Mwubahw mutama see barundi,abatagomba ko tugera kumbona kazoza yacu turahay tubibonera nk abenegihugu,Ni abadindiza ibikorwa,uyu namba Ari umusuma ibi yivugiye imbere ya nyenicu ahiro yoca abihungira he
Ikigaragara nuko uyu mukongo afitanye Deal na Président, kuza hano akavuga yisanzuye ashirishamo ba ministre ? Harya NEVA numui? Umuswayili? Uyu araje akoreshe cash za NEVA akura kongo en cash, amurere blanchement. Iyi nisi ya Deal . None société ya Prestige ?
Je numva ari nka ya deal ya Metusselah igarutse. Kubera umwiheburo turimwo ntawutazoza kudukinirako. Kwelii depuis le 14/11 yaje muri affaire gitoro hakagera le 27/12 Neva atarabimenya??? Numva bigoye gutahura.
President never akantu wakoreye aba Congo karaduhaye igitoro 🎉🎉🎉
Ssawaaww,
Bnsr cane,gerageza mukosore amasanamu yanyu
Uyu mugabo bamuhe akazi ko entrepreteur! He is good!!!
Government yabuze igitoro ubwo bivuze ko cyazanwa n'uwo muntu 1 ? Ubundi igihugu kibura igitoro gute ? N'ibisigura ko nta butegetsi buzima buhari
Imana izobazana nabarikure bose batezimber'Igihugu c'Uburundi mwemere rero kwugurur'Amarembo rero
Bravo Bravo Cher frere congolais
Courage Blaise Ibonnimet, DG d une Société fournissant du carburant en Afrique du Burundi
Notre cher congolais ! Fais attention
❤ok IMANA irakunda abarundi n'uburundi *
G.M.EvARISTE Ndayishimiye komeza ibikorwa tuko nyuma yako
Muramaramaye iyo nyishu siyo Mr le president
Abantu bakorera deals nkizi munama se yewega😂😂😂
Nibaza ko ngira amatwi yawe yumvise ukutariko, uwo mugwizatunga wumu congomani yabivuze neza ko deal yaheze baraganiriye nigisata kibijejwe, ahubwo ngaha yariko aravuga uko vyamugendeye ko habaye guteba gato hama prezida arasaba ministre asigure igituma vyatevye hanyuma ministre arasigura ku mugaragaro, ivyo nivyo vyabaye, sinzi ko ufise nikibazo co kubona.
Abacongoman nibeza ariko benshi nababeshi.!!!💯
Ibya barundi ni hatari umuntu umwe iniwe ugiye kubakiza ndumiwe
Karabaye. Abacongo sont des experts mu kwiba. Nimwitonde
Kura ngaho! Abakongomani boba biba gusumba abarundi! Ko iyo mugiye kugurira igitoro mu Gatumba no mu Cibitoke batabiba?
Jaloux
Uwo mushikiranganji n'umunyabwenge 'umunyamuji
Uburundi ntihabuze abazana igitoro nibindi ni ubunyonyezi gusa ubundi vyoboneka barabiba
Attention congolais congolaise
Sans le respect des procédures connues des marchés publics en matière de passation des marchés publics, Never nous expose à tout escroc....
😂😂ewe mana twaranyariwe congo yubahwe
Hello 😂😂😂😂fatafaka 😂😂😂 k 👋 Turanbiweagasunzuguro
Fait attention c'est un congolais 😂😂
Ayo namayeri ya DD bariko barondera amajwi.
Le congolais sont des hommes d'affaire
😆😆😆 escroc...
De préjuge 🤦🏾♂️
Mwararindagiye peee uwo numweskoro agiye kubiba nutwo mwari mufite
Natubarire ni directeur wi Societe yitwa gute muri South Africa dutohoze tumenye ukuri?
President ajye ashaka uburyo akemura ikibazo atazanyemo amatiku.
Ubucuruzi n'ukugura no kugurisha inyungu ikaboneka .
Abarundi bananirwa gutanga isoko bakadindiza ubukungu bw'igihugu.
Mu Rwanda nta kibazo cy'igitoro kibayo kandi igitoro kiva mu mahanga.
Ndayishimiye arafyina.
Oya nukumena igihute
Uwomushikirangaji akwiye kweguzwa .
Uyu mushikiranganji nijiji kuko ivyavuga nukwiregura gusa
Imana yobayishuye
Ntakuzakunda ugumukoresha abahutu gusa vanga bose nabatwa nkuko ntibiba ark abahutu akaranga nukwiba gusa
Kibwe amara Munda!!!
Umunyekongo arabazanira amazi mutaravye neza. Ayo masosiyete ababwira arongoye south africa wasanga kure ageze ari ngaha mu burundi 🤔
Ce débat devrait d'abord se faire a huis-clos parmi les plus concernés, puis en public pour donner un message élaboré et finit
Ngo yasinye contract z'amakamyo atarabona isoko. Mukanure bashinga ntahe.
Mmmm ubutegets butahaberey manso muribwa,uyo ni sniper
Hmmmmm!!! Quel scenario
Ntabwo igitoro muburundi cyabuze ahubwo nubuyobozi bubi,baba bafite izindi mpamvu za Politique.
Nuyu rero ntibyakunda cyeretse icyokibazo kirangiye
Ibi bintu vy'igitoro birimwo ibanga
Mr le présent jette à la porte ses rebelles
Uburundi burafise ikibazo kinini kbs kandi bizobagora kukivamwo hakiri amajambo gusa yatuzobikora muga biratahuritse niterambere rya 2060 nisawa
Ngaho,imana yaribabagotse munyuma uzumva,vyahindutse
Ikini gisambo kbx
Azobaha aya Tanganyika
Muri Abaswa , iyo ni opportunity ikomeYe nonese kuko mushaka ngo muzajye mukuriha mumezi 6 ? Muzamwambura😂 nimumubwire ashore Imari mubaze ibikogwa 50% kuri 50% noneho iyo 50% yanyu Niba mutayafote ayabagurize hanyuma Mucuruzanye , munyishyure Mbafitiye inama❤❤❤❤❤
Gendufashe abiwanyu murwanda twebwe ntabanyarwanda dukeneye iwacu mani
Hhhhhh ibyo kwa sendagara nurwenya
😂😂😂😂 Abarundi mugeze kure
uyumushikirangaji ajejwe igitoro mumurabe nezako atariwe adufukamye munda,nyenicubahiro kubwineza yabarundi abobagabo mukorana nibobatumye abarundi bakuvuga nabi,begezeyo baveko
Mbegaigihugu. Neva. Ameze nkimbwa yabuze amagufa. Kuberaubugoryibe genda. Mze kagame. Ukwiye ubyiza
Huo jama ana fanana na M23 ,cunguze vizuri😂
Jaloux
Icobita guhaguritsa ba Dawidi mugihugu cacu ubundi isengesho nic gikuru abarunsi dukomez kugiranira ubusabane nimana ibisigay tuzobin imana 2025 nubwo uwonabonets tugum kumavi tumusengera tumusabir nuburinzi
Ibitekerezo c byahinduka..?😂
Ababatama nabo, barazubwenge kwli! Nagire ningoga adufashe kwiyamamaza bitari mumajambo Hubwo mubikogwa
Prestige arabankira toklaaa
Iburaryigitoro mucungire mwabobabijejwe uwofatwa abidindiza ahanwe publiquement kuri stade
Problem si manque ni gestion
Ngira witegereje izo sura ziringaho mwisale mbona atanumwe anezerewe arimwo
Mwubahw mutama see barundi,abatagomba ko tugera kumbona kazoza yacu turahay tubibonera nk abenegihugu,Ni abadindiza ibikorwa,uyu namba Ari umusuma ibi yivugiye imbere ya nyenicu ahiro yoca abihungira he
Arariwe tu
Les congolais sont des riches
Il va amene les petrole pour aide les burundais
Arabishye karabaye.
Iryo Zina na Moquée bihuriyehe?
None se yaje ayigeza Luanda nta commende.
Ni Ibandi mbi.
Ikigaragara nuko uyu mukongo afitanye Deal na Président, kuza hano akavuga yisanzuye ashirishamo ba ministre ?
Harya NEVA numui? Umuswayili? Uyu araje akoreshe cash za NEVA akura kongo en cash, amurere blanchement. Iyi nisi ya Deal . None société ya Prestige ?
Nanjye Niko mbibona kabisa ntakuntu yaza gutta ntakuntu ubyihishe inyuma
Ibibintu biteye isoni kugihugu.Non nimba hari abashikirakanji bameze gutya ubona twoshika kuki?.Umukuru wigihugu ategerezwa kubogoza abashikiranganji bimburakimazi nkaba.
Je numva ari nka ya deal ya Metusselah igarutse. Kubera umwiheburo turimwo ntawutazoza kudukinirako.
Kwelii depuis le 14/11 yaje muri affaire gitoro hakagera le 27/12 Neva atarabimenya??? Numva bigoye gutahura.
None wumva ikibazo Kiri he?
Murabogufashwa. Mwambwamwe. Ibigoryigusa
None ici Burundi kija congo ica congo kijaho tugeze habi
Uyu ni umutekamutwe!
Twari dukwiye kuronka akarorero kabo bantu babesha ngo bozana ibitoro kandi batabishoboye. Bahanwe
Nzobibara ndabibonye
Banyakubahwa mudicungire ntitwibwe
Uyu mu congo man natwiba tuzahita dukubita coup deta muri congo ubwo nabo barabizi
Aha nta Deal kwl irimwo indani?Ceza vizuri hiyi match.Ariko kndi uyumu caméra man waw umusubireko
Ubwo nubusuma bwigendera, none nkuyo avuyehe? Hanyuma Ngo president Ngo yishwe, imyavu yose Ngo president ng uyu ngwaje gukemura ngwibibazo, how umuntu nkuyo ashika Aza gukemura ibibazo vyananiye leta ivya Kongo vyabananiye mureke kuduhenda
Hogera saaana wekeza hapo
😊😉
Uburundi bwishwe na batura tugabane ivyo batabiriye icuya bitwaje icobarico gusa.
Reka turindire batoma turi ngahs
Arababeshya numujura mwitonde
Igitoro gituma kizimba ariko ntikibure
None leta yabuze ayo kurangura igitoro?
Igihugu ni institution ngari buriya twizereko habayeho iperereza rihagije kumikorere uyu mu directeur na compagnie pétrolière akorera n’ubushobozi ndetse ubuhanga , ubunararibonye na réputation z’icyo kigo muri iyo business. Murakarama turabakunda tubifuriza ibyiza.
Ni mubishinga RUfyiri
Ntacomvuze
Uwo agomba kwibirwa ngaha yumirwe
Tugire tubona abadindiza iterambere ryacu
Vyose nivyicanyi biragafa
Iyo ni mitwe
🇲🇿🇦🇴🇵🇹🇧🇷♥️♥️♥️♥️
Igihenda baja
Amen
Bino biyagoye iyaba bitaherera aha
Quelles sont les références techniques et financières de ce Zaïrois ? Références vérifiees par des Experts des marchés publics....
🎩
🔥🏆🇨🇦
Ariko uyumugabo ko ntamuzi mba afrique du sude
Wowe uri ikigarasha cyinterahamwe cyahunze urwanda ubwo wirirwa mumwobo wihishe numuryango wawe urumva rero ntabwo mwamumenya muri abicanyi mwebwe muzakomeze kutamenya abantu kuko mwanabica apuuuu uzapfe utyo ntanuwo mumenye
@HakizimaTheodomile iyisi idigaye itangaje cane aho abakeha bwenge bakomeza kwiyongera mbwira ncuti ninde nakwiciye? Ntabwo ndumuntu ntagira ubwonko nkawe mwirirwa mwicabantu muri Kongo mukicara mukarya mukanwa oya reka
Abakongo nabo ntimubazi ukuntu vyose bavuga ko babishoboye,nabanze agende gufasha congo irya ntambara yanse guhera,mbe habuze abakizana canke habuze $?
rife
Ubuse umushoramari avugira ahantu nkaha hh uburundi murasekeje
Uwo ni igisambo cyaje kubiba!!!! Yabanje akafasha ibibazo bya benewabo muri congo
Bakubwiyeko muri congo ntagitoro kiriyo! Ryama 😅
Ubutekamutwe bwanyu bwaramenyeka wana barupyisi
Iyo nimikino yigihugu 😂ntabintu ntamu boss yiyemera yoza ngaho ntimwanonye abandi aho babakiriye? Mugira mwibe igihugu ntabindi
NEZA cane
Hahhahaha ewe umuntu yizera aba congomani nihatari barabonye ko na bategetsi arabo kw’escroca muzoba mumbwira