Ahubwo ico nosaba Angel nomusab gukora account yiwe ya you tube nayandi ma social media kugira agere kure for pushing her and to teach others keep forwarding hosy ukora vyiza gusa uzodutumire nabandi bakora business bigisha abantu canke arts merci beaucoup 👌
Yoo Marry Angel asigaye azi ikirundi birandyoheye kuko emission yatanze kuri Isimbi TV in Rwanda ntakirundi yarazi she was actually interested in english!! Marry keep it up kuko uri akarorero ku rwaruka rwinshi!! Follow your dreams and your dreams will follow you!! Good luck 🙏!!
Rita Mary Angel amaze gutangaza benshi uyu mwana w'umukobwa. Afise inzu yiwe y'imideli ku myaka 18 gusa. umve ico aje gusaba abarundi bose kuriyi ncuro.
Turabasavye mumutore atere iteka igihugu mu makungu🙏🏽🇧🇮🇧🇮
Kumutora nigute
Nomunsi mbaye uwambere🔥💥💪👅 abemera hosy ko arenze gonga like hapa
Wewe urakaze
@@AllaboutHosy ndakaze wallah
Rita ,urigitangaza cane ,Imana yarakoz kukurema kuko ubitsemwo ingabire nyinshiii,ndagukunda cane ,na maman waw ndamukunda umukama abanzigamir ,mwarahezagiw❤
Oooh my God that’s pretty cool to have a house on 15 years old 🤝🤜🏾🤛🏾 , I got my hse on 18years old too
Ohhhh congrats too
🙄vrema🤗courage #mary Ange
Thx dii hosy wamutuzaniyeee
#Mary icitegerezo kubandi basisters bacu
Il faut encourager ce genre de fille.
Nanje mbaye uwakabiri vrt ndabasavye mumpe izo like kbs
❤❤❤🙏🏽🙏🏽🔥🔥
Tuziguhay uzikoza iki?urazidandaza cnke urazirya??
Courage Hosy,uwomu sister courage urwanda rworwo rurarenze mubakobwa batunze cane natwe tuzoshikirwa
Iyi video mwayikoze nabi cane sinzi k mwayishizemwo négligence
Go go Rita i support u
Ahubwo ico nosaba Angel nomusab gukora account yiwe ya you tube nayandi ma social media kugira agere kure for pushing her and to teach others keep forwarding hosy ukora vyiza gusa uzodutumire nabandi bakora business bigisha abantu canke arts merci beaucoup 👌
🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Hosy ndakwikundir💖💖
@Rita Mary Angel courage
Komera.uterimbere mwari muburundi is
Waaaoooh tumushigikire vrmt atezimbere igihugu cacu courage cnee asige iyo link tumutore
mwari kuba mwaduhaye link kugirango vyorohe !!!
Hosy urafubonye ubuhoho sivyabindi❤❤❤❤😂😂😂😂
Yoo Marry Angel asigaye azi ikirundi birandyoheye kuko emission yatanze kuri Isimbi TV in Rwanda ntakirundi yarazi she was actually interested in english!!
Marry keep it up kuko uri akarorero ku rwaruka rwinshi!! Follow your dreams and your dreams will follow you!! Good luck 🙏!!
unyamwezi mwingiiii... umukobwa yitahuye ubundi nukwo abateye...arise yal👌
Courage Rita
Urampakazi ritaaa wee
*Beautiful girls. belles filles*
arahabona abo nibo igihug gishaka ndamutey integ♥️♥️♥️
Uramva ingene afise don mucongereza,burya Burundi bufisebibihangange nukuri nuuko tutaravyimeza ariko turashoye
Merci hosy.elle m'inspire caane.nabo ba invités tub dukeney.ham ndagusabe utubwire umutumire yitwa amandine wigez gukoresh ikiganiro kuvyerekey drogue y boost yafata,esk yoba yarafashijwe???vyaherey hehe?merci
Uwomwana ntasanzwe afise amateka akomey ndamukunda
Muduh link kugir bitworohere mwob mukoz
Ritha❤️❤️❤️❤️courage
félicitation baby
Howiyana plz dusabire Link yiwe tumutore
Umviriza neza yavuze uko bimeze
@@sirenvibestv nivy ndatahuye kbsa
Courage ma fille
Abari inyuma ya camera kwumva ari sawa. Ibitako Ibisharizo Ibidede Imideri etc ndarose!!!
27:25 ndatwenze nduma hosy
Aramaze gukora iyindi interview kuri Btv
Abatari muburundi tumutore gute
Nzomuha amajwi vrmnt aho ngeza
Waouh
24:12 ndakangutse😲😲😲
So bifise délai ingana gute???
Oya Peut-être wewe waraherekeje abagiye kw'ishur 😂😂😂😂
😆 vyagenze gute hahhhahhhh yayahhh
Asa neza gusa hhhhh
Uyu mwana araciye ubwenge
i love you ritha
@maryAngel igifaransa powa English poa kirundi poa likini Swahili shida
igiswahili sicabarundi kandi nawe urabizi
☆☆☆ Hosy igiharuro kirakuva ndakurahiye☆☆☆ 😆😆😆
🤣🤣🤣🤣
Salut
gusa ntimwasiguy ukuntu bikorwa kur ecocash
Bandika sms cank
Nne nguwafise Ingahe???🤔🤔🤔🤔🤔
Narinabony ngo Ni15nn ni18
18ans
None akabazo igihe umufiance yamuteaye inzu azoca ayisigira nde?
Ahorero nkaba nariko mbaza nshaka kumenya aho yoba atuye #hosy.
👌❤️❤️
Ndanezerewe kuba muburundi dufise abakobwa bintwari nkuwomutumire ahari yumveko ndamukunze
Courge mukombwawacu turakwishimira
💞💞
Nguma ndayisubiramwo iyi interview mwarateyinkuru pe. Hihi. Murakoze kandi numvise ngo Mireille Kami.
🥰🥰🥰
❤️❤️❤️👌👌
👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍
🤔
😍😍😍😍
❤❤❤❤❤❤❤🙌🙌🙌
Jewe sinatahuye ukwonotora mwaya mahiganwa uyumwana arimwo kukonarinumva nomuha ijwiryanje.
Raba comment yo hejuru babisiguye
Naje arareka kubesha kumyaka
Rita,ego n'ugende urumunyengabire!
Jew sinumvise ingene umuntu yomutora kandi iyo utoye ayo majwi80 ayo maher uyaronk gute rero
Umufasha kugura ama votes: 100$ ni 80votes cnk 10k fbu ni 30 votes hama 10votes ni 3mill fbu
Ecocash yiw ni 79940289
@@irambonaalainnova8956 muku vota dukoresh lumicash yiwe cank
Bikorwa gute kur ecocash
Ivyobintu bisababantubize vyogutora www
kwer jew nanj ivyabamiss wap gutweng ubus atakint kintwengej sinumv konobishobor
None Biratangaje ga Journaliste Osy? Weho aho ukor'ijoro numurongo ucora aba Diaspora uhiga nakazi kuri RTNB? Ubuzi bwaraheze uragenda bukebuke...Umwe wese afis'integuro Imana yamuteguriye?? Nawewe ntamyaka myishi umurushaaa mwese murimiswi y'inkonaaaa. Ewe Burundiiii
mxiuh😒😒😒😒lofa weye
Hhhhhhh wewe umu juger nkande toka kure
Ritha I love u sooo much urintwarikazi kabisa ndakeje umuvyeyi yakwibarutse
❤❤
❤❤❤