ABARUNDI MURI CANADA🇨🇦 BAKOZE AMATEKA🔥 UMUZUNGU AFASHE INGOMA Z'UBURUNDI🇧🇮 ICIGWA KU BURUNDI
HTML-код
- Опубликовано: 18 май 2024
- "No matter where you're from, your dreams are valid"
----------------------------------------------------------------------------------
#FulgenceMika #burundi #ingoma #canada
Bana natwe umenye kandi wige vyinshi!
Wibukuke gukora Subscribe Like Comment na share maze dukomeze kubana 5/5
Ukeneye kwamamaza twandikire kuri: (+257) 69 241 403 / (+57) 79 395 900 canke ku mbuga dukoresha: Faceboo|Twitter|Instagram|Tiktok
_________________________________________
Follow Us On:
INSTAGRAM: / iamfulgencemika
FACEBOOK: profile.php?...
TWITTER: / fulgence_mk
TIKTOK: www.tiktok.com/fulgencemika Развлечения
ruclips.net/video/Lt8srbs0k5Y/видео.htmlsi=1T3NmRMj0Prpcwvr
👆Hotel Bed by Geoffroy
Like, Comment, Share and Subscribe ❤️🔥🇧🇮💪
Burundi hatemba canke hareka buzama bwubahwa kwisi yose Imana yaburemanye igikundiro cinshi.ntanikindi gihugu nakimwe kizabamwo ibintu bikundwa hose atari Burundi gusa.🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥💪💪💪💪💪
🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮
courage les jeunes Burundais
Bavandi muhatwike ndabakinda cyane
Bubahwe kweli
Burundi burakundwa nukubwavyo vyabaye ndanse arko harunsi yesu azodukuramubuja😢😢
Vyanke bikunde har'umusi tuzoshika aho tunezerwa!🙏🤝❤️🇧🇮💪🔥
woow this is amazing🎉🎉
❤️❤️❤️🇧🇮💪🔥
Ingoma z'uburundi ni trésor idasanzwe
🙏🇧🇮🤝
Vyiza can❤❤❤❤
❤❤❤
Bro I really appreciate u mazina go ahead tomorrow gonna be better than
Thanks for 🙏💪🤝🇧🇮
Excellent
Thank you! Cheers!
Wayivugiyemwo cane.
Naje kuvuga abashaka kuyumva neza nabahaye link muri comment!
Kuko murazi neza ko nta ruhusha rwo kuyi posta mba mfise!
Je mbaha POVs zanje tu!
Abarundi nabambere ku isi mugukubita ingoma
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥💪❤️✌️
❤❤❤
Thank you
You're welcome
❤❤❤🎉🎉
Abarundi twubahwe
twiciwe na politic mbi nayahandi twari dushoboye
Gahoro biriko buraza muta!
Ijambo umuzungu urivuga kenshi cane nkuko umenga yaguhaye igiturire. Vuga gusa ko Ingoma z'uburundi zibica bigacika mu makungu kubera amateka yazo. Niho urwaruka ruca ruziteza cane imbere mbere rukarondera gutahura cane kahise kazo n'ikibanza zamye zifise mu Burundi kuva kera narindi.
Tiyisangahehenon iyondirimbo tuyumvish Wew uratubesh kwr yishir kurubuga non tuyirab cambutubwir ahotuyisanga👨💻👨💻
Raba comment yambere
None kuvuga cane uyivugiramwo
Erega nyenw naje kuvuga hama link y'iyo ndirimbo iri muri comment section kuko sinemerewe kuyibumvijsha jewe kandi atari rwanje!🙏🙏🙏
Ikibazo uvugiramwa cane nkubu nagumyenibazako nzakubabona batamba
Munyihanganire gato ariko, nimba mwakurikiranye inkuru yose, sindiko mvuga ibijanye no gutamba ahubwo ndiko mvuga ivyabaye nibutsa ko natwe vyogira ico bitwigishije!🙏🙏🙏🤝🇧🇮❤️💪
Iyondirimbo twoyisangahe tiyirabe
ruclips.net/video/Lt8srbs0k5Y/видео.htmlsi=1T3NmRMj0Prpcwvr
❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪
🙏🙏🙏🤝🇧🇮❤️💪
LIKE BACK 🎉🎉🎉❤
🙏🙏🙏🤝🇧🇮❤️💪
Uvuze indirimbo uyishiramwo siwe uguma uvuga,jewe ntayo numvise numvise wewe gusa,wari kupfuma uyiha 30 sec,sinzogaruka kumurongo wewe uraswaganya
Ok!
Iyo ndirimbo nayivugije imisegonde mike nyene kuko ntemerewe kuyivuza!
Namwe mube mwibuka gushiramwo ubwenge man iyo mutana ivyiyumviro!
Link iri muri comment yambere urashobora kuyumviriza!