IndundiComedy | Mutima na Alice Abavyeyi barabagabiye | Ewe Cisha-ado uri umuti wamenyo

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 18 сен 2024
  • 🔥🔥🔥🔥Inyuma ya Mabahasha ibara riraguye kur Alice na Mutima😂😂😂ubuho babagabiye imbeba🔥🔥🔥🔥🔥

Комментарии • 397

  • @jeanettengabireyimana4900
    @jeanettengabireyimana4900 3 года назад +154

    Abipfuza kwiyi team yokina film tumenyane

  • @donatienkaregeya8473
    @donatienkaregeya8473 3 года назад +31

    Twagiye turonka abakina comédie nyazo zirimwo inyigisho apana bamwe bajagara.terimbere team mutima

    • @measme4721
      @measme4721 3 года назад +1

      Kbsaaa

    • @nduwayezugerard9938
      @nduwayezugerard9938 3 года назад

      apa uwari gasore amadoromo

    • @alexandrendayirukiye4272
      @alexandrendayirukiye4272 3 года назад

      Babwire abaza kuresha abakobwa iwabo batunze batamanze kubira akuya,Cisha urumugabo peee,abari bafise agatima nkaka Mutima bumvireho

    • @abouseleynzisabira5875
      @abouseleynzisabira5875 3 года назад

      Ntabandi ba comedien nigera ndaba ataraba gusa kuko barashoboye

    • @ygsa5009
      @ygsa5009 3 года назад

      Nukuri ababntu barandika neza

  • @aliceniyo1642
    @aliceniyo1642 3 года назад +32

    Abaraba cmnt imber Yuko video irangira tumenyane ndasavye!!!🔥🔥🔥Ndibonyemwo🤪🤪🤪🤪🤪

    • @تايااي-ج8م
      @تايااي-ج8م 3 года назад

      Nukur Alice imana irakubona🤣🥰🤣

    • @thierryirakinga1463
      @thierryirakinga1463 3 года назад

      Ukuntu mwasenze vyandangije🤣🤣🤣🤣 nawe ngo :" Aminaa." Gus murigisha mur comedy zanyuu Imana ibahezagire

    • @nduwayezugerard9938
      @nduwayezugerard9938 3 года назад

      king missing from afganistan

    • @risarisa3239
      @risarisa3239 3 года назад

      We ndagushak inbox arik nta num yaw mfs mbwir bas Fb yaw

    • @aliceniyo1642
      @aliceniyo1642 3 года назад

      @@risarisa3239 Alice niyo

  • @peggemegennaineza7952
    @peggemegennaineza7952 3 года назад +21

    Yoooooo murakoz cane mwari mwatunyoteje nanje nahishikiye kare💕💕💕💞💞💞💞👍👍👍

  • @sanny.m3767
    @sanny.m3767 3 года назад +26

    Mutima weee
    Muri 2million umaze kuronka 40mille!!!
    Uranyishe pe.

  • @estellatuyisenge2020
    @estellatuyisenge2020 3 года назад +13

    Ndasanzaye.. ngali ya Dudu🤣🤣🤣🤣

  • @fabritinenzisabira8617
    @fabritinenzisabira8617 3 года назад +19

    Love from Empire Avenue turakunda comedy zanyu

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 3 года назад +18

    Love from Bantu bwoy fans

  • @vivinenibitanga8529
    @vivinenibitanga8529 3 года назад +12

    Kontanguye guseka ntararaba😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣

  • @elianenishimwe4829
    @elianenishimwe4829 3 года назад +8

    Impanuro nziza cane courage vrt harabahungu benshi bamezuko 💃💃💃

  • @happynonoella3493
    @happynonoella3493 3 года назад +13

    Niyikizungu 🤣🤣🤣🤣Ado wew Imana irakubona wallah 🤣🤣🤣

  • @davidarmelrugamba3289
    @davidarmelrugamba3289 3 года назад +8

    😆😆😆😅😆😆😁😅😅😅😅ariko Ado warasaz uha umukw imbeba , courage muracar abamber songa mbel

  • @cabaratv9166
    @cabaratv9166 3 года назад +2

    Number one

  • @bigirimanajoshua5426
    @bigirimanajoshua5426 3 года назад +6

    From Canada 🇨🇦 ubakamera kweri ahora atwengaa mwendaba kwirikirana 100/100

  • @sinasina7122
    @sinasina7122 3 года назад +1

    😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣😅🤣We mutima uranyishe imbeba😆😆😆😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣

  • @vivinenibitanga8529
    @vivinenibitanga8529 3 года назад +8

    Turasavye suite please 🙏🙏🤣🤣

  • @ntwarimico4889
    @ntwarimico4889 3 года назад +1

    😅😅🤣🤣🤣 nari nibajije ngo ni ibirahuri babahaye nza mbona asohoye imbeba 🤣🤣🤣😅😅 ndatwenz kugeza aho impwemu zimperana 🤣🤣🤣🤣🤣

    • @jeanbizo8784
      @jeanbizo8784 3 года назад

      Nanje nagira namasahani shaa abo bahungu amashirahamw sinziko arababona bakina ubuzima tubayemwo nukuri barabizi

  • @barnabeniyobuhungiro5510
    @barnabeniyobuhungiro5510 3 года назад +4

    guhera kumunota wa 9 namasegoda 25 hanyongereje nkimyaka 5 yokubaho😂😂

  • @ciellanicenzeye8508
    @ciellanicenzeye8508 3 года назад +4

    Team zibiri nkizi ntazibaho mutima nzobabura mbabare vrt😂😂😂😂😂😂😂mwubahwee kbsaaa🙏

  • @augustinpawan3898
    @augustinpawan3898 3 года назад +1

    Nukuri muri abambere mugukina ibintu bitwenza kandi vyigisha😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @djncthebaddest3536
    @djncthebaddest3536 3 года назад +9

    Akira izo mbeba zanyu🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Love from holy star dj's

  • @nikuzedarcene5733
    @nikuzedarcene5733 3 года назад +10

    Mutimaa uranyisheeeee .God bless you man

  • @jorgettemwajuma5428
    @jorgettemwajuma5428 3 года назад +7

    Mwendegeje tweri love 🇧🇮from 🇸🇦

  • @حسنعلي-ث6ظ5خ
    @حسنعلي-ث6ظ5خ 3 года назад +2

    Courange inyigisho kbx murakina filme mwoba mukoze umuti

  • @starbikabss8012
    @starbikabss8012 3 года назад +1

    Indero mutima yatanguranye Niyumurundi wumutima ariko 🤣😅😅😅😅

  • @kercybty
    @kercybty 3 года назад +3

    Oh my GOD! This comedy 🤣 its so funny 🤣 let see 👀 Burundi🇧🇮✊🏿 for tomorrow🇧🇮👊🏿

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 3 года назад +6

    One🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @nadinnmugisha5168
    @nadinnmugisha5168 3 года назад +1

    Ewe mutima warose ugabiwe gasekebuye 😀🤣🤣yooo nfatirumutima jewe alice ngotyrateturuwe kumbe nimbeba 🤣🤣🤣🤣

  • @nadinnmugisha5168
    @nadinnmugisha5168 3 года назад +2

    Mutima aranyishe ngo gari ya dudu ya robe ya gori ngushitse acakubaza ahubwo utangurira robe mwana 🤣🤣🤣

  • @reveriennshemezimana2740
    @reveriennshemezimana2740 3 года назад +1

    Ndemeye kl mutima and cisha ado

  • @elogearakaza5441
    @elogearakaza5441 3 года назад +1

    😀😀😀😀😀 Mutima Cisha na Alice Imana ibagirire neza murabizi

  • @gal_oy9054
    @gal_oy9054 3 года назад +1

    Umutahe wimbeb nimwiza kk zivyara kundwi kundwi 😆😅😄😃😂😁

  • @renildevenerand9473
    @renildevenerand9473 3 года назад +1

    Ado Mungu anakuona ujuwe😀😀😀panya kabisa😀😃😄

  • @irakozekorodine2786
    @irakozekorodine2786 3 года назад +1

    Mutima na cicha Ado muranyica kwl😂😂😂gusa musigaye muteba kwl

  • @shimirimanamarie5295
    @shimirimanamarie5295 3 года назад +4

    😂😂😂😂Yooo Mutima mubukwe yavuze atuje😂😂

  • @claireclara8458
    @claireclara8458 3 года назад +2

    Iyomuv murabakaush ndabir muguseng Ingen mujinyik.hahhhhhh cameraman nae icomunyerek nimb adatweng nihtr

  • @thimotheenduwimana4125
    @thimotheenduwimana4125 3 года назад +2

    Kkkkkkkkkkk ivyo bidogo biratwenza kbsa

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 3 года назад +2

    Umukoshi mwawubonye kare kuri.mariage babakadonye ijana ;ubunaho imbeba yinzungu 😁😁😁😁😁😄😁😄😄😁😄😁😄😁😄😁

  • @happynonoella3493
    @happynonoella3493 3 года назад +4

    We Ado😆😆😆😆😆😆urakauka nukuri kwamungu 🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @justinkim4123
    @justinkim4123 3 года назад +3

    Ndabakunda knd caaane. Hama #CishaAdo naw yikebuk😂😂😂

  • @joselynenduwarugira6436
    @joselynenduwarugira6436 3 года назад +5

    Manawee imbavu zanje murazimpa

    • @khaledoman8266
      @khaledoman8266 3 года назад

      😂😂😂😂😂😂😂😂❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇴🇲

  • @beatricenduwimana5567
    @beatricenduwimana5567 3 года назад +3

    J nahora ntakunda Mutima gusa kuva kwimw y'ubugeni bas kumuterera ubu ndamufana bimw vyiza vy'abantu

  • @onesphoreminani6973
    @onesphoreminani6973 3 года назад +2

    From here. Ntakirundi numva ariko iyi Comédie irankuyeho ndumiwe ndamanyutse. Ngo Indoto ugabigwa Rukururana? Ngari ya Dudu. Tem Mutima be blessid ndabarahiye.

    • @ygsa5009
      @ygsa5009 3 года назад

      Ati ntakirundi wumva naw mbona urumu comedien

    • @raissafabien4285
      @raissafabien4285 2 года назад

      😂😂😂😂Wandits igi chinois

    • @harerimananadia3433
      @harerimananadia3433 2 года назад

      😄😄😄 urantwengeje peee ntakirundi Uzi Kandi arico wanditse

  • @gal_oy9054
    @gal_oy9054 3 года назад +1

    umugore mwiza umuhabwa nimana koko 😅😅😅😅😅😅😅😅

  • @haleemhhaleemh707
    @haleemhhaleemh707 3 года назад +1

    Iyooo Mana kuvambah nibwo bwamber bonye sebukwe ah umukwe wiwe ivyo nimb bibah nihatari kweri

  • @jonathanniyonsenga8100
    @jonathanniyonsenga8100 3 года назад +1

    Murantwengeje kurugero rwo hejuru courage kabsa from Dubaï

  • @unclejay9534
    @unclejay9534 3 года назад +1

    Iri n'ikosora ku bahungu barongora mu miryango y'abakire biteze amatungo yaho. Team Mutima big Up sana

  • @ephraim.stevenmpogazi7371
    @ephraim.stevenmpogazi7371 3 года назад +1

    Komera cane mutima team basha murigisha kabisa

  • @measme4721
    @measme4721 3 года назад +4

    😂😂😂😂ni mushushwe? Nimende? Niyikizunguuuu😭

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 3 года назад +2

    😂😂😂 ewe Cisha Ado imana irakubona😂😂😂😂

  • @olijuxniyonkuru4968
    @olijuxniyonkuru4968 3 года назад +1

    😂😂😂😂😂murantwengeje nukur , mutima mwubahwe caaasn vmt

  • @oscarfashionbuja1267
    @oscarfashionbuja1267 3 года назад +3

    Biraharawe koko imbeba yikizungu😅😅😅😅💯👌muranyemeje kabisa n mur oscarfashion village market nikw papa😅😅😅

  • @mugabekazichrista3607
    @mugabekazichrista3607 3 года назад +1

    Iy team vrem😂😂😂😂😂😂 muntesa kubi

  • @bertinsociologue6953
    @bertinsociologue6953 3 года назад +1

    Muranyegaguy mwubahwe 👌

  • @nsengiyumvadesire3128
    @nsengiyumvadesire3128 3 года назад +1

    Inyigisho nziza biraharahwe

  • @evodegashikanwa3426
    @evodegashikanwa3426 3 года назад +2

    😂😂😂😂 N hatali san 😂

  • @pontiennzobonimpapontien2452
    @pontiennzobonimpapontien2452 3 года назад +3

    😂😂😂 vyukuri ntawurya akatamugoye

  • @abouseleynzisabira5875
    @abouseleynzisabira5875 3 года назад

    Cisha Ado uri best actor kbsa kuko urajinyika vrma kndi mwese murabizi kbsa

  • @umusatiriziyigenga2783
    @umusatiriziyigenga2783 3 года назад +2

    muranyishe kwer imbeba vyukri

  • @clairegirukwishaka4241
    @clairegirukwishaka4241 3 года назад +2

    Team Mutima mwubahwe muraduhimbara

  • @bakinasympa664
    @bakinasympa664 3 года назад +1

    Mutima ukoze nkumugabo😃🤣😂
    Imbeba kweli🤣😃😂

  • @tanuamos4964
    @tanuamos4964 3 года назад +2

    Igikorwa ciza cane congratulations to you both you did well.

  • @كرستيناا-ص4و
    @كرستيناا-ص4و 3 года назад +1

    Uryarobe,gariyadudu,ngariyangori?!!!!😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @beatricenduwimana5567
    @beatricenduwimana5567 3 года назад +3

    Alice uri ikirwayi😅😅😅

  • @ngundachris7598
    @ngundachris7598 3 года назад +1

    Inyigisho nziza

  • @wataappwatspcococlaudia5981
    @wataappwatspcococlaudia5981 3 года назад +3

    Kuva mbaho ndumiwe

  • @ygsa5009
    @ygsa5009 3 года назад +1

    Izi talent ko zikaze , mwbw murakwiy uwobashigikra KK mwandika neza cn ndatwenz muga yuzuy inyigisho p

  • @josianenimbona7772
    @josianenimbona7772 3 года назад +1

    Abirakuy kweri mwarimuturyohey

  • @sandy2sss827
    @sandy2sss827 3 года назад +1

    Maman Mutima sha muranyishe mwena cisha Ado

  • @elysensanzigaba3294
    @elysensanzigaba3294 3 года назад +1

    Hhh, mwe murabasazi basha

  • @lynelychou1009
    @lynelychou1009 3 года назад +1

    Murakoze kunkorera umusi pe

  • @erichakizimana6024
    @erichakizimana6024 3 года назад +1

    Ado mungu anakuna panya😂😂😂😂

  • @clairegirukwishaka4241
    @clairegirukwishaka4241 3 года назад

    Iyi comédie ndayiravye kabiri kose ni iyambere

  • @michoulove8764
    @michoulove8764 3 года назад +2

    Ndatwenz ntaranayirab imbavu ziranyishe ngari ya gori na ngari ya du 😂😂😂

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 3 года назад +1

    Arko imbavu zanj ngo nimbeba yinzugu simend 😄😄🌹🔥

  • @امنهامنه-و1م
    @امنهامنه-و1م 3 года назад +3

    Mwubahwecane 🤣🤣🤣😂😂😂 mdabakumdacane❤❤💃💃

    • @abigagogo3484
      @abigagogo3484 3 года назад

      😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @harerimananadia3433
    @harerimananadia3433 2 года назад

    Iman ibahezagire iyi comedie irimwo inyigisho

  • @esperancenibitanga3315
    @esperancenibitanga3315 3 года назад +1

    Nukuri kwisengesho mukubise riranyishe

  • @hmedhpornde4709
    @hmedhpornde4709 3 года назад

    My mutima and Alice songeni mbere

  • @chaype1
    @chaype1 3 года назад +11

    We need mo education videos this was the best

  • @vavauwimana6942
    @vavauwimana6942 3 года назад +3

    Ngari ya dudu

  • @queliairambona860
    @queliairambona860 3 года назад +1

    😂😀🤣😂😀 Murashoboye kbs

  • @aristidetv2912
    @aristidetv2912 3 года назад +2

    Icondabakundira mukina ibintuvyabantubakuze kandi birimwo nimpanuro reka rerombanze nseke

  • @irakozekorodine2786
    @irakozekorodine2786 3 года назад +1

    😂😂😂😂😂Abahungu mutwara abakobwa mwisunze iwabo mukomw

  • @amolam97
    @amolam97 3 года назад +3

    Ngo village market niyandeeee ??😂😂😂😂😂😂

  • @eliezertniyibungabunga7924
    @eliezertniyibungabunga7924 3 года назад +1

    Nukur murashoboy kabis iyimpanur ninziz

  • @hatungimanafoundationfororgani
    @hatungimanafoundationfororgani 3 года назад +1

    Zana uwo mwana sha twikorane 🤣🤣🤣

  • @kckhuhaa257
    @kckhuhaa257 3 года назад +1

    Nic guys

  • @abouseleynzisabira5875
    @abouseleynzisabira5875 3 года назад +1

    😅😅😅😅je muranyishe kbsa 😅😅😅😅😅😅😅

  • @thacienmpawenimana8051
    @thacienmpawenimana8051 3 года назад +1

    Komez

  • @haleemhhaleemh707
    @haleemhhaleemh707 3 года назад +2

    Mura twezwa iyo mwamuk kweri Allah abishimire.

  • @mc_richmichopo
    @mc_richmichopo 3 года назад +2

    good device

  • @onanikubwimana479
    @onanikubwimana479 3 года назад +4

    😂😂😂 Nimba aruko ntamukobwa iwabo batunze nzotwara🙄🤭🤣🤣🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️

  • @mdsadekmiya9638
    @mdsadekmiya9638 3 года назад +1

    ngurya gari yagori.ntangura gutwenga ntararaba gusa courage muratumara irungu

  • @MeRy-qk6bp
    @MeRy-qk6bp 2 года назад

    Iyi comedie yarantwengeje nanubu ndayibonye ndatwenga

  • @elipascal3689
    @elipascal3689 3 года назад +5

    🔥🔥original

  • @lograpper6569
    @lograpper6569 3 года назад +1

    Imbeba yikizungu yubahwe ndakesrii,kuba wariwitez parcel bakaguha ipanya ndakesriii

  • @donedgariragaba2973
    @donedgariragaba2973 3 года назад +5

    MutimaTeam💪✌😂

  • @jeanpacifiquenahishakiye1850
    @jeanpacifiquenahishakiye1850 2 года назад

    Ngo iwacu batugabiy ipilipili tuzorya amezi abiri.. ewe mutima sha

  • @arynxbaba9091
    @arynxbaba9091 3 года назад +1

    sawaaaa😀😀😀