Faustin Ndikumana| Iyo niyo ngendo yo guhagarikwa

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 25 окт 2024

Комментарии • 7

  • @majwegerifabrice9187
    @majwegerifabrice9187 Год назад +1

    Iyaba vyakunda baKavyumva abo vyega Imana yobikoze🙏

  • @bayubahejames7536
    @bayubahejames7536 Год назад +1

    Aho rero ibintu vyoba bigira bije kumurongo nkahamwe Leta yokwiga kurizo mpanuro nkokuzubona umurimyi ashoye nkuturo 10 kg kugirango yikenure akamugoye bagaca bamutaburira igitasi kimuvuna canke wagenda mundimo nagakinga ugasanga imigozi mwibarabara ngo nintererano ya Commune ,yintara. Ibintu mwenivyo ugasanga umwenegihugu ararushe ivyo rero ntawe bitonezera mugihe vyotorerwa inyishu

  • @kaburaeric2258
    @kaburaeric2258 11 месяцев назад +1

    Muburundi dukena gute dufite Abantu Nka Faustin Ndikumana ? Nabandi TUTavuze ?ikindi nanje noterera kirya kintu cuk abana bayoberwa mumashure birya ntibibaho abana nibunguruzwe bahez amashure ningoga basohoke baj gufasha RETa ibikorwa vyiterambere.kuko nubwo bahitira mumashure basohoka atakintu nakimwe bazi

  • @arikumwenayoalexandre8697
    @arikumwenayoalexandre8697 Год назад +1

    Urintwari kbx

  • @jambonettv9431
    @jambonettv9431 Год назад +1

    Icoduha ayomajambo akinjira mumitima yabarundi,,ndizeyeko dans 10ans uburundi bwoba bwabaye Dubaï

  • @niyibigiraegide2937
    @niyibigiraegide2937 Год назад

    Urumugabo wewe ndakwemera

  • @ernstjumainemyampi7314
    @ernstjumainemyampi7314 Год назад +1

    Akarorero: Isoko nkuru ya Bujumbura, yubatswe nabande?
    1. Etudes: DHLM Architectes -Paris
    2. Surveillance: AC Architecture et Construction - Bujumbura
    3. Charpente et Toiture: Metalubia
    4. GO (gros oeuvres): ?????×××
    5. Plan incendie et Installation: ×××
    6. Installations techniques: xxx
    7. SO ( seconds oeuvres): xxx
    8. Divers: xxxx