Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Imana igihangaz caane mushoferi wacu tukuri inyuma guma kwivora uri imfura yuburundi ntumwa yimana
Malengo Media mwubahwa ndabikundira ❤❤❤❤
Imana ninzizaaaaa
Amen, Alléluia. Tusonge mbele, hatutarudi nyuma!
Songa mbele Dukore Dusenga Amen 🙏🏽 😊
Mwaribagiye, murasinziriye nimutikangura karabanana
Twari twaranizwe😊✊🏾🇧🇮
Imana Ituzigamire Umuvyeyi
Hezagirwa nyakubahwa I mana igukoreshe
Komera mutama usigaye uri umuvuga butumwa
kanyukure mutama abakwanka bababare aha ndazi abanyarwanda barababaye babonye urigutamba
😂😂😂😂😂😂
Jewe novuin
IMANA IRABABONA IZOBISHURA, KO MUBONA UBWO BUZIMA BARIMWO ARIBWO BUBEREYE, NTIHARIRIZWA , NTIYAKIRA N'Igiturire
Mutama impanuro uduha tura zishima cane muvyeyi
Kuri bagaza haramahinguriro meshi none ngo igihugu cahora arikivume
Nn ayomahinguriro yagihe yakoramwo bande abayakoramwo barihe amahinguriro yatuma bita abantu amazina ayomahinguriro yahonya abantu ww uragwae mumutwe abantu muva mumiryango yahekuye abarundi ntimubura utwomuzana hagushimako batabagize nkabahora arabategetsi mugwanda bose bishwe abandi baromogwa mugaweww kubabakubaniye neza ubabona nkibigugu kubabatakwihoye kubo mwahonereje mubinogi rusangi urahourqsamye wamavyiwe hakwigaya ukazana ama ideas yubaka
Rekana nabo. Bazogumabidoga pmaka papfe
@@RutareIrambona-gh1d guterana amajambo ntanyungu kabisa ikintu kiba gikwiye nukumvikana tukumvirizanya tugahana nibitekerezo
None nkwibarize Ayo mahinguriro uvuga nibande batumye atanandanya kuyubaka Hari ryari? Nibande batwara?yishwe nabande? Kuberiki?cndd fdd yariho? Gusa canke ushaka udusubize muri biryabihe? Gusa urintashima
Neva yabonye ko abarundi Ari ibidebire bidatembera aribibesha uko yishakiye 😢 abarundi mutey ikigongwe
Udufashijiki nn wewe;;;???
niwiririre natwe abarundi ivyacu turavyimenyera
@nirerehadidja8266 izompuwe sizumuvyeyi genda mwubake gwanyu mwubakire kwiyonzigo nishari ryanyu utereke twebwe abarundi mbe komwiriza mwe mwaricanye muramarana mwebwe ubwanyu ham urikuza kutwumvra impuhwe twebwe abana ba neva tureke nitwe tuzi iyo twavuye kndi nitwe tuziyotugana
Rekabaruhirubusa. Tura 5:16 ❤❤❤mwemera
None wewe konumva utari umurundi urincabwenge itembera isi ivy'uburundi ubishakira iki?ntiworaba ivyaho wibera atakibazo wifitiye ukarekana nibitakuraraba

Twari twaranizwe😊
✊🏾🇧🇮