Uburundi ni bwiza Cane🥰 kaze I Burundi Kora subscribe kuri RUclips ya @PhoenixBurundi muzoze muribonera ubwiza bw'uburundi🇧🇮😍 Link: 👇👇 ruclips.net/video/m-GZ6LLdFL8/видео.html
I lived there for 4 years...2013-2016....besides political instabilities this nation is so beautiful. guys next you should put English subtitles. I can help in terms of tourist attraction. my adviceeee
Wow c'etait bien fait. This man explained it so well, everywhere you in Burundi people are always praying praying to jesus, it's like they are brain washed (sadly it's the truth) This is why i still pray to Kiranga, and you people can to continue to convert yourselves to christianity and islam. Everywhere you go in Africa, people are always looking for new pastors, and prophets, to do miracles for them. If it wasn't so sad, it would be funny.😅🤣🤣😅🤣🤣 Merci de partager.
Uburundi ni bwiza Cane🥰 kaze I Burundi
Kora subscribe kuri RUclips ya @PhoenixBurundi muzoze muribonera ubwiza bw'uburundi🇧🇮😍
Link: 👇👇
ruclips.net/video/m-GZ6LLdFL8/видео.html
Nukuri mugize ikuntu ciza pe
Harakabah uburundi bwacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️♥️🙏umutima wa African
Vrmt turashimiye uwazanye ikigitekerezo yubahwe mukoxe ibyingezi muri kahise nakazoza kigihugu ncacu naban bacu bazoza bibukirako ibigixe histoire yuburundi🇧🇮💓🙏
😭😭😭😭😭🤣🤣🤣🤣basha ndababwire ndarize nongera nditwenga🤣🤣😭😭😭 nukuri muburundi niheza nciye ndahakumbura ibigumba gumba biranyishe
Credit goes to photography, love this image 💯🙌
Mashaallah am from Ethiopian and I have burundi 🇧🇮 boyfriend i love burundi my Allah bless Africa 🌍 ❤ 🙏 ♥
❤️❤️❤️❤️❤️
I'm Mexican and I need an Ethiopian girl friend send me your email and phone number
Woow y're sister inlaw Welcom burundi 🇧🇮
Wow nice to hear that can I get a girlfriend from Ethiopia????
Woow it's good welcome home and shukran
muzodutembereze i Burundi twe tuzoza tuvuye i Canada tuje muri semaine de la diaspora.
Wow burundi 🇧🇮 home is home ppl let us build our country
U Burundi ni Bwiza cane kandi turabukunda,,,,
Ababa Phoenix Arizona tumenyane kurici kiganiro. Ndakumbuye muhira aho nataye uruzogi
This is Burundi ah navukiye aho narerewe je suis fièr d mon pays 🇧🇮
UBURUNDI bwubahwe🔥🔥🔥✔️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
niheza
Uburundi buri nibyuki😋😋
I really miss my beautiful country 😭❣️❣️💞💖🇧🇮
Uburundi bwacu ni bwiza❤️❤️❤️
I lived there for 4 years...2013-2016....besides political instabilities this nation is so beautiful.
guys next you should put English subtitles. I can help in terms of tourist attraction. my adviceeee
Wow that nice
☆☆☆ None mwari murindiriye iki kwirigwa mutwereka ibipfu ngo aba star☆☆☆ ikiganiro cambere SV ikoze ciza
Ngo ibiki? Turumiwe noneho
Uyo muntu avuze nabi
@@sirenvibestv osi ibi nivyo bintu vyakamaro bibere kutwereka 💓💓💓💓💓💓💓🇧🇮
😄😄😄😂😂😂😂🤣🤣 ubuntu naw aramyish😄
Kuvuga neza ntawe vyishe mon chef!
Iwacu niheza cnee 🇧🇮 abafise ivyiza nkibi baze duhaye ibiyaya imisozi inzuzi vyose bitah iwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Abo kuri siren vibes murikubikora neza courage ndabona muri mukazi👌
Burundi is nice
Uburundi nibwiza kbs
Wao! Muraryoshe kubona! Much love from India guys! I love you so so much my people 😘 🇧🇮🇮🇳🇧🇮🇮🇳
🥰 Nbegavyiz
@@afsaal1508 Ibibajou🥰
Baeutiful is Burundi
Our beautiful country ❤❤❤🇧🇮
Burundi bwacu burundi buhire!!!!
Uburundi bwacu turabukumbuye igihugu camata nubuki🎉🎉🎉
😅🤣🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇲🇧🇲burundi ndahakumbuye
Uburundi bwacu ni bwiza canee❤️❤️❤️
Iyaba naragiye Canada naca nandika mur commentaire : I really Miss my lovely country😀 mwarikoranye
Hahaha ewe David shaa 😀😀
Hahaha David vrt
Hhaa
Burundi 🇧🇮 bwacu nibwiza turabukunda🇿🇲
Every where you are, every thing you be the pride of Burundi. I'm proud of my Burundi ❤️❤️
My lovely country
Igihugu cacu niciza🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Our beautiful country we love you so much
Franchement murandiye benewacu na basanzanje iyo ni rêve yanje basha j'aimes mon pays et mon peuple iwacu Turin abeza cane disi iwacu hejuru cane dushima N'Imana yaduhay I gihugu ciza
Waaaaao chez nous à muramvya bukeye
Burundi iwacu shenge ♥️👌🙏
Burundi nwacu burundi bwiza cane wohora uraraba
Karibu I Muramvya iwacu so nice
burundi is green very beuty country
Nukuri nibazeko atamuntu atabiziko uburundi ari igihugu gifise ubwiza bwooooooose:ibiyaga inzuzi imyonga ibiyaya imisozi yohasi imisozi igereranye imisozi miremire,akanature nakayaga vyovyo nagahore ntiwokumva,sha abantu banka uburundi nabatabuzi nukuri.
❤❤❤🇧🇮nkunduburyndi bwacu bwiza naho ndimumahanga 💃💃
Murakoze cane kutwereka ibivyiza vyiwacu muhezagirwe cane
Munyibukije ku kazi iwacu I Teza, Bukeye bwa Banga😍😍🥰❤️ Ndahakumbuye🇧🇮
kiranga yaraba umugore harya yabeshe vy'ukuri
Our btfl country,muradukumbuje iwacu vrt🇧🇮🇧🇮
Sije nzobona ndahageze 🇧🇮🇧🇮 Mashalah BURUNDI Bwacu ni Bwiza
Ma sha Allah iwacu nihezaaa peeeeee
Burundi igihugu canjye nikundira uragahoraho uburundi bwacu
much love from China, iwacu I Burundi ni heza cane
UBURUNDI NI Bwiza yemwe mwarakoze kurico kiganiro
Ndakumbuye uburundi bwacu bokwugurura norara ntabuje itike intahana nibwiza cane uburundi ahamuri Qatar ntabwizabuhari
#UBURUNDIbwacu#Igihugu caca Merci cane kuri Siren Vibes TV yo idahengeshanya kuduha amakuru y'iwacu IBURUNDI
Uburundi ni bwiza
10/10 tres bonne emission
Oh my God i love my country MORE if i get chance I'll come to visit. It's so pretty
My country
Good idea, 🇧🇮 we love
Burundi is beautiful
c'est ca ce qu'on appele creativite, merci Siren Vibes TV
Mon Dieu! Burundi bwanje bwiza! Imana ikudutungire
Nivyiza kabisa mwagize neza kabisa
Whaoooooooo it's so amazing ,congrats cane kbsa kukazi
Uburundi igihugu c'amata n'ubuki😍
Sirent vibes TV good job turashimye
Wawoo Beautiful ❤️❤️❤️❤️
Waooo Burundi iwacu niheza caaane peeee❤❤🔥🔥🔥
✊🏾🇧🇮
Monsieur L'Historien
Waouw merci,mon pays Burundi ,murahankumbuje😘👍
Un bien joli reportage - merci, ça donne envie d'y retourner, les burundais sont accueillants et les femmes très jolies
My second home🇧🇮❤️
Burundi fiicaan wallahi
👌👌👌🤨🤨🤨🤨ndagukumbuuuuuuuuyeeee wagahugu keza kanje
So Amazing
Mwarakoze cane kunyigisha vyinshi ntabwiwe mwishure
Nice to see and hear about that beauty of Burundi...
Muntahirize abakozi ba OTB Teza😍❤️
😍 iwabo w'abantu
Blessed Country❤😍 Thank you for sharing this video😍 Make subtitles for visitors from overseas!
Iwacu 🥰🥰home sweet home
Good job guys, gusa mudukubuje iwacu, anyway where can I gate that top Visit Burundi ?
Follow phoenixburundi for more info
prof B carré (Barahinyuza Bernard) 😂 toujours comique dans ses enseignements
Urwo rwaruka rwari rwavuye hehe?
Shaka kumenya kwinjira mwiyi group ya visit bisaba iki
Nice
I love my country😩❤️❤️
Wow c'etait bien fait. This man explained it so well, everywhere you in Burundi people are always praying praying to jesus, it's like they are brain washed (sadly it's the truth) This is why i still pray to Kiranga, and you people can to continue to convert yourselves to christianity and islam. Everywhere you go in Africa, people are always looking for new pastors, and prophets, to do miracles for them. If it wasn't so sad, it would be funny.😅🤣🤣😅🤣🤣
Merci de partager.
U Burundi nibwiza
😘😘🤗🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Pray for the Twa people 🇧🇮🇧🇮
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤🎉🎉🎉
#BurundiKwetu
Abarundi murantweza sinziko arubwenge bwinshi igihugu ninkinzu yumuvyeyi wa bose none ? Iyonzu iyo bamwe bomowe abandi bakicwa abandi bakangazwa muriyo , none iyo nzu iguma ikiri nziza ? Ntitube duhendana ...ariko nivyiza nimuhavuge neza ntakundi mwagira
Pole sana kabisa
Uri ikirofaaaa
Uri ikirofaaaa
Eudes😂😎
Eudes asigaye atovye hhhh
URUKUNDO RUMWE!!
🇧🇮❤️
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰
🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💌
I ❤️ SV TV
Uwo mugabo y'ibaza ko amazi yo mumwonga ava he? 😂
🤣🤔🤭😱
Cacu***
🇧🇮🇧🇮😍😍😍 🇹🇷🇹🇷
ego vrm
I hate from 19:25