NGAKA AGAKIZA KUKURI/ NAKUBISWE INKONI,NARIYE URUSHANGA,IMIZI YIBITI/URWARUKA RUNTEGE AMATWI
HTML-код
- Опубликовано: 10 фев 2025
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV
Yesu nabahezagire Hama ndafashijwe mudufashe intahe ibandanya
Yesu aguhezagire aguhe nokuzigama ico waruhiye gushika kwiherezo
Ndakeneye suite yiyintahe
Yoo mbeg'intahe weee!Yesu aguh'umugisha mukundwa, iyo ntahe iratwubatse vyukuri, numva atan'amajambo mfise!muduhe suite y'iyo ntahe
Wow..... Yesu weeeeee, nukuri nuhabwicumahiro Uragikwiriye. Intahibabaje cane iteye nagahinda. Vyukuri kuyumviriza gushitsa kumwisho ntivyoroshe kuko numvumenga ni jewe biriko bibako
Yesu abahezagire cane kuri iyo ntahe.Muduhe ikindi gice,please!!!
Urihangana cane mukozi w'Imana kandi Urahiriwe cane kuko nibake boshobora kwihanganira Urugendo nkuru. Muradufashije cane mukwizera murakoze. Ariko sinziko hoba hariyikurikira tukumva iherezo yingene vyagenze munyuma mwoba mukoze
Mbega umukristu!!! Yesu azomuhe kurangiza neza kweli yoo ndoreranye igishika ibikwirikira
Imana ishimwe yamuhaye ukwizera kungana gurtyo.
Yesu aze aguhe iherezo ryiza vy'ukuri kuko wabonye amakuba menshi ntiwigeze umwihakana. Link yubukurikira please
Iyi ntahe irateye ubwoba ! Hari ababaye abahizi mugakiza uwutazoramiriza ntazoronka ico yireguza.
Yesu ashimwe cane. Imana izomuhe iherezo ryiza. Ipete afise muvy agakiza jewe nomuha iya Marshall
Yesu azi kurinda abiwe yatoranije
Ndakwikwipfurije ihezo ryiza
Yooo, Mwalimu wanje ndanezerewe no kwumva ivyo Imana yagukoreye. Ndashimiye n"'umuco wera tv.
Imana ije iguhe iherezo ryiza. Imibabaro yacu niyakanya gato.
Yesu urakomeye. Ntakikunanira
Aha narize amarira arandenga. Intambara umuntu ari kw'isezerano ry'Imana acamwo ntisanzwe. Ariko kuba Imana iba ibifisemwo uruhara, igenda imucira icanzo. Komera mukobwa wa Yesu. Igitsibo c'abera uragiteguriwe. Urakoze kuri iyo ntahe yawe. Namwe bakozi ba Umuco Wera TV Imana ibahe umugisha kuri zino ntahe mutugezaho. Ziratwubaka. Zikatwibutsa imirimo n'ibitangaza vy'Imana.
Duhe ibikurikira, kandi aracubaha Yesu? Turanyotewe ibikurikira.
None ntayindi ntahe yagripine iherahezaiyi ngotwumve iyovyahereye
😅❤❤❤❤
😭😭😭😭😭😭😭mbega agakiza kagoye nkuku Mana weeee😭😭😭mbuze uko mbivuga kimwe ndarengewe muduhe suite🙏🙏🙏
None suite iri hehe?
Muduhe suite y'iyo ntahe
Part 2 please. Ni ntahe nziza cane, murashiraho iyakabira mwoba mukoze. Muhezagirwe!!
2ème partie ibonetse vyoba vyiza caane
Egokweri
Umuryango wawe wakorera satani