Master - El Pro (Official Music Video) [Fabelove Diss Track]
HTML-код
- Опубликовано: 21 окт 2024
- Directed by Pops ( Another Level Films)
Audio From Keremey pro (Indonyi Record)
Challenge (Fabelov diss track)
Facebook: m.facebook.com...
Instagram: www.instagram....
El pro niho ncemera ko wasaze big up xana bro love from imbécile cameraman Yves bally
Wao vrt el pro uranyemej jw nakumenyey kuriy song vrt courage urashoboy ur talent yigender 👌👌
Iyi song mwobona ivumye muvyo kwifyinira😂😂😂😂🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥
Bro iyi ngoma maze kuyumviriza iminsi myinshi naribajije kurumurundi cank umunyamerika narabuzemwo nakimwe. Bro urashoboye sanaaaaaa vrmt courage imana ikuje imbere kuk Rap yaw uyumvirije numwaka wohera utarayihimba mumatwi . urya mudogo naw ngo ni fabilov arabe apunguze urumogi agwize ibikogwa cank umubabarir umwigish uko barapa .🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎧🎧🎧🎧🎶🎶🎙🎙🎙🎸🎸🎸🎸🎹
El pro mbuz icondaguha gusa.but big up sana uratwemeje Kandi ntugotwa mwikorosi.🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲🇿🇲
Shaaa ndakweye xnaa Fab love arishima xna naho yoba abizi,shaa iranyemeje
Oya basi urakaze kabisa!! Maana nagenze isi yose iyi yo iranshikanye pe mu Burundi 🇧🇮 pe! Big up bro benshi bazwi batagira ivyo bavuga bizima bake bavuga vyo batazwi bihagarare! Aba jeunes nk’aba bakwiriye kumenyekana vraiment!
Fab love uwo mupeti arakwononye none Aho uzosubira kuronka ikind uvuga baraguhay kabisa
Izo nizo rap dukeneye mukirundi gusa kbx ahubwo ikirundi kiraryoshye cyane vraiment
Uwutokwemera yobafise ikibazo ndkuu😂😂😂😂🔥🔥💯
big up el pro ndumu fan waw maniga
big up young excellent rapper!! narumvirije Master ya fabelove kenshi mugabo iyi yawe irayirya 100% ! je m'incline!
Ndemeye mugakino urashoboye ahubwo Fab Love niyaba atumva azumvirana.
Respect ghee wangu El pro
Man nsubiye kukwemera ubugira kandi nakuku ali🌟🌟🌟🤩🇧🇮
Ukora neza. N
Bandanya imbere ni heza
None uwomutype kwabizi sana it’s time to wake up izi nizo talent dukeneye keep it up men. Fabe love kweri🤣🤣🤣 baramukosoye
Umwana yarakozee peee
Ndagufana cane El pro ....le meilleur rappeur burundais....big up
The love from Didi Dynamique ,Beat,video,lyrics hose ni good Happy River , Gusa nguhabwe🤗
man ko uje uhumaganye ga ptit frere walllah crag iy niyindi level kbsa ndemeyeeeeee
urazi kuraba abandibo baribesha 😘🤣🤭 Respect vrmt🙏
Good job kbsa ubikoze b1 nubuhinga sans blague
😲😲😲😲asha urankuyeho kweli na B face araje azime nka bougie🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Oyoyoooo! ndi Homeboy Kumutanga Nord Hama Abishuy Fab Love Bos Urabafuse 🔥🔥🔥🔥💪
Bitumye ndakumenya, fabilove coulag wabashize kumunzane
Mwanakomerezaho ushiremwo icongereza utezbere icongereza!
Ndakwemera bro 😁😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ooooh Nice flow Nice song Big brother El pro courage🙏🙏🙏
Vrt urashoboy bandaniriza aho nyene,uzonezereza abantu Hama akanoti kinjire!!
Kwa style hii naomba namba yako tuchangia drink!! Seriouse!
man urarenze unkoreye umuti pe uremeje urya mubono kweli Big up sana
Komerezaho ino style irakubereye rekana nivyo kuririmba😂
Wallah urakaze ndakeseri ngo ngwikyi? Amaze 20 ans mûri rap ariko aguma ari umu minere kyiooooo😲😅😅😅😅😅😅😅😅😅🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣💣💥💥💥💥💥💥💥💥
You deserve an award,b face ntasubire kuryogora.
Kandi merci cane kuri fabelove yatuzuriye talents zari zihambwe muma ragaae
Uradumape
Big up elipro
Nakukubali Sana El Pistolaaaaa
Respect kabisa urashoboye
Kirisu wee😲😲 j'avais vue venir jizos
Urashoboye,uramukosoye,ese ay'abonyeeeee
Tesa tesa✴️🔥✴️🔥✴️🔥
Love from DumaBoi
emwe wosanga iravumye nyene😂😂😂😂😂😂😂😂
Iravumy muvyogufyina kbsa
Uyu niwe twariturindiriye kwl
pt ndakwemer from kayanza
Ndemeye kabisa uranyemeje kabisa uri 19th wakabiri
Daah asee I have nothing to say
You're an awesome unatisha kinoma noma salute sana nigga
Mutm wubahwe 👏👏👏👏
Kumpe nayo urishiboy
Wubahwe urakaze kbs💪💪💪
Landry asante kutuekea ngoma nzur
Nakubari el pro wubahw❤❤❤❤
Big up sana
Love From Dj_Franckiss🔥
Thx bro
Mukama 😂😂😂😂🔥🔥🔥
Hamagara abashinzwe iperereza babwire utumwana iyavuga
Muhungu Nibaveko ndak 😂🇲🇿 je ndi Mozambique Nguma niyumviririza
Ndagufanye bro
Iyindi rapp nkiyi kwel yanditse nkiyi!!!
Mamaweee uziko birenze 😀😀😀
El pro respect bro urashoboye kbs
Ngo wabira nkinyana😂😂😂😂😂
kabisa
Boi sivyiza gukwepa baety challenge 😂😂😂😂
Fire 🔥 this video is hot with the song bro eyyy Burundi oyye kararua pee 😍😊😊👌👌
Eeeegooo uranyemeje
Mukama ko bije ukundi
Uko fresh
Ebana n'a B Face ntiyegera kabisa.Mamaw
Niko ndani nikiwa Kenya Bro
Yovuma nyen mubintu vyokwifyinira courage bro
Ntaco wanze mugani wa Fabelove
Big up my Gee you gonna be win
Kabisa 🎉❤
Nice song big up🇧🇮🇧🇮💪💪😕
Nawe ndumva niworoshe
Iso song wobona ivumye muvyo kwifyinira
cyazeee
HIP POP URAYIFISE MUMINWE EL PRO CONGRAT
Urazingene yigira igikok kyz twoca tukwica kurirap
Mukama uramumaz ndakesiri
Couraj man.noe kotutumva promo yae cane kuri media twumv urenz
Yaragutinye chaa kwatkwichuye nya muking wa feke
Kozameza mugenzi turinyuma yawe
Iyi Song ni irimwo amajambo meza
Big up San
Mwambike minu jupe😅😅😅😅
Nimekubali hii imepitishwa kwenye nation ya makamikaze Bro
Eheheheh mama ba rapers agasura nkurudagara hahaha
uruwamber pppeee
Courage
Iyi song iravumye wariko wifyinira!
Emweeeee ndemeyeeee
I like that
Courage diii star wangu😎 m bagufana uzokwam unshiramw😂😘😍 like that ❤
Mubatize mubafana😅😅😅
LOVE from Madu hit
Courage ririmba ibindi twunv
Man urashoboye vyukuri
Bro urashoboye
Ngo kararura ntiwokamira
Hama ngo Agasura nk'urudagara rubonye Ikara
Hahahahahah Umuvumvuzi nyene azobigukorerr
I really like it bro congratulation