Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Nakubari bro urandika wallah🔥🔥🔥
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 El pro Iyi tour nta choix nfise ifanta Ivyibushe ndayemeye kuko izimpanuro zirakaze saaaaaaana…..#nduwokumashuha
Ni birthday yanje girako muta 😅
Uwemera KO mamba aruwambere nampe like
Oyaa suwambereeee
@@DonatienNTIHARIRIZWA-sh9rz aho ibanga nokubwira nokubwira ATI CIRA birarura mn
URAKWIYE KUJA KWIVUZA BAKABUSHONERAMWO BUTARAKOROKA! NDAVUGA UBWONKO@@DonatienNTIHARIRIZWA-sh9rz
ndi umufana wawe my brother. Love from Kigali Rwanda
🇧🇮❤️🇷🇼
Sha nawe story zawe ziranyemeza
✍️✅
Muvyanka muvyemera El pro aracari namba One mukwandika
Yego ✍️✍️ ni fresh kbx
Cool ❤❤❤
Uwemera ko iyi ndirombo ari nziza nampe like
💕
Nice song bro😂
❤ Yes arashoboye peee
No money no friend
Uyu mwana arashoboye mumpe Lumicash yiwe nukuri❤❤❤❤❤
ubu sinoba nkikwita uwambere kuko uruwibihe vyosee!!! Ubandanye urindwaaaaa
We love you from rwanda uruwambere mukwandika
❤naho nacherewe nukuri nimu Gabo ntatinya kuvuga ngo umwana yasinziye nkubita like uwumwemera tumukeshe
Man urashoboy
Iyo bavuze kwandika numvamwo ijambo El Pro 👌👌🎉🎉🎉🔥🔥🔥#WeGotThat👁️
Uwemera El pro Yandika Neza namp Like
Idemu ibona imbeba igataruka ariko gukuramo inda igashinyiriza mbivuze mucyiwacu ni rwandais Uyu mutype na makombozi nibo bahanzi muburundi nkurira ishap kbx ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
NC song m'brother🎉
Mamayangu El Pro akoze Hit, reka tuyi partage hose dukwize 1Million view mukwezi🎉🎉❤❤
Murambabarira nacereweNimba wakunze iyingoma nkanje numpe like
❤❤hejuru #aKayanza tur ready gufika mbale mur music Mamba courage nice song🎉🎉
ndahari mubambere NIYO THIGO
El pistora 🇧🇮💪kayanza represento 🍎🇧🇮💥🍎
Kwandika uri number one .uwemeranya nanje ampe liki❤
❤❤Ndagarutse kwumva uburyohe bwa song🎉
Aba Gee bakunzizimpanuro Dukore Umuti dukwiz 1M v mundwimw💪💯
Br ubu ndemeye kl kurumwandits ❤❤Cape tawn 🇿🇦🇿🇦🇿🇦 turakwemeraHejuur kur kiyago stars 🎉
🎉🎉🎉harimo utuntu twubwenge wallah
urampezagira gusa King Jizzo abigiyemwo gt
Noe w ivyo binakuhusu!?ashiramwo vyashaka
Ntanuwundi azoza agusumvya kwandika bro courage cane ugume uduhimizigo irenzeho🤜🤜 el pro Bdi
Urumwee mur EAC mur rap vraiment urantangaza mukwandika usigaye untera ubwoba .❤❤❤❤
Wew kWl impanuro zaw turazikund bandanya utumenamwo 🔥🔥🔥
Kubisazwe nimwe tubadukeneye mukora icomuzi apana zanjavyi el pro🙏🇧🇮🔥🔥🔥✅💯
Uyu mu gee aranyubaka amajambo yubwenge support irakenewe
Naho bavuga ko ata University yigisha urukundo, uwemera ko igihe izoza👉📣El MAMBA azoba Hadmaster(mean umuyobozi).ampe like❤❤
Bro vuba nzoza unyigishe kwandi 😁 urarenze ndakurahiye🔥
Nakubali el pro unajua kuimba tuko cape town
🎉🎉 South Africa 🇿🇦
Uwayumvirije incuro zireng zibir namp likes
Bro wallah uri umuti wamenyo ntawoguciramwo so ur the best
Mtamm wubahww jw Simmons iconoguhh nguchim kumatekayaww gs ndakubachh cnn🙏🙏🙏🙏
Umuhungu twemera ndetse dukunda utubwira ukuri kwuzuye kbx . Kayanza represento oyeeeeeeee
Uranyemeje brother kup ❤❤ brother urankuraho hejuuru Cn pe
Musaza nkwemera Birenze kx Nahonzobumwe ndakurinyuma this is my name's Bilimani KYZ kutoka KAYAKZA MUKOWANI
Best lyrics 100% Good music 100% Good rap 100% Congratulations @El_Pro You made it🔥🔥🔥
EL pro wew aba dada bazokuroga kbx😂😂😂
🎉🎉🎉❤ 🙏Mambaa
Hejuru CN mambaaa
Hahahahah!! Utamucorera ntumucokoza ugerageje akubwira ngo stop bebe ndi mugishoze!! 😊😊😊jewe nahinduye izina nitwa El pro💪💪
Waouh🥰ukuri kurababaza ark urakuvuze👍 courage🌹
Ngoma karisana jama🎉🎉🎉Rakini unasahau kunamashabikiZako hawaskii ruga jaribu kua unamixi ruga🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Impanuro z'umu gee🙌🔥🔥🔥👌
Shaaa musaza ndatwenze kandi nsanz Nguye Ku kibambazi pee
Bro you're lyrics master nukuri!!✨👋 👋 Ndakuye shapo kubury atajamb narimw nashak ko rincika
Mamba!!! Nice song!! Hama vuba muze kwishura rirya kete Ryå fabrino
Kwandika twabihebeye el pro 🔥🔥🙌
Lafuine w muburundi nuyu 🔥🔥🔥♥️
Love from As One Media
Yewee ngukunda kubi vrmt Gus kuraje kbx
If I say that this boy is the one who takes the first step in composing a song, I will not be wrong at all. If you agree with me, give me a like #impanuro #zugee 🇧🇮🇰🇪👊♥️♥️ kyz hejuluuu
Pongezi sirito,, keep shining mkuu 🙏🙏🙏next ukumbuke Titus Kiprop wa NYS bnh 😂😂wolan lkn
What song 🤭🤭🤭🤭 big up big man you're my favourite singer 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Sha El pro ni umurezi wagatatu uburundi nurwanda rufise havuye abavyeyi , abigisha , ni El pro ,El pro El pro
Hahahahaa 🤣🤣🤗🤗jewe nemeye impanuro nkumu gee 🤗🤣
El pro naho nzoba ndumwe nzoba ndi hafi yawe❤❤❤
FRM @AFRICAN_MOTIVATE Je ndamanitse ndakumenyereye mtaa ubahwa uwuping nanyishur turab ✍️✍️✍️uruwambere🇧🇮🇧🇮hos
Burya Abantu nk'aba nibo jew nkunda ❤ nayo za b feyisi ziragapuuuh
uwuyiravye incuro zirenga cumi nkanje ampe like
Uyumujama ni gee yanj ndak❤Aririmba ukur gus nak bar 😂
Siyo level yabo kabisa
Éloge ndagushimiye caaane 👏👏👏 bwira Macumi ATI wavyitwayemwo neeza Kayanza hejuru caane❤ mwese
Wamuhungu wacu ntiyigera ananirwa wllh 😁🔥🔥
N'ukukugikorako documentaire uvuge neza ayo majambo uvuga iyo uyakura😂😂😂😂Mais courage turagukunda cane.Like nyishi cane kubakunda El-Pro❤❤
Mambaaaaa good song bro🎉🎉🎉🎉😂😂😂❤❤❤
Yewegayeee,urandika neza neza neza,uranyemeje musaza
Sha urashoboye kabisa
Umwanditsi mwiza uburundi bufite kbs
Impanurooo nizo kbxa nimba wemera liking
Mmmmh kizire kwakubuza inzoga 😅 ndakwemera 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Shaaa mamba mubicu 🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮nice bro keeep on
Sha nabamwe bapinga nibaze bace bugufi Number one gushika kur five ikibanza nicawe my brother❤❤❤❤❤
kwelishaaa✌✌✌✌✌✌
Umwanditsi mwiza Sana love from gtg👏👏
Tora Amashugwe yae 🙌🏻🌷🌷🌷🙌🏻
Nc song bro nzoza ndayisaba kumaradio
Happy birthday like my comment
Uyumujama numu philosophe kwr courage❤❤❤❤❤❤❤
Uwwusubiriye kuyumviriza ku ncuro ya 5 ampe like
Mambaa el pistola chukua maua yako🎉🎉🎉🎉😂
oyaaa bro WE urashobora
Urankomye kabisa 🙏🏿🙏🏿💥💥💥💥💥Big up sana El pro🇧🇮🇧🇮
Courage bro
😂😂😂impanuro zumu Gee !!hejuru caaan❤❤
Rwanda 🇷🇼 like 👍
aaaouiiiiiImpanuro zirakwiye Big Up Mamba
El pro❤ bravo Uzi kwandika pe.Ugumeko kazoza keza ni cash muri music industry ndundi
Urumwè kumubumbe kwel 😁😁🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Wakupe mauwa yako kl kaka Umetisha sana big up kwako El plo🎉🎉🎉❤
manaweeeee!!! iyi ndirimbo nayo ni kata kenca kwel.
Kbx uraduhanuye nukotutumva❤❤❤
Mn ndandika ariko NdayamAnitse urandenze kuriyo Style ndak💥💥
Gend wamuhunguwe atarakand uraz kwandika kbs wubahwe 💙💙💪💪
Ukuri✍🏽
Ndagasw kumyandikir uracayoboy mbes hjuruuu👌👌
Wew Komezimpano Wahawe Iyikubandi Bro
Nakubari bro urandika wallah🔥🔥🔥
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 El pro Iyi tour nta choix nfise ifanta Ivyibushe ndayemeye kuko izimpanuro zirakaze saaaaaaana…..
#nduwokumashuha
Ni birthday yanje girako muta 😅
Uwemera KO mamba aruwambere nampe like
Oyaa suwambereeee
@@DonatienNTIHARIRIZWA-sh9rz aho ibanga nokubwira nokubwira ATI CIRA birarura mn
URAKWIYE KUJA KWIVUZA BAKABUSHONERAMWO BUTARAKOROKA! NDAVUGA UBWONKO@@DonatienNTIHARIRIZWA-sh9rz
ndi umufana wawe my brother. Love from Kigali Rwanda
🇧🇮❤️🇷🇼
Sha nawe story zawe ziranyemeza
✍️✅
Muvyanka muvyemera El pro aracari namba One mukwandika
Yego ✍️✍️ ni fresh kbx
Cool ❤❤❤
Uwemera ko iyi ndirombo ari nziza nampe like
💕
Nice song bro😂
❤ Yes arashoboye peee
No money no friend
Uyu mwana arashoboye mumpe Lumicash yiwe nukuri❤❤❤❤❤
ubu sinoba nkikwita uwambere kuko uruwibihe vyosee!!! Ubandanye urindwaaaaa
We love you from rwanda uruwambere mukwandika
❤naho nacherewe nukuri nimu Gabo ntatinya kuvuga ngo umwana yasinziye nkubita like uwumwemera tumukeshe
Man urashoboy
Iyo bavuze kwandika numvamwo ijambo El Pro 👌👌🎉🎉🎉🔥🔥🔥
#WeGotThat👁️
Uwemera El pro Yandika Neza namp Like
Idemu ibona imbeba igataruka ariko gukuramo inda igashinyiriza mbivuze mucyiwacu ni rwandais
Uyu mutype na makombozi nibo bahanzi muburundi nkurira ishap kbx ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
NC song m'brother🎉
Mamayangu El Pro akoze Hit, reka tuyi partage hose dukwize 1Million view mukwezi🎉🎉❤❤
Murambabarira nacerewe
Nimba wakunze iyingoma nkanje numpe like
❤❤hejuru #aKayanza tur ready gufika mbale mur music Mamba courage nice song🎉🎉
ndahari mubambere NIYO THIGO
El pistora 🇧🇮💪kayanza represento 🍎🇧🇮💥🍎
Kwandika uri number one .uwemeranya nanje ampe liki❤
❤❤Ndagarutse kwumva uburyohe bwa song🎉
Aba Gee bakunzizimpanuro
Dukore Umuti dukwiz 1M v mundwimw💪💯
Br ubu ndemeye kl kurumwandits
❤❤Cape tawn 🇿🇦🇿🇦🇿🇦 turakwemera
Hejuur kur kiyago stars 🎉
🎉🎉🎉harimo utuntu twubwenge wallah
urampezagira gusa King Jizzo abigiyemwo gt
Noe w ivyo binakuhusu!?ashiramwo vyashaka
Ntanuwundi azoza agusumvya kwandika bro courage cane ugume uduhimizigo irenzeho🤜🤜 el pro Bdi
Urumwee mur EAC mur rap vraiment urantangaza mukwandika usigaye untera ubwoba .❤❤❤❤
Wew kWl impanuro zaw turazikund bandanya utumenamwo 🔥🔥🔥
Kubisazwe nimwe tubadukeneye mukora icomuzi apana zanjavyi el pro🙏🇧🇮🔥🔥🔥✅💯
Uyu mu gee aranyubaka amajambo yubwenge support irakenewe
Naho bavuga ko ata University yigisha urukundo, uwemera ko igihe izoza👉📣El MAMBA azoba Hadmaster(mean umuyobozi).ampe like❤❤
Bro vuba nzoza unyigishe kwandi 😁 urarenze ndakurahiye🔥
Nakubali el pro unajua kuimba tuko cape town
🎉🎉 South Africa 🇿🇦
Uwayumvirije incuro zireng zibir namp likes
Bro wallah uri umuti wamenyo ntawoguciramwo so ur the best
Mtamm wubahww jw Simmons iconoguhh nguchim kumatekayaww gs ndakubachh cnn🙏🙏🙏🙏
Umuhungu twemera ndetse dukunda utubwira ukuri kwuzuye kbx . Kayanza represento oyeeeeeeee
Uranyemeje brother kup ❤❤ brother urankuraho hejuuru Cn pe
Musaza nkwemera Birenze kx Nahonzobumwe ndakurinyuma this is my name's Bilimani KYZ kutoka KAYAKZA MUKOWANI
Best lyrics 100% Good music 100% Good rap 100% Congratulations @El_Pro You made it🔥🔥🔥
EL pro wew aba dada bazokuroga kbx😂😂😂
🎉🎉🎉❤ 🙏Mambaa
Hejuru CN mambaaa
Hahahahah!! Utamucorera ntumucokoza ugerageje akubwira ngo stop bebe ndi mugishoze!! 😊😊😊jewe nahinduye izina nitwa El pro💪💪
Waouh🥰ukuri kurababaza ark urakuvuze👍 courage🌹
Ngoma karisana jama🎉🎉🎉
Rakini unasahau kunamashabiki
Zako hawaskii ruga jaribu kua unamixi ruga🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Impanuro z'umu gee🙌🔥🔥🔥👌
Shaaa musaza ndatwenze kandi nsanz Nguye Ku kibambazi pee
Bro you're lyrics master nukuri!!✨👋 👋 Ndakuye shapo kubury atajamb narimw nashak ko rincika
Mamba!!! Nice song!! Hama vuba muze kwishura rirya kete Ryå fabrino
Kwandika twabihebeye el pro 🔥🔥🙌
Lafuine w muburundi nuyu 🔥🔥🔥♥️
Love from As One Media
Yewee ngukunda kubi vrmt Gus kuraje kbx
If I say that this boy is the one who takes the first step in composing a song, I will not be wrong at all. If you agree with me, give me a like #impanuro #zugee 🇧🇮🇰🇪👊♥️♥️ kyz hejuluuu
Pongezi sirito,, keep shining mkuu 🙏🙏🙏next ukumbuke Titus Kiprop wa NYS bnh 😂😂wolan lkn
What song 🤭🤭🤭🤭 big up big man you're my favourite singer 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Sha El pro ni umurezi wagatatu uburundi nurwanda rufise havuye abavyeyi , abigisha , ni El pro ,El pro El pro
Hahahahaa 🤣🤣🤗🤗jewe nemeye impanuro nkumu gee 🤗🤣
El pro naho nzoba ndumwe nzoba ndi hafi yawe❤❤❤
FRM @AFRICAN_MOTIVATE Je ndamanitse ndakumenyereye mtaa ubahwa uwuping nanyishur turab ✍️✍️✍️uruwambere🇧🇮🇧🇮hos
Burya Abantu nk'aba nibo jew nkunda ❤ nayo za b feyisi ziragapuuuh
uwuyiravye incuro zirenga cumi nkanje ampe like
Uyumujama ni gee yanj ndak❤
Aririmba ukur gus nak bar 😂
Siyo level yabo kabisa
Éloge ndagushimiye caaane 👏👏👏 bwira Macumi ATI wavyitwayemwo neeza Kayanza hejuru caane❤ mwese
Wamuhungu wacu ntiyigera ananirwa wllh 😁🔥🔥
N'ukukugikorako documentaire uvuge neza ayo majambo uvuga iyo uyakura😂😂😂😂
Mais courage turagukunda cane.
Like nyishi cane kubakunda El-Pro❤❤
Mambaaaaa good song bro🎉🎉🎉🎉😂😂😂❤❤❤
Yewegayeee,urandika neza neza neza,uranyemeje musaza
Sha urashoboye kabisa
Umwanditsi mwiza uburundi bufite kbs
Impanurooo nizo kbxa nimba wemera liking
Mmmmh kizire kwakubuza inzoga 😅 ndakwemera 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Shaaa mamba mubicu 🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮nice bro keeep on
Sha nabamwe bapinga nibaze bace bugufi Number one gushika kur five ikibanza nicawe my brother❤❤❤❤❤
kwelishaaa✌✌✌✌✌✌
Umwanditsi mwiza Sana love from gtg👏👏
Tora Amashugwe yae 🙌🏻🌷🌷🌷🙌🏻
Nc song bro nzoza ndayisaba kumaradio
Happy birthday like my comment
Uyumujama numu philosophe kwr courage❤❤❤❤❤❤❤
Uwwusubiriye kuyumviriza ku ncuro ya 5 ampe like
Mambaa el pistola chukua maua yako🎉🎉🎉🎉😂
oyaaa bro WE urashobora
Urankomye kabisa 🙏🏿🙏🏿💥💥💥💥💥Big up sana El pro🇧🇮🇧🇮
Courage bro
😂😂😂impanuro zumu Gee !!hejuru caaan❤❤
Rwanda 🇷🇼 like 👍
aaaouiiiii
Impanuro zirakwiye
Big Up Mamba
El pro❤ bravo Uzi kwandika pe.
Ugumeko kazoza keza ni cash muri music industry ndundi
Urumwè kumubumbe kwel 😁😁🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Wakupe mauwa yako kl kaka Umetisha sana big up kwako El plo🎉🎉🎉❤
manaweeeee!!! iyi ndirimbo nayo ni kata kenca kwel.
Kbx uraduhanuye nukotutumva❤❤❤
Mn ndandika ariko
NdayamAnitse urandenze kuriyo
Style ndak💥💥