W. Nyamitwe ati: Iyo Uburundi bwemera inteko mvamakungu ubu abarundi baba bari murira n'amaganya

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 6 фев 2025
  • #Burundi #Politique Ambassadeur Willy Nyamitwe ati " Iyo Uburundi bwemera ko inteko mvamakungu ziza mu gihugu, Ubu abarundi baba bari mumarira n'amaganya ". Umviriza uheze ugire ico ubivuzeko .

Комментарии • 9

  • @ndereyhakiza6019
    @ndereyhakiza6019 5 лет назад +1

    Ndabisubiyemwo, Willy Nyamitwe, komera Imana ikuje imbere ubashe kuzimurura abayovye kandi bazi ivyo bakora mu nzira yo gushaka gusenya igihugu cacu, utibagiye n' ababandanya kuzimagurika kubera ukutamenya kubera bakiri mu mwijima mu kutame nya ukuri kw' isi tubamwo.

  • @Vision2300
    @Vision2300 5 лет назад +1

    Aho Ndagushigikiye 100%

  • @ntimpirangezajeanclaude8411
    @ntimpirangezajeanclaude8411 5 лет назад +4

    Urabivuze n’ubusa “burazirwa”, washaka ca wiyicarira “Ugukura kw’imiswi y’inkoko s’impuhwe z’agaca”👍🏿

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 5 лет назад +1

    Intumbero yabo nikwiba nukwica ntayindi ntumbero bwana Mr Nyamitwe
    Mube maso kubigira ngobaje kuzanA amahoro aramabingira bigize intama

  • @yusufhb6837
    @yusufhb6837 5 лет назад +1

    Turinyuma yanyu🇧🇮

  • @isaacbukundukize3483
    @isaacbukundukize3483 5 лет назад +3

    MUTAMA wacu ntiyabeshe,habwo yobari kugerageze tubereke abarundi icarico.

  • @kwizerayvonne1950
    @kwizerayvonne1950 5 лет назад

    aho ntubeshe willi nyamitwe . aba ndababayemwo imwaka itarimike, je twiganye kuri University tukaba tunakora kukazi nije ndabizi. Iyo babonye chef yaguhaye cote nziza kukazi , inzigo irajagata . kuko abachef baha ntibitaho kuraba uko usa niyuva hageze imishahara . baracompetens hamwe nubumenyi ingene diplome bakwihere ingene ingana , iyo babonye umudugana kumushahara , aharwa kwiyica cane cane ufise urukoba kwirabura nkanje , abazungu, je basanze , afrika nkaba nfise ububasha , nanje nobasubiriza mundumane , barafise inzigo na ma sourire diplomatique . ugiye kubanika ko amenyo , uratangara . je ndabicisha ibikorw antakindi ariko vyose mba nabifotoye hama nkinumira kzima mbanihemberwa agashara kanje kandi nkaba nzi ko batanterura ngo hozzshi , tuba tusife karangamuntu zimwe kirese urukoba tunyuranye , nabo baranka afrika aho ndi sure