Ayo maderedi n'ipantalo zitabutse ntivyubahisha Imana/Mugir'umutima uciye bugufi - Ev. Alice MANISHA
HTML-код
- Опубликовано: 15 сен 2024
- #BurundiGospelTV_+25776804118
Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, Répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, Twandikire kuri Email: burundiangospeltv1@gmail.com canke kuri Whatsapp #+25776804118
UHORAHO ashimwe kandi ahabwe icubahiro AMEN HALLELUJAH!
Ameeeeennnn
Amina Maman ❤
❤️❤️❤️❤️❤️
Vuga vuga ukuri kurababaza ariko kurabohora kuwukwakiriye. Uhezagirwe mukozi w’IMANA!
Ameeeeennnn
Hallelujah hallelujah hallelujah
Ameeeeennnn
❤❤❤❤Amen mama Yesu adushoboze kuyikorera
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🥰🥰🥰🥰
Waaauh karibu kandi murushengero gwacu nukuri ndazi harubwiza
Ameeeeennnn
Ameeeeennnn
Ikibabaje nuko abaririra kuza ino bahashitse bakinjira muvy’ibihumanya iyo bahitanywe n’ivyo bisanzemwo havugwa ngo bahuye n’isanganya maze abavyeyi n’abavukanyi ntibamenye icatumye urupfu. Mwitondere amahsnga! Mwihatire kuguma mu gakiza ko muri KRISTO! Twihatire kwezwa muri YESU niho hari ivyiza.
🙆🙆🙆🙆🙆🙆
Ntimwifuze amahanga ba jeunes! Kuko ubu ivyri magera vyarageruye. Ahubwo bazobura umwanya wo gusenga no kubona aho baSenga mu kuri no mu mpwemu. UHORAHO akize atabare la jeunesse d’aujourd’hui.
🙆🙆🙆🙆🙆🙆
Amen
Ameeeeennnn
Ariko nukwimonora nicaha namahereni muze murabibuza
Ameeeeennnn
Hey Burundi gospel TV, please nabona number yuyu mu pastor maze ngasengana nawe mwabamukoze gose
Mwotwandikira kuri WhatsApp
Kunumero iyihe
@@user-kz9si6wt6p number ye ya WhatsApp please??