Amateka yose ya Perezida PIERRE Nkurunziza: Sobanukirwa Amabanga ye

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 13 янв 2025

Комментарии • 36

  • @cedricknkurunzizapnb6331
    @cedricknkurunzizapnb6331 4 года назад +2

    Uyumuvyeyi wacu Nyenicubahiro Petero Nkurunziza Imana Ibandanye kumugira itara Rimurikira africa

  • @thegreatwise3280
    @thegreatwise3280 4 года назад +3

    UWO MUTAMA ABARUNDI NITWE TUZI IVYIZAVYIWE IMANIMUHEZAGIRE CANE RABA NONEHO YARAYE ATANZE AKARORERO KEZA MURI AFRIKA KOGUTANGA UBUTEGETSI AMASHI MENSHIII KURI PIERRE NKURUNZIZA SE W''UBURUNDI BWA NYABURUNGA

  • @salimramadhani740
    @salimramadhani740 4 года назад

    Nic1

  • @salimramadhani740
    @salimramadhani740 4 года назад

    👍👍👍👍👍👍👍👍

  • @hellotheteaishot2589
    @hellotheteaishot2589 4 года назад

    Mana

  • @felixndicunguye6352
    @felixndicunguye6352 5 лет назад +1

    Komera mutama agati gateretse nimana ntigahenugwa numuyaga niwirambire muzehe

  • @simonmuhizi9458
    @simonmuhizi9458 6 лет назад

    Yarivugiye k iwabo yari bari abarozi gusa!ntaciza c'abarozi.uwiteze ivyiza kubarozi nibarindire kweri

  • @umutozo_250tv6
    @umutozo_250tv6 6 лет назад

    hahahahhahahahaaaaa ati sinarenza ba 5 ba mbere . azazane bulletins ze turebe nibatamukorera izindi. icyonzi cyo yarabahekeza (uwanyuma) ni tete vide kabisa. si non niba arivyo, uburezi bw'i burundi biribonekeza ingene buri hasi cyane

    • @yvesromeobigirimana4928
      @yvesromeobigirimana4928 6 лет назад +1

      WW ntibikenew k ubona bulletins ziw! Hama té qui au juste pour qualifié yuk ubumenyi bw Uburundi buri hasi? hubwo urakwiy gukosora language yaw kuko nta buntu burimwo

    • @umutozo_250tv6
      @umutozo_250tv6 6 лет назад

      none nkurunziza uriya twese tuzi wiyitirira ko yari incyabwenge ihambaye muburundi umeze kujyaaa. ubwo niki wiyumvira ngaho? i BURUNDI turazi ko harinca bwenge nyinshiiii cyane kdi zidafise aho zihuriye na Nkurumbi, iyo comment yanje ya 1 nakoze nza nkunegura iyo poor documentary ya nkurumbi

    • @yvesromeobigirimana4928
      @yvesromeobigirimana4928 6 лет назад

      1 nta philosophie ikenewe kukuba yar incabwenge,2 Uburundi WW ntabw uzi ,3 Urupfasoni rurakenew...ntiyitwa nkurumbi yitwa S.E Pierre Nkurunziza

  • @jeanclaudehategekimana3502
    @jeanclaudehategekimana3502 3 года назад

    Akarenganyo avuga ntikarahera turacakabona

  • @niyomwungeretheophileniyom6075
    @niyomwungeretheophileniyom6075 6 лет назад

    yesu araje

  • @valantinbarekayo640
    @valantinbarekayo640 6 лет назад

    Umuntu ava kure

  • @abcdefgger
    @abcdefgger 6 лет назад +2

    Uyu numwicanyi mubiiìiiii ndakwanka maana

    • @meschuvyamungu3358
      @meschuvyamungu3358 6 лет назад +1

      olivier kalume lofaaaaa umwicanyi ni wewe ninde atishe mupa président uzi???ntanumw umuvuruze atica shaaa

    • @abcdefgger
      @abcdefgger 6 лет назад

      Meschu Vyamungu hahahaha uyo numwicanyi sha ndakwibarize sha yobariso wawe canke nawe woba umeze nkawe reka sha ukuri kurababaza pe 😭😭😭

    • @eca-mlondanyiabokyo4416
      @eca-mlondanyiabokyo4416 6 лет назад +2

      Imana igusaba gukunda Umwansi wawe.Naniko vyagendeye Namani,umwami suluweli amubwira ko yambika inketo umwansi wiwe ibirato kandi anagireko amufukamira.

    • @abcdefgger
      @abcdefgger 6 лет назад

      ECA-MLONDANYI ABOKYO hahahahah ok reka ndavyemere ntakundi👏👂👍

    • @eca-mlondanyiabokyo4416
      @eca-mlondanyiabokyo4416 6 лет назад

      Umwicanyi ninde?
      Canke umwicanyi aboneka dyari?
      Ibiranga umwicanyi nibihe?
      Umuntu wese yipfuriza mugenziwe inabi canke agamira kugirira nabi uwundi canke yipfuza gusubiriza munkoko uwundi kuvyo yamukoreye bibi uyo numwicanyi!
      Nanje nguhanura nkuko Yesu Kristo yadusavye "kunda umwansi wawe girira neza uwukugirira nabi"
      Mbega Yesu Kristo yibutse ibibi tumugirira vyogenda bite?
      Ibuko ahohambere abantu iyo bamonogoye gukori bibi ico Uhoraho yakora yararandura agahonya.kuba wewe ukiriho ibaze nawe biva kuki konzi nawe ukora ibibi?
      Mbega amabwirizwa 10 Y'Imana uyakurikiza yose?
      Mbega amabwirizwa 2 Yesu Kristo yavuze urayagendera?
      Ariyo yaya:1)Kunda Uhoraho numutima wawe wose,nubwenge bwawe bwose,namagara yawe se.2) kunda mugenzawe nkuko wikunda wewe nyene.
      Ico nkwipfurije va muvyimigambwe canke muvyamadini ube umunyakuri kugira Niwapfa uzutahire IJURU .Ivyimigambwe canke abanya migambwe ntaho bizobajana mwijuru,canke abanyamadini ntaho bazojana Amadini yabo!
      Gira ukwizera mumutima