Murashoboye kabisa imana yo mw'ijuru ibahe n'ubundi bwenge bwinshi ibahe n'amagara meza namafaranga menshi ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️Nono n'a Bahebiyake n'a miriyamu ndabemeye pe🌹🌹🌹
Mbega firm wee irarenze iyo ndiko ndayiraba umenga ntiyohera jew sinkunda kuraba firm can ariko iyi mpaka ihez vrm ham bahe raba udukorere umuti kbx kandi courage ❤❤❤🎉
Mbakunda cyane rwose pe vyamaho irigisha Nono komerezaho uzigukina rwose 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Wakwanza Jaman nipeni like zangu from Oman 🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮🇴🇲 vyamaho ilove you so much 🥰🥰🥰
Mu RWANDA 🇷🇼 turabafana byo hejuru kbx nono wacu love u so much
Murashoboye kabisa imana yo mw'ijuru ibahe n'ubundi bwenge bwinshi ibahe n'amagara meza namafaranga menshi ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️Nono n'a Bahebiyake n'a miriyamu ndabemeye pe🌹🌹🌹
Filme nziz Can iteguy nez atakujagany nukur ndabakunzeeee caaaane gossss nukur murabanj ndayiravy incuro zitatu zos murabamber kwer mbeg ugutegur nez we mbeg milliam imp avance yooo❤ BZ mweess mubirimw nez uwo mugore naw ntiyirirish p bah biyake courage vrt urumw nkund n'a Nono p yooo amajambo ambanymak nukur kimw gus courage filme bien prepare
Ndabakunda , 🇷🇼🇷🇼🇷🇼 vyamaho niyogere wawu❤❤❤
Uyo mwana myriam akwiy award kwel😂wow!karanezerej ukunt kabika ibang👌sha bahe urumuhinga mukwandik respect kabisa👏👏
Mbega firm wee irarenze iyo ndiko ndayiraba umenga ntiyohera jew sinkunda kuraba firm can ariko iyi mpaka ihez vrm ham bahe raba udukorere umuti kbx kandi courage ❤❤❤🎉
Courage kabisa film ituje yigisha neza Miriam naw uti urakunzw ❤❤iyind part muyinyarukan
Film nziza canee nimwongere iminotaa kwelii si good work
Mbega nukuri mwongere iminota flm ninziza cyane
Abakunzi ba vyamaho tumenyane❤❤❤❤
Asha izo like zingereho ndi mubambere
🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Nukur ndabakunda can imana ibajinbere murigisha cane❤❤❤❤❤❤
kamovie kako danger sana❤ much love
❤️❤️❤️kwr murashoboy mutunyarukirize 18 biguma aribishasha iyifilm kuva kuntango ifisakanovera nubu kagumamw ❤
vyamaho irigisha cyane nono nkukunda ntabunebwe nukuri uruwagaciro mubuzima kuko ukina neza cyane
Byiza cyane ❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mbega mbega vyamaho mwubahwe muraziguhanura mwerekana amabi abantu bakora mungo zabo
Ooooh neza mwakinye kabisa ariko njendakeneye kubona iyizoherera.gusa courage beza buburundi Imana imbere.vuba muduhe part18
Good boys murarenz kwer nivyo mudukorera bitunezereza
Courage kwer murashoboy🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Good! Ndabikundr❤❤❤
Uyumwana arashoboye weeeee jew nari natinye kuyiraba nukuri kuber ubwoba bwayoo❤❤❤❤ ndabakunda caneeeeee❤❤❤❤
Nagirango mbisabire nizindi filim, muzakina Miriam, ntazaziburemo kuko twaramaze kumukunda🇷🇼🇷🇼
Mumbabarir nacerew kuko loadsheding yari yankoreyeko.ndi murukundo niyi movie♥️♥️♥️
Waao mbeg mbeg kudyoha weeee courage vrt ham ndisabiy luyinyarutse ndayinyotew 😀😀cnk mumbwire ahomutegurir niyizire kuyiraba Kare ndabatang mbuwamber mbere 🥰🥰🥰🤣🤣🤣👍👍👍😘 courage mweseeeee 💓
Ooooh !!Mazin yanj urafashw kabis 😳Bah N Nono mubirimw nez 💪🥰
Ooooh mbega aga film kankorera umuti!!! ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ Imana ibakomeze mu Rwanda turabakunda rwose
Courage film nziz cn
Miriamu ashaka avance tonto😂😂😂😂😂ntiwikawushe😂😂😂😂😂😂, courage mes amies ❤❤❤❤mubirimwo neza
Mukinaneza turabakunda form🇷🇼🇷🇼rwanda
Ka milli shaa❤️tonto ncorera noe😂😂😂😂😂😂😂 vyamaho nukurii 🤗
Oyaa najewe uwumusi ndazindutse ntimuncika😂😂😂 ntimundenganye Basha nukuri namba7😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉
courage kbx murashoboye
Vyamahooooo hagiye kwaka umuriro🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉 courage
Murategura pe🎉🎉🎉🎉🎉
Yoooo nacerewe ningene mwayinarukany amashurwe nayanyuu❤❤❤❤
Bahe ka mili waruzi kwarakana ko warugiy utagahay avance😂😂😂❤❤
N'umwana wiwe
Manawe muyinyarukane nukuri mwadusondetse😢😢❤❤❤
Vyamaho niyo film yacuuu👌👌
Courage knd imana ikomeze kuban namwe 🥰🥰🥰🥰
Uyu musi hoho ndagerageje kuzinduka.
Abainyi beza cane
Courage pe
Courage vrt❤
wow harahiye Koko mbe bahe uyomwana wakomerekej washatse gushika kuki ngusabe ntuze umuhemukireee😊
Very very well
Akokana nako ng siga vase😂😂😂 nabana kwel ub barakaniye 😂😂❤
Nice ndabakunda
🔥🔥🔥
Mbay uwamber❤❤
Big up san R-RAY and your team
ndimubambere fromu saudia. 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ndakunda cane uburyo muri kubikora neza bahe courage vraiment imbere ni heza 🙏
Courage cneeee bahe mwateguye neza ❤❤❤
Nacerewe pee gusa ❤❤❤❤🎉🎉🎉🙏🙏🙏
Wao❤❤❤❤
Ndimurukundo niyi film 💃💃🥰🥰
Kumbe bahe niwe yateye ryabuye😂😂
Waaaaaoooh umwana araho yubwahwe🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉💟
❤❤❤🎉🎉🎉🎉Waaaaawo. Mubirimwoneza💃💃💃💯🇸🇦✨🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Team yose iman ibashoboz miliam vrt ndagakunz knd cyan mwubahw bant banj
Courage team bahe na nono Miriam rer aranyishe avance rer bahe yaragiye atayimuhay niwamucik🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤waouuuuuu basha ndab❤❤cne mukina neza rwose IMANA ibahezagire tubifuriz gushik kure cn hashobok ❤
Courage mwakinye nezaa
Courage bhan bahe biyake uriko uduha ibint vyamavuta❤❤❤❤
Vyamaho hejuru❤❤❤🎉🎉🎉
Courage.cut zanje 🌹🌹🌹
Ooooh !!mbay uwindw 💃nazinduts p 🔥🔥
Mbaye uwambere ntimurengane mutampaye ❤❤❤twatundi nikundira
Inkuru nziza nimbi mumpe aka like
Courrage
Ndabakund muvyumve miriam nanj nzomugurira chokola
Tuva 12k tuja 2ok subscribe
Film nzoz God bless u
Vyamaho hejuruu caneeee❤❤❤❤❤🎉
Mukina neza cne gose ndaba❤❤ gusa mwonger iminota
Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee.
Uburundi dufise impano Nono Bahe nabandi bose mubikora bien imana ibafash kuronka nibitaraboneka bikenewe From🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Mwubahwe cane
Mwongere iminota ninziza cyane
Courage kabx. Part 18 ize kare numv nyotewe
Mbega umwana wubwenge😂😂
Vyamahoooo❤❤❤❤❤
Vyamaho urukundo ruranyish ❤❤n'a yope komeza🎉🎉🎉
Ndabikundira cane🎉🎉🎉🎉
Courage vrmt bahe gusa mwongeze iminota
Asha ndabona igez ahirangira mutunyarukirize ndaba❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndabakunda cane❤❤❤
Jury ya Festicab ndashobora kwemezako yarimwo abahinga pe! Iyi film n'ubu iracari iya mbere
Courage cn Arik muduha iminota mike cn
Mbegumwana toto mpayavase terimber❤❤
Yooooo harahiye 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 courage mwubahwe
Vyamaho ❤
Couragee❤
Mbega vyiza weeee !!!!
Ndabashigikiy bantu bnj❤❤❤
Komukaze nn !!!! cha yarumurir non wubahwe ariko bah urazikugem iryobuy watey ndumiw 😂😂
Oh wow that's nice movie 😊😊
Ndabikundira sh nono mubandany muhezagirw
Mwakinye neza cane🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤😂😂😂😂
❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂narinacerew manze nteram
Vyiza🎉🎉🎉🎉