#Gervais_Ndirakobuca
HTML-код
- Опубликовано: 27 июн 2024
- ama#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye Игры
Noe kobavuga ng kugara imipaka bayugara niyabo??barahumba mbona nimyaka iriko irabarega.Hary vision2040-2060 isigura kotuzoterimbere barapfuye ababatama😢😢😢
Mushak babazane mubice sha nimwugare imipak yose mwizibirireko nkifuku😢
Mushaka abomwicha nimuvegaho mwabichanimwe 😮😮😮
Ntimwijajare amaraso yabenegihugu musesa ntimwibaze ngwimana irasinziriye irabona muzoyabazwa mwe nimurindire nimukomeze kubica munyuruza ingero yicaha nurupfu😭😭😭😭😭
Muriibigugu mwabasendedemwe
Toka wamuhimbiri we
Urwanda ruriko ruratera imbere, namwe ngo mwugaye imipaka🫣😣murarenza kabisa! Leta DD muteye isoni,Ariko Imana irahari, kandi ngo (Imana ihora ihoze ! Na Bunyoni ntawarazi ko yohereza muri kirya kibanza arimwo(mbega mweho muzomukwirikira ryari?harya ari niho mukwiye kuba namwe!
None murabobo Bos bafpa iki uyobagifpako yigiriye
Ngo agakemanyi😂😂😂😂 dammn, I wonder what was inside agakemanyi 😂😂😂
Kagame sumwicanyi kuko araz ababahaye mucamubanwa amaraso rero iyomipaka izugururwa kandi muzobibazwa
Sumwicanyi kagame? Uwish imiliyoni cumin y impuzi i congo???
Ntajamwo mufise! Amaraso yabana b Iburundi azobakwirikira nimvyaro zanyu, aho muri harabandi ntimuvyibagire! Inzara namaborogo ari mugihugu, nimivumo kuri mwebwe ! Irya mana mupfukamira (Imana yukuri izobagaragaza niyo mutigaya !mwirirwa musesagura itunga ryigihugu murijana mubagore, ayandi mwubaka ibizu,abanyagihugu bato bato bagowe!ishavu ry’Imana rizobisukako! Rindira sikera
Imana yunvira wew gusa wambunuza we?
Mwarasaze mwebwe, ntavyomufis vyokuvuga mwugariye abantu batobato
Non nokugura Imodoka nicaha muburundi non ?
Hello
Nimwugare natanzania nakong mwatevye mwabasumamwe nimwe mutumye ubuken buba bwishi muragapuuuu
Umusi muzov kubutegetsi muzorwara imvunj kumagur
Wew Uriko wishur uzopfa kandi uzobora uragaopfa Utugay imbibe😢
Abatutsi extrémistes murayavuga, nimubweje Turi maso
Muracafise ivyo muvuga!!!!😂😢 reka kubesha wewe vyibuha kuko wiba ariko one day u will see God watch u for all things u done
Mbega ko nabo babasaba ngo mubarungikire aba genocidaires bo muri 1994 bari mu Burundi, none ko vyabananiye kubarungika???!!!!
Aba bagabo haraho nibaza ko badakwije neza
Jew abategetsi barantwenzaa ivyobavuga ntibababakwiye kubivuga bibaza ngo abarundi turabanaa nn nkokuvuagngo ntibashoboye gu controra imupaka yuburundi nugwanda ariko bashoye kuja gucungera Congo mbega Congo nugwanda igihuguuu kinini nikihee???? Mutama ndirako buca rya wiryamire ureke kutugira impumyiii niba nago mwiteze mukwugurura imbibé babahaye abantu aho nimuyatunure azovayo ntabantu mugiye guhabwa mubashaka mubashirehe???kwiyo mwipfuza kubashira arinzu yabose namwe mutarahebura ko mutojayo arukubica ntawutazopfa arugufungwa mpimba irabahose nimureke kmitima yubunyeshamba ntarukundo mukunda abarundi mufise umutima wo kubamara gusa
Huuu urunva bababahe mubace imitwe kumusi kumusi munwa amaraso yabene gihugu ntimurayahaga ugwanda mwugurure mureke ntaco bibatwaye isukari iriho igitoro kiriho ingorane irihe? Nongo mushaka niyombare mumubagire igisiga yoooo nimugende kubizanira ahubwo hazopfa abanyagihugu banyu ngo ntimuzugurura nimureke kagame numuryango wiwe kobafungura neza imodoko zabo zuzuye igitoro abarundi muri nikibazo ndabasetse😃😃😃😃😃😃😃😃😃
Ahho nabo izabo zuzuye ibitoro ntakagame ntaneva Bose numukuru numurumuna
Abagenocideri ba Barundi bamaze abanyarwanda mwe mwarabatanze?
Genocide y abahutu mwakoze i Rwanda ko mutabahana?
Vyarabacanz na icrene nu burusiya hamw na congo sibo bugay namw ngo mwugar? Vyarabacanz za mwemera!
Ariko mwazaduhaye abarundi bakoze Génocide mu Rwanda? Abashatse gutembagaza ubutegetsi 2015 i Tanzania ntabariyo? I Gongo ntabariyo? Bobo barababahaye? Ko mudafunga imipaka? Hanyuma Uganda ntabariyo? Mukora iki ngo bababahe? Iyo musubiza abenegihugu banyu umenga musubiza abadatekereza cg abatagira ubwenge.
None mushaka bafe ninzara
None Bababimye bababwiye ngwigi?ubwo Bo ntavyo boba barabasavye mweho Miranda?
Mwugaye nimwe mwiyahura kuko mwugaye aho mwosumira kuko murazi ko uburundi bukenye.
Nuwosuma ntiyosumira i Rwanda
Urwanda rubaruta Kure Hora ntaco mufise muvuga tanga igitoro atari murwanda like impunity ntabo muzoronka bari muminwe ya HCR
Tuvire mugihugu wamuhimbiri we
😅😅😅😅😅
Umva nta nyungu u Rwanda ruhomba ngo nuko imipaka yugaye kweri.
Murahumba yemwe. Mutange aba genocidaires bose bakoze génocide mu rwanda. Mutange nabo ba fdrl n'interahamwe turebe ? Uretse ko Niyombare ari Kenya ntari mu Rwanda .
Ari Kenya? Genda umutwereke