Ruhuka mukozi wi Mana, imihati yi mirimo yawe igukuriye. Wazanye benshi ku kumenya Yesu Kristo, isezerano mwi jambo ry'Imana nuko uzokayangana nki nyenyeri Yesu Kristo niyahishurwa. Dutanze mpore ku muryango ni kwi shengero ngo mwihangane kandi muhumurike.
Hahirwa abapfa bapfira mu Mwami, ngo baruhuke imiruho n'imihati. Kandi ngo imirimo yabo igende ibaherekeje. Condoleances à l'Eglise et à la famille laissé
Mwiruhukire amahoro ijuru mwararikoreye,kandi turizera ko ivyo mwatwigishij kwitondera tuzobishobozwa na mpwemu yera murakoze🙏🙏
Amen 🙏💖
Ndashimye ko yasabanye imbabazi namugenziwe imana igaca imuhamagara 🙏
Dieu est juste et fidèle
Uyu mukozi w'Imana yatashe. Arasinziriye, ubundi nta rupfu ruhari ku bizera umuntu aba asinziriye gusa.
Amen 🙏💖
Arafise ico yokwirata imbere y'Imana. Yarashikanye benshi k'ukugororoka, Imana Se w'Umwami wacu Yesu Kristo Imwambike ibitsibo
Amen 🙏💖
Yaaa inyigisho zawe zirafasha cyane ngenda neza tugahurira mwijuru Uruhukire mugitunza cy,Aburahamu uwiteka nabamarayika bakwakirane ibyishimo
Amen 🙏💖
Uhoraho aguhe iruhukiro ryiza Mwungere mwiza…Ikwambike umwambaro wakoreye..Amen
Amen 🙏💖
Waruwikimazi kininiiiini cane mwishengero ryapentekote gendamahoro
Amen 🙏❤️
Am so blessed and imparted by the word of God . Amen
Amen 🙏💖
Umugororotsi w'Imana iruhukire
Amen 🙏💖
Hahirwa abapfa bapfira mu mwami Yesu. Niyitahire. Agiye muri bamwe bazuka imbere inzamba niyavuga
Amen 🙏💖
Iruhukire wabaye umugisha kuritwe none Imana wakorey irakwiyegereje
🙏💖
Ruhuka mukozi wi Mana, imihati yi mirimo yawe igukuriye. Wazanye benshi ku kumenya Yesu Kristo, isezerano mwi jambo ry'Imana nuko uzokayangana nki nyenyeri Yesu Kristo niyahishurwa.
Dutanze mpore ku muryango ni kwi shengero ngo mwihangane kandi muhumurike.
Amen 🙏💖
Yooo. Birababaje gutandukana, ariko, umukozi w'Imana aratabarutse arasinziriye kuko asize umuryango, izina, ishengero, Imana yakoreye imwakire. Mukomere muhumurike
Amen 🙏💖
Ruhuka amahoro Muvyeyi mwiza Imana wakoreye ikugorere.
Wari intwari 🙏
💖
Imana irimbuy,umugeni wayo Huruka Amaho muvyeyi wacu.
💖🙏
IMANA wakoreye yagushimye abantubirinde gushavuza abakozi b Imana kuko turabaruhisha
Amen 🙏💖
Ruhuka amahoro muvyeyi.
Imana iremeshe umuryango wose.
Amen 🙏💖
Ese nanje Imana izompe iherezo ryiza
Amen 🙏💖
Umugeni aratashe
Imana yakurikiye akanayikorera Imuhe kuruhuka Amahoro👏👏👏👏
Amen 🙏💖
iruhukire mumahoro warakoreye IMANA mukuri nomumpwemu .
Amen 🙏💖
Imana yakire umwungere wacu natwe IMANA ize iduhe kuzosubira kubonana nawe mwijuru 🙏🙏🙏
Amen 🙏💖
Mana uramwakira mubwami bwawe natwe uratwibuka abakumvira bose
umugeni aratashe,araruhutse.😢
Imana Imuhe iruhuko ryiza umuvyeyi wacu,yatuberey umugisha
Amen 🙏💖
Imana wakoreye yakwiyegereje ikwambike ibitsibo wakoreye Muvyeyi ruhuka amahoro twagukunda
Amen 🙏💖
Amn
Amen 🙏❤️
Uruhukire mu mahoro Umushumba. Imana yakwakiriye.
Amen 🙏💖
Arahiriwe Kuko yirangirije neza agiye kubana numwami YESU icompa tukazohurirayo
Amen 🙏💖
Ruhuka amahoro mukozi w'Imana iyo mwakoreye irabiyegereje
Amen 🙏💖
Imana ihabwe icubahir kutashe Amhoro Sogo
Ruhukamaho muvyeyi wacu mwiza iyowakoreye iguhe waziganije vyose amen amen amen .❤❤❤
Amen 🙏💖
Amen 🙏💖
Imana imwakire mubwami bwayo
Yamaze kumwakira turavyizeye🙏
IMANA iratsinze
Amen 🙏💖
Yesu kritso aduhe kuruhuka nkuyu muvyey yitahiye neza cnn nakibuza tuzomusanga mwijuru vyukuri 🎉🎉
Amen 🙏💖
Aruhutse nkintwari nyene yakorey'IMANA
🙏💖
R.P Mukozi w'Imana Imana iguhe uburuhukiro bwiza muvyeyi wacu
🙏💖
Tuzoguma tukwibuka muvyeyi wacu w'ikiremba❤
Amen 🙏💖
Iherezo ryiza ❤
Amen 🙏💖
Imana Imwakire
Amen 🙏💖
❤❤ amen
Amen 💖
Ruhuka nezaa mukunziii wa Yesuuuuuu
Amen 🙏💖
Pumuzika kwa Amani mutumishi wa Mungu
Amen 🙏💖
Nanje ndilrimbuye kubwirijamboo
Imana ihabwe icubahiro 🙏💖
Ruhuka amahoro muvyeyi Imana wakoreye ikwambike ibitsibo vyishi wakoreye
Amen 🙏💖
Hahirwa abapfa bapfira mu Mwami, ngo baruhuke imiruho n'imihati. Kandi ngo imirimo yabo igende ibaherekeje. Condoleances à l'Eglise et à la famille laissé
Amen 🙏💖
Umugeni aratasheeee.warayikorey bihagij ruhuka nezaaaa mutama
Amen 🙏💖
Iruhukire amahoro ,wayikoreye mukuri nomukugororoka
Amen 🙏💖
Nivyoyigishije ce dimanche
🙏
Uhoraho lmana irahagishikanye wari wipfuza kuhabona nezegwa himbagwa nukuri ugiriwe ubuntu n'adata watwese kuko abeshi baheze munzira
Biragoye kwakira ariko genda amahoro twagu❤❤
🙏💖
Que Dieu accueille son âme !!!
Amen 🙏💖
Amen 🙏💖
Iruhukire amahor muvyeyi utusigiye agahinda 😭😭😭😭😭💔💔
Amen 🙏💖
Uruhuke neza muvyeyi iyo wakoreye ikwambike ibitsibo😢😢
Amen 🙏💖
Utuombee.baba.nasisi.tumarize.vzr.pumuzika.kwaamaani.
Amen 🙏💖
Uburuhuk budashira mwungere wacu😭
🙏💖
Niyitahire yarabaye umuco
🙏💖
Tuzokwama tukwibuka lmana nyene amahoro izodufashe tubane mw'ijuru,twagukundaaaa.
🙏💖
ewe Satani Uhoraho aguhane wari wibwiye ngo womufata, Imana ishimwe ko yanesheje ico kigeragezo co guharira no gusaba imbabazi kuko Imana ntigomba ibimazi imbababazi nizo ikeneye.None asoje urugendo rwiwe amahoro ata rwanaga ruri inyuma yiwe.
Amen Amen 🙏💖
Iruhukire amahoro muvyeyi wacu
Amen 🙏💖
Yoooo tuzahora tukwibukaz
🙏💖
Yarayikoreye lmana nimwakire twese turi abana biwe bo muburyo bg'impwemu
Amen 🙏💖
Icompa nanj nkatah nkuko 😭
Amen 🙏💖
Iruhukire amahora
Amen 🙏💖
Mana Yanje nanje urampa iherezo ryiza
Amen 🙏💖
Que la terre lui soit légère.
Amen 🙏💖
Ruhuka Amahoro mukozi W'IMANA
🙏💖
Iruhuka ryiza muvyeyi mwiza 😭
🙏💖
❤
🙏
Iruhuko ryiza mwafashije beshi
🙏💖
Aruhuke Amahoro mutama wacu
Amen 🙏💖
Iruhuko ryiza di Muvyeyi
Amen 🙏💖
Egome tuzobonana Yari inkingi ikomeye
🙏💖
Yoooooooooooooooo
🙏💖
Hahirwa abapfa bapfira mu mwami kugirango baruhuke ubutame bwabo.
Amen 🙏💖
Tuzobigumamwo mutama wari inkingiiii
🙏💖
Ruhuka mumahoro muvyeyi watubereye akarorero keza
Amen 🙏💖
Ruhuka amahoro muvyeyi wacu,naho mugatondo c'abera
Amen 🙏💖
Taha amahoro akazi kaba ambassadeur uragashoje
Amen 🙏💖
umubyeyi wacu umwami amwakire aruhukire mumahoro
Amen 🙏💖
RIP😢
💖🙏
Ruhuka neza muvyeyi wacu
Amen 🙏💖
Ruhuka warakoze
Amen 🙏💖
Ese icompa nkazopfa nkukwabagororotsi bapfa 🥲uruhuke amahoro muvyeyi wacu
Amen 🙏💖
R.I.P Sir
🙏💖
Ruhuka amahoro muvyeyi wacu
🙏💖
Iruhukire mugororotsi w'Imana, warayikoreye vya bikorwa biguherekeze wiruhukire mu mahora!
Amen 🙏💖
Icompa nkagira iherezo ryiza .ruhuka muvyeyi wacu turabuze ariko ico watumwe waragikoze
Amen 🙏💖
Uruhuke mumashoro ububutame muvyi wancu
Amen 🙏💖
Ese Icompa nkazopfa nkabo.
Kuko Iherezo ryabo Ariryo kwipfuza.
Amen 🙏💖
Umugeni aratashe
🙏💖
Umushumba aratabarutse amahoro
Amen 🙏💖
Que ton âme se repose en paix
Amen 🙏💖
Ni yitahire kuruhuka ubutame bwo mwisi mutama
Egoo🙏💖
Ruka amahoro mutama wacu twakwigiyeko vyishi
🙏💖
Sinzi ukuntu ubigenza ,sinzi ukuntu ubigenza Mana sinzi ukuntu ubigenza bikemera
Amen 🙏💖
Ni vyiza cane ko basabanye imbabazi akaca ataha nta mugayo ajanye
Imbabazi nande ?
Egoo🙏
Icozompa nkagira iherezzoo ry'uwo Muvyeyi
Amen 🙏💖
Ruhuka amahoro
🙏💖
Irangiza ryiwe ryabaye nkirya Paulo aho yavugango"narwanye intambara nziza nazigamye ukwizera...."ntankeka umutama wacu yarashitse amahoro natwe turwanye intambara nziza tuzohurirayo
Amen 🙏💖
Uyo muvyeyi yarakoreye Imana nukuri Imana imwakire mubwami bwayo.
Amen 🙏💖
Imana imwakire umuvyeyi wacu twakunda ruhuka amahoro.
Amen 🙏💖
Wiruhukire Muvyeyi wacu Ijuru wararikoreye
Amen 🙏💖
Mukozi w'Imana uruhuke amahoro
🙏💖
Ngo muruhuke imiruho mwarushe 🙏🙏
Amen 🙏💖
Tuzoguma tukwibuka muvyeyi wacu Ruhuka amahoro
🙏💖