CVR irabesha, Paul Mirerekano ntiyagandaguwe imbere y’iyicwa ry’Abatutsi b’i Busangana

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 8 сен 2024
  • Ibivugwa n’umurwi CVR ko Abatutsi bishwe i Busangana mu 1965 kubera agashavu k’Abahutu kavuye kw’iyicwa rya Mirerekano ni ibinyoma, kuko abo Batutsi bishwe Paul Mirerekano akiriho. Alphonse Rugambarara ni we abeshuza uwo murwi wo kuvugana ukuri no kurekuriranira. Uwo asanzwe ari umushakashatsi kuri kahise k’Uburundi abona ko ingendo y’uwo murwi CVR idashobora kunywanisha Abarundi.

Комментарии • 6

  • @georgettenahimana1695
    @georgettenahimana1695 Год назад +1

    On nous a imposé Alphonse Rugambarara comme un impératif chercheur en histoire spécialiste du paddé du Burundi. J' ai l' impression de l' entendre souvent sur l' histoire du Burundi alors que nous avons d' historiens, d' antropologues.... lui c' est un medecin qui ne parlent jamais des malades. C' est un imposteur tout cours

  • @carlabari9825
    @carlabari9825 Год назад

    Ibwirizwa rya Gatanu: ntiwice, ntiwicire umuntu ubusa. Abo ba nyepolitique bama bagumura abadasigana barakwiye guhagarika. Murabonako ataho bishikana igihugu

  • @leopoldsharangabo9147
    @leopoldsharangabo9147 Год назад

    CVR mubisanzwe numuburanyi ikongera ikaba umucamanza, mu majambo make ntaho izoshika

  • @eliasniyongabo2612
    @eliasniyongabo2612 Год назад

    Pourquoi n'avez vous pas apportez toutes ces lumières avant que le CVR ne mente? Les morts, ceux qui les ont perdus les connaissent! Alors, si vous voulez qu'on ignore les auteurs, eh bien, on comprend bien que ....

  • @jahson460
    @jahson460 Год назад

    TVR, ntasoni? Rugambarara chercheur en histoire kava ryari? Rugambarara ni muganga wamenyo...