Umurundi akunda uburundi ashaka ko burundi dutera imbere yakunze ivyiyumviro vyuwomu diaspora nkuko nanje nabikunze kandi ndqbishigikiye akandw like kuri iyi message ndabe uko mungana
Uwu mugabo araryoshe kwumviriza nukuli. Azi ubwenge akagira n'ivyiyumviro vyohindura igihugu mukanya gato. By his ideas, Burundi isn't so far from becoming a Singapore prototype
Bonjour, Je suis une burundaise vivant en Belgique ,si ivyo muvuga bishoboka dukeneye abantu nkamwe na Mr Fabrice vu yuko corruption iris mugihugu ira tête ikigongwe nous voulons du changement amaronko umuntu atanga kugira ngo aronke ikintu mugihugu angana nayo uba uguze itongo canke umuduga. Kuri izo investissement yo gitoro Niki umuntu yokora légalement pour être membre ata corruption ibaye. Merci de m'avoir accordé ce moment d'écoute Cordialement.
Tu es formidable Abategetsi bakwiyegereze kandi barondere nabari mu gihugu bari pour le developpement bagasse igihugu gitere imbere aho kuguma biguma bigumazoko ababahendA A ngo barimwe naho shwi. Muzodushimira kuvyo dukora pa kuvyo tuvuga.
vyukuri uyu mu papa azi ibinti vyinshi caane vyodufasha muburundi. Kandi vyari bikwiye KO abaturongoye mugihugu bamuh umubonano Ibi avugiye aha bakavyigako kweri .Kuko abarundi turafise incabwenge kweri
Bjr Chris, Urakoze cyane kuburyo usobanuye ibi bintu, Umfashije kumva ukuntu demographic population yagabanuka à travers des industries mu gihe abagore bahabwa akazi kuri taux iri hejuru. Thanks
I can assure you within a decade (10 years) from now, Burundi will be a well developed country. With the natural resources available and the current political leadership with clear vision, the country will be very far! Again, the country needs diaspora to come back home and contribute to the building the country given the huge exposure they have from where they live.
WIPFUZA KUVUGISHA UYU MUHINGA MrChristophe:
+257 72 27 00 54 (Watsap)
Kko yahinduy izina yaraj agikubitits nkaband ivyontiyabibon
najekukivi tubibonere mubikogwa
Nimwebwe dukeneye💪
Bashaa uvuze ukurii kabisa wewe ufise ivyiiyumviro ivyiza cana mbegaa warihehe uburundii buragukene uri ichambwenge kabisa 🇿🇦🇿🇦🇿🇦👍👍
Mon frère naband bazoze kuko icabwenge muburund zirahari kimw dufatane munda tuzoshik kuri vyish
Nico gihe ci Mana yaje hageze nabandi bazoza bagira baze
Umurundi akunda uburundi ashaka ko burundi dutera imbere yakunze ivyiyumviro vyuwomu diaspora nkuko nanje nabikunze kandi ndqbishigikiye akandw like kuri iyi message ndabe uko mungana
Ndabashimiye cane muze muratuzanira abantu nkaba. Leta ikwiye gukorrera kuvyiyumviro vyuyu muntu tukiterera imbere
Chris, urincabwenge dagushimiye kuvyiyumviro vyawe ikiganiro mwagihejeje hataragera bg up Mr chris,
Urakoze cane Chris kudusigurira ingene uburundi bwomererwa neza , dukeneye abantu bincabwenge nkawe , nakatsinda wamye urincabwenge
Sha wewe wamye uri incabwenge
None abantu nk'abo ko badashirwa imbere? Ibi vyiyumviro biratomoye cane gose. Much respect!
Akanyoni kataguste ntikamenya iyobweze merci kuvyiyunviro vyawe natwe nkaba Diaspora turarindiriye 🙏🏾 we love our country 🇧🇮❤️
Uwu mugabo araryoshe kwumviriza nukuli. Azi ubwenge akagira n'ivyiyumviro vyohindura igihugu mukanya gato. By his ideas, Burundi isn't so far from becoming a Singapore prototype
Imana iguhezagire kumbe turatunze abarundi baciye ubwenge kandi Bakunda igihuhu cabo
Turiko turata umwanya kbsa 😢
Uyu munyamakuru ndamwipfurije kugera kure cane ❤❤❤🎉🎉🎉
Murakoze cane
ndumiwe kweri papa wirambire kweri
Ndamukeneye cane ndi muri Mozambique tugire umugambi wayo ma bus
Kuvyukuri Burundi bukeneye abantu nkaba
Love you, brothers ❤ chatting from Brooklyn cape town
Very genius Burundian man ever, you deserve to be a president papa. Tukaba beshi cane ntituzoshobora kubaka igihugu ndakurahiye 😢😭😭
Bonjour,
Je suis une burundaise vivant en Belgique ,si ivyo muvuga bishoboka dukeneye abantu nkamwe na Mr Fabrice vu yuko corruption iris mugihugu ira tête ikigongwe nous voulons du changement amaronko umuntu atanga kugira ngo aronke ikintu mugihugu angana nayo uba uguze itongo canke umuduga.
Kuri izo investissement yo gitoro Niki umuntu yokora légalement pour être membre ata corruption ibaye.
Merci de m'avoir accordé ce moment d'écoute
Cordialement.
Ndakwemeye kabisa
Icompa papa Burundi akamwumva kbs ndakunda caaaane uburundi
nyakwibahwa mutama CKRISTOphe wubahwe warugerageje gutabga ivyiyunviro birashe vraiment🎉🎉🎉 HOMME du changement Nico ndagukundira disi❤
Murakoze cane
Komerezaho imvugo ninziza turindiriye ingiro kuku turikumwetwese birashoboka
Tu es formidable
Abategetsi bakwiyegereze kandi barondere nabari mu gihugu bari pour le developpement bagasse igihugu gitere imbere aho kuguma biguma bigumazoko ababahendA
A ngo barimwe naho shwi.
Muzodushimira kuvyo dukora pa kuvyo tuvuga.
Umwaka uburundi bwarose abana bari serious buzotera imbere
Twe muburundi twaragowe. Iyi ngeso yo gusubiranamwo bagategana imitego basangiye ubuyobozi batayihevye ntanakimwe tuzopfa dushitseko. Imyaka izohera iyindi itangure isi izoteba ihere. Wew ucanye imbabura uwundi agasukamwo amazi😢😢
Bashe nukurikwimana atagahemukarimwo uburundi turakiz birabay ahovyaherey mumvugo biragiyemungir rero ugwarukankatwe tugikura Nimuzemwes dusengere ababant imana ibatuzigamire. Kabis habenasebarundi wacu abonakure agité atuzamur kwer niyirambir mutamawac🙏🏾🙏🏾👉🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤👍💪
In agriculture je nosaba gushinga ama industry nama machine akira ,barya barimyi nabo bahora barima akaba aribo batangira guha akazi barya barimyi bakuye mumirima yabo .kuko 80% farmers ntibashibora guteza imbere igihugu.bakoreshe ubwenge kurusha inguvu burundi bwacu❤❤
Very intelligent!!ikbzo gihari abtegetsi bacu umeng numunt yabroze!!ntibashak kumviriza abntu bciy ubwenge!!Nukri trakney incabwenge nkab Christophe
Imana. Iguh umugisha
Nukuri urakwiye Kuba, umuhanuzi wumukuru wigihugu
vyukuri uyu mu papa azi ibinti vyinshi caane vyodufasha muburundi. Kandi vyari bikwiye KO abaturongoye mugihugu bamuh umubonano Ibi avugiye aha bakavyigako kweri .Kuko abarundi turafise incabwenge kweri
Bjr Chris,
Urakoze cyane kuburyo usobanuye ibi bintu, Umfashije kumva ukuntu demographic population yagabanuka à travers des industries mu gihe abagore bahabwa akazi kuri taux iri hejuru.
Thanks
Ndabakunda cyane muri abagabo rwose❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ahaaa Uburundi ndumva muri kazoza dufise ubutunzi. Ivyo vyose biravugwa Ku Burundi ariko vyimbwe bifise banyiravyo Umurundi nyarucari ntituva Aho turi. Mutahe mukorere uburundi turabeko twotera imbere.🙏
karibu ❤panafricanisme hejuru
Nukuri reta nayo irakwiye kurekura ayomakori igatanga exonération kurayo ma bus abantu bakinjiza bus électronique nyinshi nka 50 kuduga
Ndakumva 100%kabisa
Ndakwemeye urumuhinga mutama akirabe akwiyegereze ube umuhanuzi wiwe
Incabwenge y uzuye❤
ndabaye mwiriwe caane .Homme du changement wubahwe caane ñdagikwirikirana 5/5
Sha niwuburundi bukeney bonse unona bomeruko ubundi uburundi❤burakize cyane nuko hakiribisambo bitazinyungu zabaturage
IMANA NIYO IZOTUMA BIKUNDA. DUSABE IMANA IDUHAZE KURAMBA NTAKIYINANIRA.
Natwe turabakeneye cane mu Kayanza hari beaucoup de talents à promouvoir muje murahaza kenshi muvugane n'abajejwe intara babashikane ahariko hararangurirwa Ibikorwa vyinshi vy'iterambere
Muri ab'igiciro nyene
Kbs umutama ndamwemeye
Icihutirwa ishure ryo abahinga bo kwimba ubutare no kwubaka amahinguriro y ubutare aho gushora ivu.
Wawo very investing !!🙌
I can assure you within a decade (10 years) from now, Burundi will be a well developed country. With the natural resources available and the current political leadership with clear vision, the country will be very far! Again, the country needs diaspora to come back home and contribute to the building the country given the huge exposure they have from where they live.
Unfortunately the government is not making it easy 😢.
Ivyo bitumvikana 😊😊😊😊
Very Intelligent
Patriote ukwiye kandi umuhanga very simple
Industrialisation rapide idashingiye kukuduza agaciro k'umurundi yaba uwutwara yaba uwutwarwa, ntishingire ku muco wo kwubaha ivy'igihugu, ntihabe kuvavanura n'ubudyadya ( cane cane mu banyapolitike) ,ntihabe gukorera kumugaragaro (transparence) ... biragoye cane ko yoshika ku ntumbero
Vyiza cane uraciye ubwenge kabisa
Uvuze ukuri, utanze imbono nziza
Erega Uburundi buratunze cyane, ariko ikibazo buyobowe nabi kandi biribonekeza. Kugira ibi byose uyu mutumire avuga bishoboka nuko Classe politique ihindura mindset, icyakabiri hakaba accountability, ibyo bibiri birahagije noneho fondation ya byose ikaba cohesion national( gov iri inclusive, iha amahirwe bose kandi bashoboye kugira hiridwe incompetence) ,
Excellent
Reka nongere mvuge jembona izinama président azishingiyeko igihugu cacu nabanyamahanga benshi boca bagisabamwo ubwene igihugu ubuhanuzi bukaba busohoye nyakubwa président wacu turagukunda yuzokwongera tugutore kuko wakoze igikorwa ciza coguha aba diaspora icizere cogusubira gukunda uburundi bakaba bariko akiranguriramwo imigambi iteza imbere igihugu.twebwe turabonako abansi b uburundi aribo bariko bakora ibishoboka kugirango ibitoro bibure nibindi vyinshi bituma abarundi urukundo tugukunda buhera ivyovyose turaziyuko aruko amatora yegereje niyompamvu barikuvyonga .twebwe dukunda igihugu cacu tukurinyuma hama .ariko izinama z uyumugabo zinkozekumutima cane Imana idufashe izinama zumvye kandi zishigwe mungiro 👏
Uwo muntu arafise ivyiyumviro bitomoye.
Ndatangaye kandi numva nezerejwe nuyu muntu !! Sinari nzi ko dufise abantu babona kure nkuku 🙏🙏Mana ibuka uburundi bwacu uduhe imitima yoroshe tubane mu mahoro dutere imbere
Thank you 💕💕
Umunyamakuru udufashe kuduha link yiyo group yaba diaspora kugira twifatanye nabo muguteza imbere igihugu .
Abarundi bose kobabaye abacomedien
Babaye iki baravuga cyane kurusha ibikorwa congo ko ifite menshi ubu
Irakize
Hariho indirimbo inkotanyi zaririmba kera ngo adui aliuzisha inchi kwa ma beberu(umwansi yagurishije igihugu ku bazingu) ariko ubu ni mwebwe abanyarwanda mwigumira inyuma y'abazungu ico umuzungu avuze muca mukoma amashi . None ico narinshaka kuvuga ni uko mwikundira kugaya ivy'abandi muzana raison z'ububwa mutwunvisha ko arimwebwe mutwawe neza . Ivyerekeye uburundi mubireke nta n'incabwenge mudusunvya mubihugu 20 muri africa bifise abanyagihugu bize ntimurimwo arike twebwe tuza mu mwanya w'icenda .. ico novuga kandi ni uko mwoziba kagame abubakire stade muyereke isi yose mutureke twibereho Imana yikorere kuko ariyo dusenga nta muzungu dusenga murakoze
@@timoshand5952 Woshobora kumbwira aho nokura information kuri iyo classement z'ibihugu mubiraba incabwenge? Uzoba ukoze.
Rekishari
Iciyumviro c'akarorero ka Angola Nico gikwiye gukorerwako. Harakenewe kwivyo vyiyumviro bikorerwako. Ndabikunze cane. Ahandiho ntaho tuzoshika abikunzi nibenshi
Ariko kwama tubivuga mu majambo gusa sivyo bikenewe hari hakenewe ko boza badutangariza ibintu biriko birakorwa
Agaciro media namwe turabashimiye cane kuri iyo reportage nziza mwakoze
Uyu Mugabo ndamukunze incuro 5
kuberiki Ubu muBurundi umuntu avuz ijambo nacho yoba avuga ibinyoma abarundi Beshi Acha bavuga ngo uvuze neza imvugakuri zaheze!!!!!!yoooooo muragowepe
Urincabwenge kabisa nibakugire umuhanutse wumukuru wigihugu
Aba économiestes muze mwumviriza ama ideas yacu
Mbega mbega umugabo aciyubwenge ❤❤❤
Turatunze cane
Jew icyo nogusaba nuko wosaba umubonano na nyenicubahiro umukuru wigihugu muyage bikwiye cng ababishoboye bamwegereye babahuze vyihuse
Saltriver turiko turakurikira contribution zawe ca milti carency canke Dollarization coco abagize ikibazo economic stability baragikoreshe Kandi carabafashije
Uguze neza cane
Erega icongereza nigike mwene data umukene azokena cane imutunzi atunge cane nimukomeze urukundo mwubahwe cane
Noe kuberik abant nkaba bataja gusaba umubonano na president bakayaga
Zana shuti zawe za south afrika mubikore mwese . Nibyo dushaka. Apana wa rundi nyinye always. Président Jean-Baptiste bagiza yarabikoze , mugabo .
Kabisa wubahwe gusa muburundì dukeneye gukundana niho vyose bizogira akamaro
Ibi vyiyumviro uyu mwubahwa atanze biratomoye cane. Umukuru w'igihugu akwiye kwiyegereza abantu nkaba akabagira abahanuzi biwe niba bobimwemerera.
Umukuru w'igihugu azogihe abo bagishoboye!
Uyumutama Avuga neza kwli
Jew agaciro tv ndayikunda.kand abarundi twishim turafit incabwege.
Ivyiyumviro vyiza cane
Wew homme du changement ushirako amakuru meza gusa structure de titre niho utadutomerera neza😂😂 ivyo uba wanditse,biraducanga😮
Burya Uburundi hariho IBINTU bizotubako tukanezerwa.
Kuko dukeny tudakeny.
Aba Rundi ndabakunda cne kuko muri abantu babagabo kd mushyire hamwe mukoreshe amahirwe mufite yo kuba mufite presida mwuzima ubakunda mwese agakunda n'africa mu muprofite muzamure igihugu cne nkunda cne bizashimisha cne igihugu cyanyu nimbo cyavuye kumyanya mibi bagishyiraho kd byose biri mumaboko yanyu
Abarundi ntaho muriko muja muva hanze muza mutamwo imdimi zose mwishakiye. Igifaransa caranse, ikirundi ntaco mukizi, ico mwadukanye ngo Icongereza naco mutazi. Biteye isoni, vyerekana akajagari kari mu mitwe yacu.
Izo idée zawe nizo nizubwenge ariko ntabanyamahanga dukeneye natwe turashoboye,ivyo vyose uvuze umugabo wanje ahora abivuga,ariko harico wibagiye,erega bariba nivyo bihugu uvuze vyaribwe muze dukore turashoboye turibenshi ba Fabrice bariho nabaruta Fabrice.none ntubonako na Kenya yubakitse harikibazo.ntawuvuka rimwe yuzure ingovyi nimwihangane tuzoshika
Ikianiro cubwenge pe
Ibihano iyo abantu bitabaryanishije fin de fin, bituma abantu bava muri confort zone bagatekereza twice. Iyo finalement biboneye solution ibyo gutegemeya kubazungu biba biheze, ninabwo baduga kdi bashikamye.
Vyiza cane uburundi iyo twoba dufise abahinga 20 nkuyu mugabo twoterimber murakoze cane muhihinga
Umutwe wuyu mugabo wukora neza kabisa. The truth , 👌
Urumuntu w'umugabo!
Ukwo nukuri kabisa dukora dusenga ntakuba amahera
Ikiganiro ciza cane ,uvuga imvugo yubaka apana abaraho bavuga imvugo zihabura
nyinshi cane kweri
Homme du changement, abantu uriko uvugisha nibo bari bakenewe kugira basukure ivyiyumviro vy'abarundi. Nico nama navuze, icambere nukumbaza guhindura ivyiyumviro. Mfise ikibazo: Ntakuntu wofata ibi vyihumviro ukabihuriza hamwe ukabiha Reta? Apana ko biherera ngaha? Ntakuntu woha link abashobora kugira ico yokora?
Uyumugabo avuze ukuri
Mwubahwecane
Uburongozi@
Harakwiye kwongera kujaho Ministère de la planification et du budget uwu mugabo ace aba Ministre vyihuta
Nivyo ni paradizo