UMUGORE WA KIDUM YUBAHUTSE😍/arambesheye sinamu draze😂/madam Ati ntuva aha utandirimbiye/biraryoshe

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 окт 2024
  • #sirenvibestv #kidum #lovestory

Комментарии • 260

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv  9 месяцев назад +48

    Enjoyyyyy ikiganiro ca mbere c’umwaka wa 2024 🎉🎊😍😍💃💃💃

  • @fleuryb8706
    @fleuryb8706 9 месяцев назад +30

    Hosy abemeranya nanje kayoboye tv on line aha munurundi muzane like.❤❤

  • @elsayvanna3
    @elsayvanna3 9 месяцев назад +18

    Ndaryohererewe iy histoire y adoption 😍😍😍Yesu ahezagire famille kidumuu😍

    • @kezakimanaspes8488
      @kezakimanaspes8488 9 месяцев назад +3

      Narinz ng nij vyaryohey jenyen p❤❤❤❤

    • @lydi791
      @lydi791 9 месяцев назад

      Ego vrt

  • @Radjichizicomedian
    @Radjichizicomedian 9 месяцев назад +8

    Kidum umefanya kitu chamana kupereka mke home . Burundi. Nice bro. Na umefanya kitu yaman kumfunza Kirundi. Thank you sana bro kidum. 🔥🔥♥️♥️🙏🙏🙏

  • @francinenibigira247
    @francinenibigira247 9 месяцев назад +6

    Hosy mumisiza kidum azokizwa ahoyimwibazako ivyovya Bible ariko avuga ngobizokwijana hmm hinge gato muzoba mubibona. Kidum ndabikwifurije pe kwakira Umwami Numukiza wacu Yesu Kristo.

  • @AmosHashaka
    @AmosHashaka 11 дней назад

    I am happy to see Kibido Padiri with her Wife, it is my first time seeing her and she actually looks not Kenya but more of Burundian, Rwandese and i understand why at first meet Kidum thought she was Burundian, na Kiswahili ya ni ya Congo wow. She is so beautiful

  • @soterntaconayigize8310
    @soterntaconayigize8310 9 месяцев назад +5

    From Seoul Korea south ,i like this interview with this legend.
    So do never invite whoever like Nelly nat, even Wise men and women will like you.
    Thank so much.i like 🇧🇮

  • @joeinganji1
    @joeinganji1 9 месяцев назад +7

    Adopting ur EX,s child 😢😢
    U guys got golden heart ♥

  • @irleneakimana3718
    @irleneakimana3718 9 месяцев назад +7

    afise umugore mwiza cane kandi yitonda disi ahezangirwe 🙏🏾🙏🏾

  • @belyseirankunda7277
    @belyseirankunda7277 9 месяцев назад +6

    Ufise umugore mwiza uzugire Mariage nawe ❤❤

  • @ficelle.b850
    @ficelle.b850 9 месяцев назад +7

    Beautiful and kind wife, Kidumu you made a good choice ❤

  • @irakozeshakiru1131
    @irakozeshakiru1131 9 месяцев назад +8

    Kidumu ❤❤❤❤❤ wakinama kwetuu nyumbani

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 9 месяцев назад +3

    Hosy utanguye neza kabisa
    Kandi ngo : intango nziza ni yakare
    Well.done madame hosy

  • @techno9243
    @techno9243 9 месяцев назад +4

    Ndabumva niberey saudia
    Iki kiganiro kiragyoshe nanje indirimbo za kidumu nazikunda cane nabakunda cane❤❤

  • @ficelle.b850
    @ficelle.b850 9 месяцев назад +4

    What a Beautiful girl , Nicole Nimbona ❤

  • @faidafedha2301
    @faidafedha2301 4 дня назад

    Good, kdumu aratahura ubuzima pe, numugore ni sawa; God be with you all

  • @blaisenduwayezu6200
    @blaisenduwayezu6200 9 месяцев назад +1

    Wooow beautiful family this interview is killer Josephine wewe sio maman pekeyake wewe ni maman genaral roho safi zikikutana nihivyo mumefanya vizuli saana kumuchukuwa huyo mtoto ni baraka, respect mon vieux wavuze amajambo akomeye kububatse you’re good daddy i know that long life and good health we love you so much we’re watching all the way from Australia 🇦🇺 Siren vibes terimbere

  • @Inyigisho432
    @Inyigisho432 9 месяцев назад +1

    Narinkumbuy hosy walahi umwaka mushasha Hosy uzukwubere uwogutera uja imbere🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @kai-alpha8091
    @kai-alpha8091 9 месяцев назад +10

    KIDUMU IYI MESSAGE NDAYANDITSE MUNDOME NINI:" PLEASE VUGA URABA UMUGORE WAWE CHAQUE FOIS MURIKUMWE!" IKINDI KUMURIRIMBIRA NTA NEGOCIATION IJAMWO.

  • @dushimeevody6886
    @dushimeevody6886 9 месяцев назад +2

    Olalalaaa nukuri ndaryohew cane kubw kidum namuheruka kera kbx thx sana kubwa Hosy wantwengej kubwi swahili yae ndaye nezerew kubwa Siren Tv merci bcp

  • @KundaEstate
    @KundaEstate 8 месяцев назад +1

    Beautiful woman. Beautiful indeed. Love you guys from Rwanda

  • @desireirambona2319
    @desireirambona2319 9 месяцев назад +4

    Wakera, uri ku kivi. Komeza urugendo ni fresh

  • @NdayishimiyeMuslim
    @NdayishimiyeMuslim 9 месяцев назад +5

    I like this interview so much

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 9 месяцев назад +6

    Igi swahiri cyaba kenya kirasetsa

  • @Reine257
    @Reine257 9 месяцев назад +7

    I wish I understand kiswahili 😢this is the best interview I like kidumu 🥺❤️

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 9 месяцев назад +2

    Kidumu raba umugore wawe yaco uguma uraba ayo maguru ya Hozy aheruka kubatizwa.

  • @BenemuluBillyado-ji4ze
    @BenemuluBillyado-ji4ze 9 месяцев назад +1

    Yes kibido Mngu abaliki familly ya yenu mi Niko uku Ruiru ndani🇧🇮🇰🇪👍👍mwirambire

  • @chany9950
    @chany9950 9 месяцев назад +5

    Reka je kuryama zomukurikira ejo kidumuuuuuu love you soon much 😘😘😘😘👍🏽👍🏽👍🏽

  • @RareRobertha
    @RareRobertha 9 месяцев назад +7

    Kidumu afis umugore mwiza gose 😍

  • @ndimubansifelicien1068
    @ndimubansifelicien1068 9 месяцев назад +3

    Inspiring interview, thanks to Hosy, kibido n Joséphine

  • @iteritekabenjos-xr7yv
    @iteritekabenjos-xr7yv 9 месяцев назад +1

    Hosy u don't know how mooch ❤ kwa dopt umwanaa wumu ex biba kumudame wumutima mwiza🎉 patiri mukuruu🎉🎉

  • @NjejimanaEnock-mm5si
    @NjejimanaEnock-mm5si 9 месяцев назад +6

    Mana we muradutanguriy neza umwaka❤❤❤

  • @EricNifasha-i9z
    @EricNifasha-i9z 9 месяцев назад +1

    Hosy urayoboye TV on line👊👊 courage🙏
    Kidumu nawe arafise umugore yitonda vrt✅

  • @warumongewarumonge730
    @warumongewarumonge730 9 месяцев назад +2

    Hosy thank u, interview ilikuwa powa sana, i hope to see more interview in Swahili, nimefurahi sana kumbe unaongeya swahili vizuri, congratulation!

  • @GasindiPeveniel-j1u
    @GasindiPeveniel-j1u 9 месяцев назад +2

    The best interview in this year 2024

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar 9 месяцев назад +4

    Ikiganiro ciza cane kiryoshe❤❤🎉🎉🎉

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 7 месяцев назад

    Kidumu ufise umugore mwiza mumaso no kumutima mwirambire king music 🎶 of burundi ❤ .

  • @rwemavedaste-dh8vj
    @rwemavedaste-dh8vj 9 месяцев назад +2

    Hosy wakoze kuzana kidumu adusetsa turabakunda❤ muduhibyishimo.

  • @asenathfather9766
    @asenathfather9766 9 месяцев назад +4

    Hosy mpakazi mba mukenya uwomugore numugikuyu

  • @MoiseByishimo-o4x
    @MoiseByishimo-o4x 8 месяцев назад

    Nimwiza pe gusa byari byiri byiza cane iyo udashiraho wig hair akigira nurturele cg ugatega bvakirundi gusa uzaza yubahweeeeeeee nice choice 😊❤❤

  • @nsavyekwizerasonia8417
    @nsavyekwizerasonia8417 9 месяцев назад +1

    Biraryoheye hosy,afise umudamu wumwana mwiza natwe barazananye muri marriage yacu

  • @migazocumba7212
    @migazocumba7212 9 месяцев назад +4

    Ukora publicite neza zitaturambira❤❤❤❤

  • @StiveBigi-lj2qc
    @StiveBigi-lj2qc 5 месяцев назад

    Courage can hosy irakoze ushoboye vrmt vuba kidumu umugarure interview yiw na madame wiw vraiment yari tesa🌹🇰🇪

  • @lionnelmugisha7003
    @lionnelmugisha7003 9 месяцев назад

    Nitafanya yarandijije ndi mumahanga nibutse famille yanje nkibaza Kuki umugore anyagiriza ubusutwa bwi Buja kandi abona ko Ndiko ndarondera Ubuzima hako ashingikira kandi twarabisezeranye❤❤❤

  • @irakoze3762
    @irakoze3762 9 месяцев назад +2

    Ngo anajua kunyonga na ndiomana yuko na watoto wengi

  • @hortenseiradukunda6226
    @hortenseiradukunda6226 5 месяцев назад

    Better late than never, right? Oh what interview!!!🥲😍😍 Thank you Hosy and the team

  • @adolphe9125
    @adolphe9125 8 месяцев назад

    congratulations Kidumu una mwanamuke mlembo kweli

  • @ngendakumanajeanmarrie7490
    @ngendakumanajeanmarrie7490 9 месяцев назад

    Nawapenda sana nimemaliza kipindi leo nilianza jana usiku nimenalizia leo kidumu kilalaheli 🎉 from kamenge

  • @MugishaMariechantal
    @MugishaMariechantal 9 месяцев назад +2

    Osy wewe ndagukunda mais d,abord happy new year

  • @mariekamikazi9308
    @mariekamikazi9308 9 месяцев назад

    Josephine you are good wife love you Niko Kenya one day l will meet you nimependa ville unajuwa Kirundi nawewe ni Kikuyu But you are the one in Christ

  • @FrancisNzigiyimpa
    @FrancisNzigiyimpa 9 месяцев назад

    Congratulations brother wacu kidumu biramusa dissii ko ari intungane Congratulations also beautiful family

  • @priscillamugisha794
    @priscillamugisha794 9 месяцев назад +1

    Jewendabaza mudandariza hehe ibyobirato nimpuzu 😘😘😘😘

  • @mamacharleneofficial4502
    @mamacharleneofficial4502 9 месяцев назад +1

    Esembakunde cyane koko mubahehe weeeee

  • @ETERNAL.WORSHIP.MINISTRY
    @ETERNAL.WORSHIP.MINISTRY 9 месяцев назад +2

    they can make a nice song together

  • @igirimbabazisania9768
    @igirimbabazisania9768 9 месяцев назад +5

    Hosy wallah utanguye umwaka neza uzonawurangiza neza ❤❤ikikiganiro ni nyina giheze ntabishaka🌹🌹🌹🌹

  • @alidaiz9578
    @alidaiz9578 9 месяцев назад +1

    Erega hozy wewe ni moto wamjini ubaongeye vizuri kiswahili

  • @drjunior234
    @drjunior234 9 месяцев назад +2

    Afise umugore mwiza mwishwanje

  • @krc0607
    @krc0607 9 месяцев назад +1

    Beautiful couple! Umugore wa Kidum ni mwiza kandi avuga neza. But Hosy, urakwiye cane uko uri, nturi igipande 😅😅. Umuntu ntaba défini na mariage, du tout alors!! Tuvuka dukwiye, ntituri ibipande na gato, wapi vraiment…😂😂

  • @ericciza926
    @ericciza926 9 месяцев назад

    Mama pastor kalibu kwetu Burundi🇧🇮❤❤❤

  • @manumunemanumune-uj6jq
    @manumunemanumune-uj6jq 9 месяцев назад

    Nime penda sana vyote kidumu naye anajuwa tuna mpenda zaidi

  • @kwizerajustine3822
    @kwizerajustine3822 9 месяцев назад

    Wawooooo j,adore n'ukuri .hossy vrt ndagukunda pe

  • @habonilolo3689
    @habonilolo3689 9 месяцев назад

    Bravo Hosy the ways you speaks 4 languages 👏keep on

  • @PAIN-TV152
    @PAIN-TV152 9 месяцев назад +2

    Love from Rwanda🇷🇼

  • @francoisciza9904
    @francoisciza9904 9 месяцев назад +1

    Une très très belle interview vraiment ❤

  • @michelinemiche442
    @michelinemiche442 9 месяцев назад +7

    Kenya and Burundi❤

  • @titieloge
    @titieloge 9 месяцев назад +5

    Ikiganiro c'umwaka mushasha

  • @uwizeyeghyslaine5468
    @uwizeyeghyslaine5468 9 месяцев назад

    Wlcm burundi mama Nicole tunawapenda sana

  • @JanetAhmad-v3h
    @JanetAhmad-v3h 9 месяцев назад +2

    huo ni mkenya uwo mugore wiwe igiswahili kenya

  • @ErickNduwimana-tp9gb
    @ErickNduwimana-tp9gb 4 месяца назад

    Sometimes anachoma!😂 Kidum ukwiye kwihamura!

  • @Happy-427
    @Happy-427 9 месяцев назад

    My Lord and Master ooh lala sounds good but hard to imitate , let's try🎉🎉

  • @nimbonadieudonne
    @nimbonadieudonne 3 месяца назад

    Kidumu ndagukunda cyane kuva nkiri muto

  • @kimetemugunga5019
    @kimetemugunga5019 8 месяцев назад

    Ikikiganiro Nichiza gukunda umuryango nogufasha abavandime nibyiza chane

  • @fridolinhabonimana4854
    @fridolinhabonimana4854 8 месяцев назад

    I like legends Kidumu is funy 😂😂😂😂😂😂😂😂 God bless u and his wife 😍😍👏👏👌👌👌

  • @ndayizeyefredina-ni8uf
    @ndayizeyefredina-ni8uf 8 месяцев назад

    Kidumu numuririmvyi yaririmvye uririmbo ndagumvise vyanteye kurira. Gwitwa Uwise uwasahuye uyoyaramenje.

  • @powerplus1933
    @powerplus1933 8 месяцев назад

    Love kidum from Rwanda.

  • @immaculeesimvura8764
    @immaculeesimvura8764 9 месяцев назад +2

    Kidumu..
    Uririmba neza..ufise umutima mwiza...ufise umugore mwiza afise ubufasoni n'ubuntu bwinshi. Kidu...ama blagues yawe ni too much. Haraho umuntu yibaza ko yumvise neza ou pas.

  • @christopherniyimbabazi9969
    @christopherniyimbabazi9969 9 месяцев назад

    Fizzo is the one of the the musicians who knows how to make anice song so I can say fizzo is the ging of musicians

  • @RatifaRatifa-s7i
    @RatifaRatifa-s7i 9 месяцев назад

    Une très belle waaa mukakidumu mimwiza CN gs

  • @lazzR1935
    @lazzR1935 9 месяцев назад +7

    Anatoboa siri😮🎉😂😂😂

  • @nonookimon5216
    @nonookimon5216 Месяц назад

    Byiza cyane Hosy from Rwanda

  • @Juliette-x9d
    @Juliette-x9d 9 месяцев назад +2

    Luhya from bungoma

  • @SergesNduwimana-dy1ch
    @SergesNduwimana-dy1ch 7 месяцев назад

    Sister ba ureka umutimire aheze kuvuga hapana kuguma ubaciramwi

  • @Nidivin
    @Nidivin 9 месяцев назад +2

    Ndakunze ikikiganiro❤❤

  • @rydyfhgfhdhcv6317
    @rydyfhgfhdhcv6317 9 месяцев назад +2

    Bien dit kibido wacu❤

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 9 месяцев назад +2

    Azamuririmbire , usa neza usa nayo kwiteka ubufasoni nu bwitonzi bwawe ukabumeze nka barundikazi. Kuko no ku mutereta yavuzeko Asa na barundikazi

  • @JohnwarkerBonjour-lj3iw
    @JohnwarkerBonjour-lj3iw 9 месяцев назад

    Hosy engea kwiswahili .ama ya Kenya ni ngumu kuongea?ni kama munamuongelea huyo mama! sema Luga yenye anajuwa please

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 9 месяцев назад +3

    Wooooa mbega ivyiza ❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 9 месяцев назад +1

    Kibido ufise umudamu mwiza pe
    Ariko jewe mbona hari agahaze
    Nta Alliances mwambaye why?
    Yobabera da
    Ndabakunze 🇧🇮🇨🇦❤️❤️❤️

    • @SBWorld17
      @SBWorld17 9 месяцев назад

      Gikuru nikiri mumutima kuko hari nabavangana bazambaye

    • @bahemajavan4716
      @bahemajavan4716 9 месяцев назад

      Abarundi turatwenza. Impeta nizo zubaka ingo ? Hahahahaaaa. Baraguhenze.

    • @fatmahaf4951
      @fatmahaf4951 9 месяцев назад

      ​@@bahemajavan4716nihatr ivyo vyari vyakera 😅😂

  • @ndayiragijelevantus5906
    @ndayiragijelevantus5906 9 месяцев назад

    Merci monsieur kidumu.

  • @bedbuntu1171
    @bedbuntu1171 9 месяцев назад

    Ni ukweli we nimrembo na tabia nzuli❤

  • @boboyann
    @boboyann 8 месяцев назад

    Eeeehhh Mugure can sing 😮😮😍😍😍😍😍😍

  • @ericlulela7460
    @ericlulela7460 8 месяцев назад

    Impwemu yera ,,very nice interview 😂😂😂😂

  • @lydi791
    @lydi791 9 месяцев назад

    Nimba arabantu baryohera ana kenya igiswahili cabo kiratesa

  • @MUHIREMoise-n9l
    @MUHIREMoise-n9l 9 месяцев назад +1

    hinge nje kukazi...this interview must be full of marital wisdom....nca ndaba muye kukazi hhhhhh

  • @rutamusimba2283
    @rutamusimba2283 9 месяцев назад

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤my favorite Brother l love you so much

  • @mukizaedrick9221
    @mukizaedrick9221 9 месяцев назад +1

    kidum yrishuwe kweli

  • @Reine257
    @Reine257 9 месяцев назад

    She is gorgeous 😍❤️

  • @Allaboutmusiclyrics
    @Allaboutmusiclyrics 9 месяцев назад +2

    Kidumu🙏🙏🎊🎊🎊💯❤❤❤❤️❤️❤️‼️‼️‼️

  • @ndayishimiyeamani9522
    @ndayishimiyeamani9522 9 месяцев назад +1

    Love from Rwanda

  • @irankundajimmy5512
    @irankundajimmy5512 9 месяцев назад +1

    Hosy igiswahili urakizi ubuze confident gusa