Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Film ninziza cane Uwo tubibona kumwe Ampe aka like
Courage mes chers amas
Ndabona vyakaze muri 62 july films nuko abakinyi beza
Guys ndabaye uwambere mukhama keep it up bantu banje imbere ni heza sana likes zanje ndazihabweeeeeLOVE FROM GIGI GLAMOUR
kugipfunsi wubahwe cane 😂🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Iyo partie mwari muri boîte mwari kuyireduisant kweri ituma turambirwa n'ibikurikira
Ishaka rirahari kandi courage but haracariho vyinshi vyo kwameliora
uyo mukobwa yaykinye neza action azondondere ndamwigishe taekwondo yimprovinge
Hey filmndayimaze br5 meqrimwayiteguye guhana vrt Glamour ubu nta camera usigaye utonya Estime yaguforomy3 pr kelly nawe yararimwo courage mwese abavyeyi namwe nanka kumviriza abana bari nibibazo ingaruka zikaba kumuryango
Muduhe swite
Butamu nimekubali
Mama Chris weee urumva ararekuye imyotsi wamenga ni coaster iriko irafima wallah 👌 gus mwari mwanaberewe shn
Gigi sinarinzi KO ukaze cane nkuko Ubu ngiye kuza ndagutinya soldier gyal Shout out to y'all u are the best Glamour
I Hope muzogera kure insha Allah mwakoze igikogwa ciza congratulations ,i'm Key Man very nice film
Ndakwemey kwer warubahany Bose abakugiriy nabi.uringwanyi kbs.Estime na Christ baros iyind ngwanyi ikaz kwer yumukobw ibirimw neza.knd arakoz kubampanira
😊😊🙏🙏♥️♥️
Muraruenze kbx big up Imbere niheza
MJC courag kbx,ham ugabany gusaba inama y2......... mukaz,If u know u know😃
I got you my brother 😂😂
🤣🤣mbeg films iryosh weeeeeee nukur 62 juil muj mutavyorosha courage cneee turabashigkiyeee,❤️❤️❤️ Gigi urazi gukina vrm
Jewe nagombandababwireko iyi film kwariyo itumyendaba film zomuburundi kuko ntavyogupacapaca mwakinye vraiment, nukuri courage, film zanyuzose nzozikurikirana kabisa, you are the best guys. Juste keep on 🤞
Yooooooooooo Abasaza nukuri muzoterimber ibintu mukoze nabakuru banyu ntavyo barakora gusa mwebw imana ibashikan kure 62 July Films terimbere
Wouah mbega ivyiza❤❤ umugwi 62_July_films ndabona murashoboye cane vrt nimwakomeza mukora uku imbere niheza cane vrt knd bizogenda neza✌✌🤞✌🤞
🔥🔥🔥🔥🔥🔥 isaaa a big movie lik creative “m number on “comnt gimm m lik guys 🔥🔥
❤❤❤❤❤ anaitwa Gigi my pacha akiii unaweza Mungu mbele wewe nyuma ❤❤❤nimependa sana
boylux comfirm the big movie in town keep pull up it gyz
My Team 💪💪Love from Rai-key nc film ❤️🔥❤️🔥❤️🔥❤️🔥❤️🔥❤️🔥
Chrétien nkunda ukunda uba uri sérieux ❤umenga uri assassin muri za film za ba shinwa courage bro
none izi ngumvu vrt .jewew sinarinzi ko uz kugwana like that 🎭
😂😂😂🙏🙏
Hasigay iminot mike vrt
Mmmmm Gramour wanj courage mwizaa abavyeyi nkabo bibahe isomo inyigisho nzim vrt numva noguma ndayisubiramwo💯Imana imbere beza integuro zanyu igume ibashira hejuru
Muganga shaan usigara ufata ubuserieux ndagufan di gogo❤
Guhana film Gigi just go forward
Keep shining Gigi you're the only one actor ❤
Kwekweri kipaji munaco nimeipenda hi movie
Ercy hejuru cane💯💯🔥🔥🔥
Eeh muriyo party 🎉🥳 rero yarimwo vibes imwe yahatari wallah 👌
Love from kanyana oficiel
Ohwiiiiii nari ndayirindiranye igishika peee
courage
Iyi film irarenze vrmt. Umwanditsi wayo Gigi, yubahwe 👏👏👏 irimwo inyigisho nyinshi
Harahiye kbs respect 62 july films mur kubikora bien🔥🔥
🎲🙌💥💥🔥 Nic Nic
woooo mbuze icokuvuga mbega Film nziza 🥰 yandistwe neza , yakinywe neza,ifise amasanamu meza, irimwo n'ubutumwa bwiza 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥mwubahwe cane mubirimwo neza🇧🇮🔥🔥🔥
Nanj ndipfuza gufatwa n’abaporisi bari sexy nka kuriya kabisa😂🔥🔥Gygy wee ndo wangu❤️
Estimé ubirimwo frsh sn bro kandi courage sn brother WW uzoshika kure goseeeeeee
Love from mwalimu
Big up sana courage vrmt
Yayayayayayaya 💃💃💃💃💃 kuva aho narabiye filme ndundi iyi yoyo ije iryoshe gusumba manaaaa 62 July films ndumufana wanyu ndabafana snaaaaa
Nimukomere akazi keza twakakiriye neza.
Akanya keza ko kuraba film GUHANA big up guys and keep shine ✊✊✊✊
Never give up Boi
Gigi ndashak nanj unyigish guter igipfus kbx urarenz
🤣🤣🤣🤣
Fire 🔥🔥 mwubahwe kbx
Kwer musaz ndemey urategur kabis💯💯💯👍👍👍
Salut bantu bacu zriko amajambo ntiyuvikana neza
Inambwe kuyindi my brother
Film nzizaa guys 👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪
Courage kur mwebw bantu banj
Kumb baza bantanze kwele .mbisa nicare ndabe urusasu
Courage kbx
Ndemeye pe gigy urashoboye pe courage kbs ejo niheza
From burundi
Wawuuuu mukobwa ndagukunze cane courage
Jackson support you gigi
Support from Kinamovies TV
Kwl shaaaah familly
i love so much this film❤
iz Nice muvie
24 heures chrono ndake😀😀😀😀
Courage dii
Courage gigi wanjeu❤😂😅
Courage❤️❤️❤️❤️
Egii mmmm....mmmm
Yuuu hejuru cyane my team ndabakund mukina neza
We are waiting for guys Keep reaching far Gigi
Ewe Mzizi shaa Ngo Ubu usigaye wigisha kwica abantu
Bien joué vrt mukomez muj imber
Hahhhhh!!!! Ni too Much kbs respect
Bravo 😮😮😮😮😮😮😮 kbx
🥰🥰verry good
Namasanamu ntabona neza
Courage kuri Chrétien yakinye meza gusa muracafise vyinshi vyo gukosora amakosa ni meshi kndi mbona irimwo aba acteur basa nababimenyereye
Haracari imping ndend ndabarahiye
Urakoze
big up 62 july films
Estime oyeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee
Wow what a nice films Gigi big u sis reach far❤️💘
Elcy courage😄
Imana ibajimbere
Basha iyikurikira muyinyarukane kwr😋
Légende nari naratanzwe kwel murabiryoshaaa
Murashoboye
Ça fait déjà la 3eme fois ndayiravye biranse nuko nryama 💥👌 vraiment c'est du bon boulot ,#@ariko Turakeney Part 2 vuba vrt
Hejur cyan 62july films
Courage bakunzi❤
Waooooo Ni fire kbxx
Mukomerezaho murashoboye
Courage xanaa ❤❤🎉
Gigi ndi rutse
Kwamasaha atagenda basha?? AM READY FOR IT 🙏♥️
KBC Cédric ikin frsh
Ese gamana ntizobandanya iratenze pe
Mamafirime nubuki ntimuzemuratunyoteza
Film ninziza cane
Uwo tubibona kumwe Ampe aka like
Courage mes chers amas
Ndabona vyakaze muri 62 july films nuko abakinyi beza
Guys ndabaye uwambere mukhama keep it up bantu banje imbere ni heza sana likes zanje ndazihabweeeee
LOVE FROM GIGI GLAMOUR
kugipfunsi wubahwe cane 😂🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Iyo partie mwari muri boîte mwari kuyireduisant kweri ituma turambirwa n'ibikurikira
Ishaka rirahari kandi courage but haracariho vyinshi vyo kwameliora
uyo mukobwa yaykinye neza action azondondere ndamwigishe taekwondo yimprovinge
Hey filmndayimaze br5 meqrimwayiteguye guhana vrt Glamour ubu nta camera usigaye utonya Estime yaguforomy3 pr kelly nawe yararimwo courage mwese abavyeyi namwe nanka kumviriza abana bari nibibazo ingaruka zikaba kumuryango
Muduhe swite
Butamu nimekubali
Mama Chris weee urumva ararekuye imyotsi wamenga ni coaster iriko irafima wallah 👌 gus mwari mwanaberewe shn
Gigi sinarinzi KO ukaze cane nkuko Ubu ngiye kuza ndagutinya soldier gyal
Shout out to y'all u are the best Glamour
I Hope muzogera kure insha Allah mwakoze igikogwa ciza congratulations ,i'm Key Man very nice film
Ndakwemey kwer warubahany Bose abakugiriy nabi.uringwanyi kbs.Estime na Christ baros iyind ngwanyi ikaz kwer yumukobw ibirimw neza.knd arakoz kubampanira
😊😊🙏🙏♥️♥️
Muraruenze kbx big up Imbere niheza
MJC courag kbx,ham ugabany gusaba inama y2......... mukaz,If u know u know😃
I got you my brother 😂😂
🤣🤣mbeg films iryosh weeeeeee nukur 62 juil muj mutavyorosha courage cneee turabashigkiyeee,❤️❤️❤️ Gigi urazi gukina vrm
Jewe nagombandababwireko iyi film kwariyo itumyendaba film zomuburundi kuko ntavyogupacapaca mwakinye vraiment, nukuri courage, film zanyuzose nzozikurikirana kabisa, you are the best guys. Juste keep on 🤞
Yooooooooooo Abasaza nukuri muzoterimber ibintu mukoze nabakuru banyu ntavyo barakora gusa mwebw imana ibashikan kure 62 July Films terimbere
Wouah mbega ivyiza❤❤ umugwi 62_July_films ndabona murashoboye cane vrt nimwakomeza mukora uku imbere niheza cane vrt knd bizogenda neza✌✌🤞✌🤞
🔥🔥🔥🔥🔥🔥 isaaa a big movie lik creative “m number on “comnt gimm m lik guys 🔥🔥
❤❤❤❤❤ anaitwa Gigi my pacha akiii unaweza Mungu mbele wewe nyuma ❤❤❤nimependa sana
boylux comfirm the big movie in town keep pull up it gyz
My Team 💪💪Love from Rai-key nc film ❤️🔥❤️🔥❤️🔥❤️🔥❤️🔥❤️🔥
Chrétien nkunda ukunda uba uri sérieux ❤umenga uri assassin muri za film za ba shinwa courage bro
none izi ngumvu vrt .jewew sinarinzi ko uz kugwana like that 🎭
😂😂😂🙏🙏
Hasigay iminot mike vrt
Mmmmm Gramour wanj courage mwizaa abavyeyi nkabo bibahe isomo inyigisho nzim vrt numva noguma ndayisubiramwo💯Imana imbere beza integuro zanyu igume ibashira hejuru
Muganga shaan usigara ufata ubuserieux ndagufan di gogo❤
Guhana film Gigi just go forward
Keep shining Gigi you're the only one actor ❤
Kwekweri kipaji munaco nimeipenda hi movie
Ercy hejuru cane💯💯🔥🔥🔥
Eeh muriyo party 🎉🥳 rero yarimwo vibes imwe yahatari wallah 👌
Love from kanyana oficiel
Ohwiiiiii nari ndayirindiranye igishika peee
courage
Iyi film irarenze vrmt. Umwanditsi wayo Gigi, yubahwe 👏👏👏 irimwo inyigisho nyinshi
Harahiye kbs respect 62 july films mur kubikora bien🔥🔥
🎲🙌💥💥🔥 Nic Nic
woooo mbuze icokuvuga mbega Film nziza 🥰 yandistwe neza , yakinywe neza,ifise amasanamu meza, irimwo n'ubutumwa bwiza 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥mwubahwe cane mubirimwo neza🇧🇮🔥🔥🔥
Nanj ndipfuza gufatwa n’abaporisi bari sexy nka kuriya kabisa😂🔥🔥
Gygy wee ndo wangu❤️
Estimé ubirimwo frsh sn bro kandi courage sn brother WW uzoshika kure goseeeeeee
Love from mwalimu
Big up sana courage vrmt
Yayayayayayaya 💃💃💃💃💃 kuva aho narabiye filme ndundi iyi yoyo ije iryoshe gusumba manaaaa 62 July films ndumufana wanyu ndabafana snaaaaa
Nimukomere akazi keza twakakiriye neza.
Akanya keza ko kuraba film GUHANA big up guys and keep shine ✊✊✊✊
Never give up Boi
Gigi ndashak nanj unyigish guter igipfus kbx urarenz
🤣🤣🤣🤣
Fire 🔥🔥 mwubahwe kbx
Kwer musaz ndemey urategur kabis💯💯💯👍👍👍
Salut bantu bacu zriko amajambo ntiyuvikana neza
Inambwe kuyindi my brother
Film nzizaa guys 👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪
Courage kur mwebw bantu banj
Kumb baza bantanze kwele .mbisa nicare ndabe urusasu
Courage kbx
Ndemeye pe gigy urashoboye pe courage kbs ejo niheza
From burundi
Wawuuuu mukobwa ndagukunze cane courage
Jackson support you gigi
Support from Kinamovies TV
Kwl shaaaah familly
i love so much this film❤
iz Nice muvie
24 heures chrono ndake😀😀😀😀
Courage dii
Courage gigi wanjeu❤😂😅
Courage❤️❤️❤️❤️
Egii mmmm....mmmm
Yuuu hejuru cyane my team ndabakund mukina neza
We are waiting for guys Keep reaching far Gigi
Ewe Mzizi shaa Ngo Ubu usigaye wigisha kwica abantu
Bien joué vrt mukomez muj imber
Hahhhhh!!!! Ni too Much kbs respect
Bravo 😮😮😮😮😮😮😮 kbx
🥰🥰verry good
Namasanamu ntabona neza
Courage kuri Chrétien yakinye meza gusa muracafise vyinshi vyo gukosora amakosa ni meshi kndi mbona irimwo aba acteur basa nababimenyereye
Haracari imping ndend ndabarahiye
Urakoze
big up 62 july films
Estime oyeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee
Wow what a nice films Gigi big u sis reach far❤️💘
Elcy courage😄
Imana ibajimbere
Basha iyikurikira muyinyarukane kwr😋
Légende nari naratanzwe kwel murabiryoshaaa
Murashoboye
Ça fait déjà la 3eme fois ndayiravye biranse nuko nryama 💥👌 vraiment c'est du bon boulot ,
#@ariko Turakeney Part 2 vuba vrt