Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimire aratanga insiguro ya Yubire y'imyaka 25 ya CNDD FDD n'Imana

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 23 янв 2025

Комментарии • 9

  • @jeanmarieciza2262
    @jeanmarieciza2262 15 часов назад

    Amen
    👏👏👏

  • @Aapohwilling
    @Aapohwilling 18 часов назад

    Nivyiza son excellence président du Burundi, abarundi twavuye kure naho nubu inkozi zikibi zitarahera. Ijambo ryanyu rihumuriza imitima y'abarundi bose. Mwakoze kutugendera ngaha mu ntara ya Ngozi ❤

  • @LEWISSI-KMN-KMN
    @LEWISSI-KMN-KMN 18 часов назад +1

    Lewissi KMN-KMN🎉🎉🎉🎉

  • @nsengiyumvaclaude7064
    @nsengiyumvaclaude7064 17 часов назад +1

    Ni ugutakaza umwanya kuko intama Imana yabajeje mwarazitaye muzirekurira munanga ahubwo mwebwe abarongozi mwiyitaho gusa mwibagiy intama Imana yabajeje

    • @MitimidacyaMitimidacya
      @MitimidacyaMitimidacya 16 часов назад

      Mbega,Sha ugushima Imana nigute wovyita gutakaza umwanya!!?? Mbega woshima ko Nyenicubahiro Sebarundi avuga iki!?? Niki wewe kikubereye!!??

    • @ThamiKhundula
      @ThamiKhundula 16 часов назад

      ​@@MitimidacyaMitimidacyamwihoze uyo yarikunezerwa nkiyo ubu abariko ahungana ubushambara kumutwe😢😢

    • @ThamiKhundula
      @ThamiKhundula 16 часов назад

      ❤❤❤❤Musa Neva 4life 😊😊❤🎉🎉

  • @ndorimanaelesie4512
    @ndorimanaelesie4512 14 часов назад

    Urakoze mubyeyi nubwo ntaragera Iburundi ariko aho Igihugu cy’Iburundi cyavuye Uwiteka ni Umunyimbaraga yarakoze mukomereze aho naho abanyeshyari abagome batanezezwa naho uburundi bugeze birirwa kuri RUclips bavumvura ubusa

  • @SalimSlim-l4j
    @SalimSlim-l4j 10 часов назад

    Igitoro coboneka twonezegwa