Toto lys Ubanza hari akantu yibagiye ndumva yaratangiye umuziki kera imbere ya 87.kuko kera nkiri umwana muri saison 79 80 bari bafite orchestre yitwaga Tanganyika yarakanyujijeho nayo nyine igihe cya za Mihigo Des grand lacs ba JC Matata ,kandi niwe nyine ( TOTO) wari chanteur principal arikumwe na Abdallah n'abandi nka ba Gigi, Murakoze.
Ikindi novuga Orchestre Natioanal , imbere yayo yari Akezamutima, yatanguye imbere ya 1976 Muri -1977 Niho amabano yagaruka: Orchestre National yabaye orchetsre Natioanal avec les instruments modernes Ni Kuri Bagaza! En fait en 1987-89 En fait Adolphe yari mamaze imyaka myinshi yarahagaritse kubera kugwara. Kiretse aho yagaruka muri Concert yiwe na Kirundo 1991-92.
Ikiganiro canyu ni ciza. Ndabonako Toto Lys amatariki asa n a yamugoye. Kirundo yapfuye avant Adolphe yarakitswee n amagara, mbere yargize concert nkiyo gusezera aranatumira Adolphe muri Odeon Palace, Adolphe aratangaza abantu kubona agaruka kuri scene abantu bavugako adakomeye. Ariko yaravugije indirimbo ziwe apres plus de 10 ans d Absence. Kirundi yapfuye un peu apres umengo hari 1991 canke 1992! Nari nkiri i Buruindi. Adolphe yapfuye en effet apfuye apres jewe sinari I Burundi.
Merci beaucoup Mr Nsavye pour ce reportage.
Beaucoup de respect à vous maître des maîtres 🙏🏻
Toto lys Ubanza hari akantu yibagiye ndumva yaratangiye umuziki kera imbere ya 87.kuko kera nkiri umwana muri saison 79 80 bari bafite orchestre yitwaga Tanganyika yarakanyujijeho nayo nyine igihe cya za Mihigo Des grand lacs ba JC Matata ,kandi niwe nyine ( TOTO) wari chanteur principal arikumwe na Abdallah n'abandi nka ba Gigi, Murakoze.
Umuhisi Adolphe,umuhinga cane,ndakunda kumu interpréta muri Indege irahinda,RIP Ado
Ikindi novuga Orchestre Natioanal , imbere yayo yari Akezamutima, yatanguye imbere ya 1976 Muri -1977 Niho amabano yagaruka: Orchestre National yabaye orchetsre Natioanal avec les instruments modernes Ni Kuri Bagaza! En fait en 1987-89 En fait Adolphe yari mamaze imyaka myinshi yarahagaritse kubera kugwara. Kiretse aho yagaruka muri Concert yiwe na Kirundo 1991-92.
Muraturonderera n'imva ya canjo Amissi hamwe na nikiza david
Ikiganiro canyu ni ciza. Ndabonako Toto Lys amatariki asa n a yamugoye. Kirundo yapfuye avant Adolphe yarakitswee n amagara, mbere yargize concert nkiyo gusezera aranatumira Adolphe muri Odeon Palace, Adolphe aratangaza abantu kubona agaruka kuri scene abantu bavugako adakomeye. Ariko yaravugije indirimbo ziwe apres plus de 10 ans d Absence. Kirundi yapfuye un peu apres umengo hari 1991 canke 1992! Nari nkiri i Buruindi. Adolphe yapfuye en effet apfuye apres jewe sinari I Burundi.
Ikindi nakwibutsa abantu n'uko inkuru y'urupfu rwa Adolphe, Toto iyonkuru yamugezeho turikumwe twicaranye mu kabare I kigali ahitwa I gikondo haje umu maman wo mubwiza amuhamagara kuruhandi baraganira maze narangije Toto araza aricara arambwira mu giswali ati ,,,,,Alberic Adolphe alikufa dit. Hari muri 95 . IMANA imwakire disi. Murakoze.
Dukeneye kwumva toto cane apana nsavye.
Muraturonderera Bukuru Gérard kandi aracariho
Christian neza cane
Bosco Gasana, ubu ni chef d’Etat major mungabo zurwanda. Yanakinye na football yiga kuri kaminuza
Wapi uyo uvuga wewe ni JBosco KAZURA not Gasana