IMBURI yatanzwe na Pastori Thomas(1-4)Najanywe mwijuru yesu ampa imburi mbwira abantu bumva ikirundi

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 19 окт 2024

Комментарии • 23

  • @manirambonasylvestre8164
    @manirambonasylvestre8164 3 месяца назад +1

    AMEN

  • @NbiHuk-rn2zh
    @NbiHuk-rn2zh Год назад

    Amen

  • @olivierbestmelody771
    @olivierbestmelody771 Год назад

    Imana idufashe kugororoka

  • @jeanineniragira7524
    @jeanineniragira7524 9 месяцев назад +1

    IMANA iduharire ahandi ntaco twokwishoboza twebwa aban babantu

  • @girukwishakaclaudine8672
    @girukwishakaclaudine8672 2 года назад +1

    Yesu Kristo niwewe gusa twizigiye Kandi niwewe Yesu wokudutabara kubwanje ndisabiye aba ariwewe gusa uzontabara Kristo Amen Amen

  • @LeubenKwihangana-ik1uy
    @LeubenKwihangana-ik1uy 4 месяца назад +1

    Mana uhabwicubahiro

  • @francineniyokwizera6451
    @francineniyokwizera6451 3 года назад

    Ewe Mana Dutabare 🙏 Imana ibabarire abavyeyi nkabo Emwe ntibabuze mbenabo! IMANA ISHIMWE KO NSHOBOYE KUBONA UBU BUTUMWA! MUKAMA Idutabare turasavye tubitakamba mw'Izina rya Yezu Kristu Amen Amen Amen Amen 🙏🥰🥳 NONE KO HARI ABA KATORIKA BOBO NTACO MWOBAHANURA Se???
    Mana Uzaduhe IHEREZO Ry'Iza Amen Amen Amen 🙏🙏🙏 Gushika Uyu Munsi Sindaronka Ishengero nojamwo!

  • @cassildemiburo3366
    @cassildemiburo3366 4 года назад

    Imanishimwe kumburi ikomeje kuduha muhezagirwe cane

  • @annemarienkeshimana1792
    @annemarienkeshimana1792 3 года назад

    Imana iduhe kuyikorera mu bwizigigwa mu vyo no gukoresha italanto twahawe

  • @niyafredo2092
    @niyafredo2092 4 года назад +1

    Birasaba kodukovya tukarirondera mukugororokera IMANA no mukwezwa. Vyukuri tuzorishikamwo!

    • @debbiebambohappy1341
      @debbiebambohappy1341 4 года назад

      Amen

    • @savedbygrace3230
      @savedbygrace3230 3 года назад

      Urakoze cane mwene Data. Dutegerezwa kugumana ivyizigiro.
      Mpwemu w'Imana ni we atwemeza ko tuzoshika mw'ijuru. Imana ibahezagire cane.

  • @devna7718
    @devna7718 3 года назад

    Mana turisabiye imbabazi kugirango utubehafi uturwizeko imbabazi uzuduhe iherezo ryiza

  • @niyafredo2092
    @niyafredo2092 4 года назад

    Kandi IMANA iduhezagirire UMUCO WERA TV udahengeshanya kuturonderera ibidufasha murururugendo

  • @ornellairankunda8578
    @ornellairankunda8578 3 года назад

    Nbega Mana Dufashe

  • @edsontuyagire7848
    @edsontuyagire7848 4 года назад

    Irijuru tuzorijanwamwo na Yesu gusa kubwacu ntivyoroshe

    • @debbiebambohappy1341
      @debbiebambohappy1341 4 года назад

      Ego kabisa

    • @niyonsabafloride179
      @niyonsabafloride179 4 года назад +2

      Muratubariza ingene aho hantu yahavuye ,Imana itubabarire cane,ntituzovuga ko tutumvinse

    • @AURIN.OFFICIAL
      @AURIN.OFFICIAL 4 года назад

      @@niyonsabafloride179 Yesu ashimwe ,eeh ngo abahawe vyinshi bazobazwa vyinshiiii....twiyeze kumusi kumusi mumaraso ya Yesu Kristo......

  • @bidetwaesta2835
    @bidetwaesta2835 4 года назад

    Mana unduhe iherezo ryiza tuzakubone Mana

  • @debbiebambohappy1341
    @debbiebambohappy1341 4 года назад

    Ijuru rizojamwo bande ga Mana ko abantu tuburirwa tukagamika amazosi?

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere228 2 года назад

    Amen

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere228 2 года назад

    Amen