynice5132
    @remynice5132 2 года назад +3

    Love from REMY NICE

  • @christophekabura5906
    @christophekabura5906 2 года назад

    Kercy na Christian mwakinye neza kuko urukundo ntirugira ibifashi mugihe mukundana Courage

  • @ihuriroGroup
    @ihuriroGroup 2 года назад +2

    Wawo imbere niheza basaza

  • @niyonzimajeanine9495
    @niyonzimajeanine9495 2 года назад +1

    Flm iryoshe cane naho nacerewe 🇧🇮oyooooo 🇸🇦tumenyane

  • @thomasnduwimana791
    @thomasnduwimana791 2 года назад +1

    Kercy mwakinye b1 na Sammy courage

  • @angeliquecongera1597
    @angeliquecongera1597 2 года назад +2

    Film nziza cane 🥰

  • @evangelineirakoze7335
    @evangelineirakoze7335 2 года назад +1

    Mugiye mwaduha ikintu kirenze ummmm muduhe part 2 kuko irarenze ino reresi

  • @phanuelofficial
    @phanuelofficial 2 года назад +1

    Sammy urazi kw' Acting iyi film ninziza cana iraryoshe caneeeee

  • @girukwishakavenantie497
    @girukwishakavenantie497 2 года назад +1

    Ukwizera ni kwiza Chritian, kurarema ibitangaza!

  • @shimirimanamarie5295
    @shimirimanamarie5295 2 года назад +1

    Naracereweeee🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️. 🤣🤣🤣Sammy arahevuye aragigimizaa imbere yumukobwa

  • @aburahma2421
    @aburahma2421 2 года назад +2

    Iy film ko umeng irarenz ra!

  • @rinkaoman9682
    @rinkaoman9682 2 года назад +3

    Imbere yokiraba film manza gusoma comenter nihomeny film kiryoshe iyirero ndabona🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @divinekezakimana4820
    @divinekezakimana4820 2 года назад +1

    Iratwika,turabakunda cane

  • @winnienzubakana431
    @winnienzubakana431 2 года назад

    Ikibazo canje nandika commentaire ntaraheza na video kko dukunda ibikorwa vya samy na Kerry turabakunda

  • @mutesiadelphine9743
    @mutesiadelphine9743 2 года назад

    Waaaooo mbega film nziza

  • @venerandaizerimana8846
    @venerandaizerimana8846 2 года назад +1

    Ndabateye intege mugikorwa

  • @ferdinandmct1462
    @ferdinandmct1462 2 года назад +1

    Sammy ndagukunda cane uratwigisha.mukina neza

  • @emelynemutana3148
    @emelynemutana3148 2 года назад +1

    Mista sammy wubahwe 🔥🔥🔥

  • @alexihatungimana8556
    @alexihatungimana8556 2 года назад +6

    Abakundasammy tumenyanepee

  • @belysehagabimana1760
    @belysehagabimana1760 2 года назад +1

    Ngoyakunwiyengo umurungikire ifoto yubusa bwawe ndumiwe 🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @paradise3215
    @paradise3215 2 года назад +2

    Nic films from ngozi

  • @fanny4338
    @fanny4338 2 года назад

    MUKOMERE kbx💞💞💞💞👌💯💯💯💯💯💯

  • @benjoymugaboniher2809
    @benjoymugaboniher2809 2 года назад +2

    courage pap urashoboy

  • @user-yl5kt8dk1b
    @user-yl5kt8dk1b Год назад +1

    Abakobwa nkabo abahungu mukwiy kubarek urukundo samahera wabarikagukoreriki kobategera ivyagusa ahogukora

  • @sueh5139
    @sueh5139 2 года назад +1

    Nimuyiduh❤️❤️❤️❤️

  • @niyoncuticlaude3567
    @niyoncuticlaude3567 2 года назад +1

    Turabakunda cane

  • @girukwishakavenantie497
    @girukwishakavenantie497 2 года назад

    Abavyeyi bagofise ivyiyumviro vyaboze nkivya mama bella ndabarabe!

  • @papyd-trix835
    @papyd-trix835 2 года назад +1

    Good movie dukeney next

  • @lilianeirakoze723
    @lilianeirakoze723 2 года назад +1

    Kercy arazubwenge disi ararokoye chr wiwe urukundo nugwo apana zankundo zubujuju za jtm zitagira inkingi nibihome

  • @Françaisboutiquedusavoir
    @Françaisboutiquedusavoir 2 года назад +1

    Love from umweha tv

  • @claireirakoze9605
    @claireirakoze9605 2 года назад +1

    Waouuu 🔥

  • @mathiasnkurunziza7296
    @mathiasnkurunziza7296 2 года назад +1

    iraryosh sana.bravo samy

  • @iranyongeynaomi3611
    @iranyongeynaomi3611 2 года назад +3

    Courage

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or Год назад

    Kercy nacamamare baranyuzuza p ❤

  • @irankundaedissa8871
    @irankundaedissa8871 2 года назад +3

    Kercy urintar wubahwe, uvuzijambo rizima .uwabonye ko sammy yaragiye gucigwa umunyororo wa25ans nangongere hano.so ndabakunda abakinye iyofilme courage

    • @winleonard7478
      @winleonard7478 2 года назад +1

      Kercy ntumira inimero yaw ndagutumire ayisoda urashoboye

  • @behonest7
    @behonest7 2 года назад +1

    Nsammy nyaruca hahiye kweli. Mamayake I film yumwotsi

  • @emelyne4167
    @emelyne4167 Год назад

    Kercy ndagukund can urumwana mwiz kind ukin film neza. Kand mwena Sammy mwubahwe

  • @sosopro9859
    @sosopro9859 2 года назад +1

    Nimutwike hashe