Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Abakunzi ba Hit Top Tv twari tubakumbuye nanje nari nikumbuye inyuma y’indwi 2 RUclips yacu iri mubihano👏👏👏👏👏NtitwigeraTunanirwa
❤Komera caanee,🎉🎉🎉🎉
Ibihano vyari nyabaki?tv yazira iki?
Nimba ukunda Gusto nkandira kwifoto twibere incuti ❤
Ndiko ndatahura igituma uyu mu petit ariko aratera imbere, ACIYE BUGUFI!!!❤GUCA BUGUFI NI IBANGA RYO GUTERA IMBERE, BANDANYA UKO NYENE!!!!
Nice kumuzana Melanin boy 🌹🌺🌷🥀🌻🌼🎉🎊✨❤️💖🇦🇪🇧🇮
Melanin boy niwe wanje Turemerana sana🎉🎉🎉🎉🎉🎉Kimbanaw ukunda Melanin boy kanda like🥳🥳Majux Official🎉
Mwarikumwe nisezerano big up San my big brothers ❤❤❤
Gosto ikind kiremwaaa❤❤❤❤❤❤
Shaaa Nukuri sinkubesha sinagukurikirana ariko kubera Gusto melanin Ubu ngiye kuza ndagukurikirana🎉🎉🎉🎉
Urumwana mwiza ❤ kandiwitonda
Melanin boy urumuntu wanje nemera sana nukuri ndarahiye
Umuhungu wacu hejuru❤❤❤
Ewana Big UP gusto tunakupenda una roho nzuri basi
😂😂😂ng niwe muhung wamber yirabur 😂😂😂.melanin wacu 🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Ikiganiro kizoranga umwaka uwuharira az ngaha duhaye ndaba kunda bro 🎉ngarukanira Mamba na sogo🎉🎉🎉🎉🎉
Hejuru cne bro ww nahor nzosigar ndumw nzogum ngufanaa🎉🎉🎉
Gusto ni ww gus kur jew Tora amashurw yaw🎉🎉🎉
Uradushira mumunezero kbx,big up sana my br
Mélanine mim nakupenda san wllh❤❤❤
Ndacari umufana wa WE love MUZIKA
Melanin Boy Yubahwe Sana Kabisa
Unwana wisezerano🎉
melanin ww uri ikiremwa ciza twahaw n,imana pe
Bro uyu mu broski araririmba mba mur Suisse narigeze gushir indirimbo yiwe mur fête bro abantu barambajij iyi ndirimbo iva iwanyu ndababwr yes bavuze arazi kuririmba broski guma ngaho nyene turagufitiy umugambi hama komeza turagufana sana
Mbanze ntemwo imiriro kwanza imbere yo kuraba ikiganiro😅🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Kwl Gusto❤❤❤❤
Gustoooo❤❤❤
Gusto umunt wabant ❤❤❤
Mubikora nezaa❤❤❤
Turagukunda gusto big up san ❤🎉🎉🎉
Melanin boy nkukunda cne ne nzokubon gte geee Big up san ikindi kiremwa irimw igera kule cne🎉💪🔥🔥🎉
Simfs iconovuga kuri Mélanin boy 😢❤ kk akomeza kutwemeza Big UP saanaaaaa bro 💯 Mungu mbele Sisi nyuma 🙏🙏🙏🙏
Vyarambbj knd vyarantngaj kub umuntu akuze atobor ama pneus ndagkeje melanin boy kumbbz watanz nay nintambwe❤
Warakoz kumubabarir natw🇧🇮🇧🇮 turabikunze caaaaaàn
Boy Melanin hejuru gosee 💪💪
Mr igifi kininiUmwana wisezerano Imana irakubona bro❤❤❤
❤🎉ubikoraneza di mutama wacu
Ikindi kiremwa twaremewe mur artist ❤❤
Gusto wnje 👏🎉
Melanin 🔥
❤umwanditsi mwiza caane
Gusto umwana wisezerano🎉🎉❤🇧🇮☑️
Melanin boy ❤️✨
Landrypromoter ndakunze ikikiganiro
Respect melanine
Melanin ndagukunda ♥️♥️
Gusto❤❤❤❤❤
Mbega mugabo yirabura ahhh
Umuvumbuzi tout terrain welcome bro mubwami bwawi❤
Igif kinin❤
Ico n'ikindi Kiremwa twahawe n'Imana ruremaImana ibandanye kumutuzigamira❤
Owa masera murudiane itakua pw sana brroo nawakubari sana kira raheri
Melanin 🔥🔥🇧🇮
Urakoze umuti kumutuzanira uw nikindi kiremwa kabisa
🎉🎉
Courage shaa Gusto
Small youtube let's vibe here
Love you too much ❤ Melanie god bless ur way
Uzoshitsa intumbero yimana 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
This bwoy's talented who is agree?
Komera mutama meranin boy najewe ndakurinyuma❤ 🔥🌹🥀👍
Turagutahura melanin 😂😂❤❤🎉
Melanin boy nihubahwe urekane nabi Fernando IMANa ikuje imbere ikurinde imingozi yasekini
Gusto❤❤nkwifurije kugera cne hashoboka
We Landry nukubwira Imbécilato akaza arakora ama image agasa neza ✊👊
❤❤❤❤❤❤
Sha ndagukunda kbx ubwitonzi buze bukugeze kure
Amashurwe 🪴🪴🪴kukindi kiremwa
❤❤❤❤❤❤🎉🎉
Ikibonekaco randro numufana sumu plomoter kabisa ababibona mumpe like 😂😂😂
Muba star bafise indero irimwo wubah we turamukunda
Thx❤
Respect to u❤❤🎉🎉🎉
Umutananigwa
1:20
Afise ijwe ryiza vrt ❤
The only artist numviriza the whole interview yagiz
🙌💪
Gusto Na B face nibo nshobor kurab ikiganiro cabo ca 1h nkagiheza vrmt😅
Iterere imbere
Iandri ndi trésor kuv igitega isonga uwomwana ararenze gus turakeney colabo na dj fernando
😢
🎉
Ndagushakira ljind kirema
Mutam wubuz
mbe melanine afise ubuhanza mwiderede niyirambire ntakabi kiwe twarabany igitek kwisalon de coifure
Wewe urinde bro kontakuzi? Nanje twaramana!!
Shut up to him 😂😂😂
Abarundi barayamaze ngo kudahana imbwa birwiza imisega,wait and see
Landry warateyimbere birageze heza,ikiganiro nkibi vyakugiz famous birenze,nkicipfuzo canj gerageza kugira ibintu bizabe neza utange akazi mube babiri,kubudyo na morale izaba nyishi mukiganiro bizaba vyiza kurenza
Gusto ahuri hose umenyeko ukunzwe too much
ruclips.net/video/XwOZESQCal8/видео.htmlsi=QT_3MUO4S_lJb_-K
ruclips.net/video/xd_1JpuPM38/видео.htmlsi=d8IiN5kId24YGc42
None mugirana collabo nab indiscipliné nka la vache kuberiki????
Umuntu😢 akunda Gusto ruclips.net/user/shortsZkOJvSe8s5Y?si=29UuMSvFEq_EHb4k Afyo'de
www.youtube.com/@PenielG%C3%B8sl%C3%B8Worship
❤❤❤
❤❤❤❤
Abakunzi ba Hit Top Tv twari tubakumbuye nanje nari nikumbuye inyuma y’indwi 2 RUclips yacu iri mubihano👏👏👏👏👏NtitwigeraTunanirwa
❤Komera caanee,🎉🎉🎉🎉
Ibihano vyari nyabaki?tv yazira iki?
Nimba ukunda Gusto nkandira kwifoto twibere incuti ❤
Ndiko ndatahura igituma uyu mu petit ariko aratera imbere, ACIYE BUGUFI!!!❤
GUCA BUGUFI NI IBANGA RYO GUTERA IMBERE, BANDANYA UKO NYENE!!!!
Nice kumuzana Melanin boy 🌹🌺🌷🥀🌻🌼🎉🎊✨❤️💖🇦🇪🇧🇮
Melanin boy niwe wanje Turemerana sana🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Kimbanaw ukunda Melanin boy kanda like🥳🥳
Majux Official🎉
Mwarikumwe nisezerano big up San my big brothers ❤❤❤
Gosto ikind kiremwaaa❤❤❤❤❤❤
Shaaa Nukuri sinkubesha sinagukurikirana ariko kubera Gusto melanin Ubu ngiye kuza ndagukurikirana🎉🎉🎉🎉
Urumwana mwiza ❤ kandiwitonda
Melanin boy urumuntu wanje nemera sana nukuri ndarahiye
Umuhungu wacu hejuru❤❤❤
Ewana Big UP gusto tunakupenda una roho nzuri basi
😂😂😂ng niwe muhung wamber yirabur 😂😂😂.melanin wacu 🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Ikiganiro kizoranga umwaka uwuharira az ngaha duhaye ndaba kunda bro 🎉ngarukanira Mamba na sogo🎉🎉🎉🎉🎉
Hejuru cne bro ww nahor nzosigar ndumw nzogum ngufanaa🎉🎉🎉
Gusto ni ww gus kur jew
Tora amashurw yaw🎉🎉🎉
Uradushira mumunezero kbx,big up sana my br
Mélanine mim nakupenda san wllh❤❤❤
Ndacari umufana wa WE love MUZIKA
Melanin Boy Yubahwe Sana Kabisa
Unwana wisezerano🎉
melanin ww uri ikiremwa ciza twahaw n,imana pe
Bro uyu mu broski araririmba mba mur Suisse narigeze gushir indirimbo yiwe mur fête bro abantu barambajij iyi ndirimbo iva iwanyu ndababwr yes bavuze arazi kuririmba broski guma ngaho nyene turagufitiy umugambi hama komeza turagufana sana
Mbanze ntemwo imiriro kwanza imbere yo kuraba ikiganiro😅🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Kwl Gusto❤❤❤❤
Gustoooo❤❤❤
Gusto umunt wabant ❤❤❤
Mubikora nezaa❤❤❤
Turagukunda gusto big up san ❤🎉🎉🎉
Melanin boy nkukunda cne ne nzokubon gte geee Big up san ikindi kiremwa irimw igera kule cne🎉💪🔥🔥🎉
Simfs iconovuga kuri Mélanin boy 😢❤ kk akomeza kutwemeza Big UP saanaaaaa bro 💯 Mungu mbele Sisi nyuma 🙏🙏🙏🙏
Vyarambbj knd vyarantngaj kub umuntu akuze atobor ama pneus ndagkeje melanin boy kumbbz watanz nay nintambwe❤
Warakoz kumubabarir natw🇧🇮🇧🇮 turabikunze caaaaaàn
Boy Melanin hejuru gosee 💪💪
Mr igifi kinini
Umwana wisezerano Imana irakubona bro❤❤❤
❤🎉ubikoraneza di mutama wacu
Ikindi kiremwa twaremewe mur artist ❤❤
Gusto wnje 👏🎉
Melanin 🔥
❤umwanditsi mwiza caane
Gusto umwana wisezerano🎉🎉❤🇧🇮☑️
Melanin boy ❤️✨
Landrypromoter ndakunze ikikiganiro
Respect melanine
Melanin ndagukunda ♥️♥️
Gusto❤❤❤❤❤
Mbega mugabo yirabura ahhh
Umuvumbuzi tout terrain welcome bro mubwami bwawi❤
Igif kinin❤
Ico n'ikindi Kiremwa twahawe n'Imana rurema
Imana ibandanye kumutuzigamira❤